Iyi movie ni muchezo w ndani🫢 1.N'inyigisho k'urugo hamwe muba mukenye,umugabo cnk umugore akaronka akazi agasinya am contrat atasomye cnk atazi ibirimwo inkwirikizi niyo izoba kuri @Isaac 2.Kugira abagenzi babi(jalousie)udasenga cnk utabaye makini uhagwira nka Carineee! Movie n mchezo w @Boss reka turindire iyo bizoherera ariko si heza kk Bechou azohagirira ibibazo!😢
Ncuti zacu , Iyi cinema izotahura uwuriko arayikurikirana uko bukeye uko bwije , Tubandanya kubasaba nukuri kudushigikira mukuyiha abandi benshi caane kuko turabona comenti zanyu , Bano bana mubona bariko barakina Isaac Tv yemeye kubashigikira mumpano yabo namwe mubikore ntibacike intege....😢
J ntay ntahura
J ntay ntahura
Ntamwan arimw.
Iyi film iratesa arik mukwiye kutwongererak nka 8 min ikaba vingt ababona ko bikwiye mump lik
Hhhhh mbega Kofi yuno munsi ingene yaritesa😂😂😂❤❤🎉🎉
Butati aberewe nikiboyi kwl😂😂😂
Kofi irabaye kofi❤❤
Kifi yuwumusi iraryoshe cane
Iyi movie ni muchezo w ndani🫢
1.N'inyigisho k'urugo hamwe muba mukenye,umugabo cnk umugore akaronka akazi agasinya am contrat atasomye cnk atazi ibirimwo inkwirikizi niyo izoba kuri @Isaac
2.Kugira abagenzi babi(jalousie)udasenga cnk utabaye makini uhagwira nka Carineee!
Movie n mchezo w @Boss reka turindire iyo bizoherera ariko si heza kk Bechou azohagirira ibibazo!😢
My team ❤ndabalovinga sana
Gusa harimwo abovyabihiye urabona kuntu.bamuraba uwow ariko arazira umugore wabandi
Waoooo❤❤❤❤❤❤
Ndabona arumwotsi kl raba mwongeze iminota peee😂😂😂😂
Eweee butati iyo dance 😁😁😁😁😁😁
😂😂😂😂bikomeje kuducanga😂😂😂, courage vrmnt ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Murashoboye bxs❤❤❤
Papa nuh 😂😂😂
butati aranyich 😂😂😂😂❤
Ongereza iminota vrt
Today film kofi iraryoheye cane i saac jewe gumasaba iminota wongeze ataruko uzombona ikofi ryihuta nanje mbucaza mpitire mwikofi
Butati yicaye hasi 🤣
❤❤❤
😂😂😂😂😂hewe Butiti wahindutse inkoko😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 kofi kombone iteram iryoha butati wew ankuyeho arik abakozi twibereyeho nkudupfumvy koko
Butati yanyishe 😂😂😂😂😂
🎉🎉🎉🎉🎉
Ububirajeneza vuba harasha🎉🎉
Kofi rero ya ryoshe kbs
Waw Akazi keza ❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Isaac gerageza uzurashiramwo ubuseriye ureke kwerekan kumego nimikino
Butati yibarey inkoko
Nember 12
We sindayitahura pe
Njye nubu sindasobanukirwa iyi film
Iyi uzoyitahura buke buke ukuntu ugenda urayikurikirana
@uwamahororochadia3010 , Iyi film wewe guma uyikurikirana gusa uzoyitahura buke buke
❤❤❤❤❤❤❤
Sindabona insiguro yayo vyukuri gusa izo comedi ziradyosh
Ikofi yabaye🔥🔥🔥
Isaac mnakawiza sna
Abakozi twubahwe urabona kuntu twicara hasi abandi bicaye kuntebe gusa muriko mubikora neza
🎉🎉🎉❤❤❤
Iy film iraryosh gose nukr kuv kuntag ndayirab😂😂😂gus rer nimwoger iminota
Butati abantu bamugize umuboyi bari babiravy kabx 😂😂😂😂😂 araberey nikiboyi cn😂😂😂😂😂😂
Asha nukur iy flm irigisha
Courage 💪💪💪💪
Nimwongeze iminota nka 30 minite
Koffi hejuru❤❤❤❤❤❤
Butati uranyeguye pe😂😂😂
Jewe rero inkoko niyo inyisheeee
Inkoko muntu😅
Shwaa,kumbe uyu niwe Kijaja?
Hhhh😂
🎉🎉🎉🎉🎉
😂😂🎉
Isaac wambaye neza cane❤
Ewe butati nisura yawe iraryosh film
Butting nubwa😂nwa
❤❤❤❤ 11 ngira nejo izosohoka🤦
Uno musi natanzwe
Yooooi😅 mmmm
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉😢😢😢😢🎉🎉🎉🎉
❤❤😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂
❤❤❤
😂😂😂😂❤❤❤🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤
Butati
😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Eh icogipantal cantuz ntanuwonzizin.
❤❤❤❤😂😂🎉🎉🎉
😂😂😂😅😅😅
😂😂😂😂😂😂😂
Butati😂😂
😃😃😃😃😃😃😃🥱🥱
❤❤❤❤
❤❤😂🎉🎉🎉
❤❤❤