None se kuba yaje muli limousine nibyo byerekana ko akomeye kuruta umugabo? Ubundi ziliya modoka zikunda gukoreshwa mubukwe. Kubera ko ali nini abageni n'aba gomba kuba hafi y'ubageni bakabona mo imyanya ihagije. Ahubwo njye buliya natangajwe no kubona aliyo 1ère dame ajemo?
Hanyuma se mu mama zose mwakiriye baguhembye angahee? Ariko abanyarwanda uziko mumeze nka cya kirondwe kuri ku nka yapfuye?? Hhh...bazajya barya mujye kwituma ubusaa?? Kandi ubwo wabona nta kazi ugira gafatika ariko ukaba wirirwa usakuza abandi bari kurya ! Wa njiji we!
1: Bcp de desordre dans la protocole et 2: Mal organisee 3: il fallait amener la portrait du COMESA la ou president se trouve pour prendre la Photos significatif, 4: noneho ingene abashyitsi binjiye muri Salle bashakisha aho bicara bahabuze😂😂😂😂. Mes opinions mais constructives cher Bdes🇧🇮🇧🇮
Ikibazo canyu nuko muraba kanini ivyiwacu,mworaba ivyanyu mwoba iki...jewe uwombaza na prime minister wanyu sinzi!!!! Ariko mwe muzi na chef de quartier runaka w'Uburundi.
@richardbibonimana9463egooo kbs ntubeshe ahubw baradukunda cn mbega ko igih cose bapingana nabarundi ko batavuga abatanzanie cnk ABA congomani non mwebw musumvya amahera congo
Protocol ntabwo irimugukora neza. Aba camera men baravugira mumashusho ibi ntabwo ari byiza namba. Burundi needs to learn from its neighbors such as Rwanda how to host big events like this one.
Uziko mpora ndavyiyumvira nkubu yaba urwanda ruteye imbere basi nka Tanzania asha ngirango numwene gihugu mukwandika comantere aba ahamagara aba camera man 😂 😂😂😂
Nos dirigeants africains sont tous malades. Comment expliquer qu'ils roulent avec des luxueuses voitures dans l'entre temps leur population manque meme le seringue dans le centre ce sante. Quel paradoxe. C'est pitie
Imana ibandanye guhezagira Uburundi n'Abarundi bose.🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤸💃🦸🕺🙋👍👍👍🦹🦸💃🤸💃🕺🕺🤸tuzokwama tugukunda imyaka yose dusigaje kubaho tuzokurwanira mpaka abansi bamaramare.nuwuzohirahira kukugira nabi tuzomutobora amaso.urigihugu ciza Imana yakuduhaye ibandanye igusharizanya nabawe.hubahwe Uburundi n'abarundi bumutima Aho Bari Bose nyabagendwa wacu urimwo amahoro namasasagare.uraberewe 🇧🇮
I love you my beautful country, there is no other country like 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
nibyiza gusa iyo mugaragaza amazina yabo nibihugu baturutsemo tukarusha gusobanukirwa kuko mbonyemo abo nazi cyane cyane intumwa za leta
Nawe wabonye ikosa ryahabaye ntibavuze iyobaje baturuka yobabivuga vyari kuryoha
Burundi hejuru cyane nimwogere mureke abatukana
Habwa icubahiro Mana. Igihugu cacu wongeye kugitera agateka. Wubahe. Abanyamasengesho. Ntiturambirwe. Kubera Imana. Halleluia
Amen.icoyavuze izogishitsa amen
Ivyiza vyiwacu umunezero wacu❤❤❤❤
Ababwanka bamaremare.none kuwuriko yandika ngo ama caméra aragayitse burya aho iwanyu ntitwama twayabonye?mugabanye iminwa twe turi mubikorwa vyacu harambe uburundi nabarundi benebwo❤❤❤❤
Mbega abarundi nabaturage
Ishyari😂
Ivyiza vyiwacu Burundi mavuko❤❤🇧🇮🇧🇮💃💃💃
Gusa ikigaragara nuko umugore wa president ashobora kuba akomeye kuruta president.
Limousine ya HAVAL C niyo iguhabuye bruh 😊
Kwisi yose Umugore niwe akomeye kandi ubivuze ubizi nuko wanka uburundi nahubundi uraziko no muRwanda umugore ari kwisonga
None se kuba yaje muli limousine nibyo byerekana ko akomeye kuruta umugabo? Ubundi ziliya modoka zikunda gukoreshwa mubukwe. Kubera ko ali nini abageni n'aba gomba kuba hafi y'ubageni bakabona mo imyanya ihagije.
Ahubwo njye buliya natangajwe no kubona aliyo 1ère dame ajemo?
@@drocellensenge7076 abanyarwanda mwigira je connais sana.nka wewe ugenda muri twegerane ariko umunwa gusa
Uzobaze abamaze kurushinga Nibo babiz umugore nintare ngore
Ndebera iyo protocol akavuyo karimo kweliii,izi nama level H.E PK wacu agezeho yarazirenze kure cyaneeee niza Tchisekedi na Neva koko
Turiburundi ntituri murwandi rero tekana
none hari izo babahaye izo nama nimugum na slay queen zanyu 😂 abo ntiboza mu rwanda nimurindire inama yaba slay queen
Wabibonye😅😅😅anyway niwo muco wabo kdi bari iwabo
@@nik_floren hhhhh uziko uri ikirofa kweli,twe twakira inama zo kurwego rwa CHOGAM or FIFA sinzi niba wanazimenya wowe😂urantwegeje kbsa
Hanyuma se mu mama zose mwakiriye baguhembye angahee? Ariko abanyarwanda uziko mumeze nka cya kirondwe kuri ku nka yapfuye?? Hhh...bazajya barya mujye kwituma ubusaa?? Kandi ubwo wabona nta kazi ugira gafatika ariko ukaba wirirwa usakuza abandi bari kurya ! Wa njiji we!
Uburundi bwacu bwubahwe cane nabose turabukunda❤
Vyari bihimbaye kbs🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Il est bon mon pays Burundi 🇧🇮❤️
❤❤❤umugisha iriwacu vyanka vyemera
Mwisange 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
nivyiza cne vyaribirori❤❤
Kora nkaba professionals za murashirako amazina y’abantu tumenye abantu..✌️
Ese mwabonye igikoko cimodoka première dame yajemwo
Iyo yahora ibitse twayiheruka kuri SE P.Nkurunziza
Hhhhh ntago imubereye rwose nonese kki umugabo yaje muririya hhhhhh😅😅😅
Iyi modoka niyambere genda Burundi urakomeye
@@mazimpakapatrick8944ntuziko kuba Neva ayoboye,uruhare runini rufitwe numutambukanyi wiwe
Abagore bubawe gose
❤❤❤❤karibu murisanze
Nkunze bariya batwaye moto kbx❤
“Bukebuke bukomeza igihonyi” Ni vyo gushima n’aho bamwebamwe iyo berekanyeko bahindukiriye kumiziro bishiriyeho baba bagenzwa na tubiri”!
Protocole iri hasi cyane harimo akavuyo kenshi.
Genda wiyahure
@@lazzR1935😂😂
Hamukosagi critique
Abanyarwanda haruburyo mwibazako turyiwanyu
Gendiyooooo nawe uri hasiiii canee
Vyiza caneee ❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇱🇺🇱🇺🇱🇺
Uburundibwubahwe💪💪💪💪💪
Iriya modoka ya première dame yafasha abaturage benshi muburundi🙆🏽♂️
Hhhh,winsetsa😅😅😅😅
😂😂non imodoka niyo gufasha baturage?? Komwababaye koko
Ninkweto ze harabo zafasha, none yambare ibirenge?
Sha nyamara ibibirori nibyiza pe❤😂
Byiza cyane 😍
Ntaciyiza duteze kumunyarwanda atarubwicanyi gusa mwaravumye na genocide mwakoze
@@KC-wj7yhSivyiza guterana amajambo kandi ntakintu kibi yavuze none wew kuvuga genocide haruwaw yapfiriy mu Rwanda twisubireko abo nabanyi bacu ntaco dufa
❤❤❤❤
❤❤❤❤
@@KC-wj7yhYESU!
IMANA IKOMEZE GUTERA ITEKA IGIHUGU CACU
❤❤
❤❤❤barundi barundikazi 🙏🫂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Safi
burundi burundi bwacu hangama hangama natwe harageze ko tubona ivyiza burundi oyeee
Uburundi bubandanya guhezzgigwa na rurema! Niharambe amahoro mugihugu cacu
Our Burundi IS the first best country
Mpererey iburundi duhe grupe inzira y 'umumusaraba
J'aime le Burundi
Mheshimiwa jafo wa tanzania .na rais wa Burundi.
hungabana bendera ryacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
ibendera ryacu ribandanye guhungabana mu makungu Imana ikora ivyayo kabisa
When you observe those cars these leaders are using the level of poverty we have,really hurts
1: Bcp de desordre dans la protocole et 2: Mal organisee 3: il fallait amener la portrait du COMESA la ou president se trouve pour prendre la Photos significatif, 4: noneho ingene abashyitsi binjiye muri Salle bashakisha aho bicara bahabuze😂😂😂😂. Mes opinions mais constructives cher Bdes🇧🇮🇧🇮
Bravo ku Burundi.🎉
Protocole murimo kuyikora neza.
Na Garde Presidentielle imeze neza
Ziba. Amakosa menshi bakoze
Hhhhhh wishinyagura sha
Iyi modoka ya First Lady irabakungurira. Its too much.
Gusa bugurure imipaka dushire indagara aba chr bacu bari murwanda
Nivyo hahhhhh
😂😂😂😂😂😂😂 nibashak bapfe ninzara,I Burundi mwarababuzeho genda gake😅
@@signolinenikiza3710dupf c kuko muturusha amafr😂😂cg dutunzwe nindagara?aho mubera ibirofa😂😂mbe muzamenya ubwenge ryari
Ramba ramba mzh
😊😊❤
✊🏾🇧🇮
Uhagarariye u Rwanda Ninde?
Mufise vyinshi vyo kwigira ku Rwanda
Protocol
Videographer
Audio
Kwiga si icyaha nshuti barundi
Ikibazo canyu nuko muraba kanini ivyiwacu,mworaba ivyanyu mwoba iki...jewe uwombaza na prime minister wanyu sinzi!!!! Ariko mwe muzi na chef de quartier runaka w'Uburundi.
@richardbibonimana9463 mujye mwemera twarabasize cyane amakungu yisi yose aza mu Rwanda kwiga
Namwe mubwire HE NEVA ye kwihagararaho nawe aze yige
Sukwirata ariko u Burundi nkabaturanyi bacu muratubabaza
Ibyo murimo uyu munsi u Rwanda tumaze imyaka 20 rubivuyemo
Ariko njewe murantanga nn murwanda mwiyemera naho nabonye ngo muruta uburundi narumiwe murabo gutera induru gusa ha ico saba abanyarwanda mwubahe abarundi nkiko babubaha vyoba vyiza kuruta mwumvako mutari buvuge neza kubintu vyiburundi ihoze nokubiraba kk ntibibaraba nkuko natwe tutaraba ivyo mushira kumbuga namwe ihoze nkanje ikintu ndaba comurwanda numuziki gusa nkuko bizwiko umuziki urabwa nuwahandi hose ibindi ntibindaba namwe ige kuraba ibibaraba kk nubundi muraba ivyacu bikarangira muri kudutera induru gusa mutugeze ahantu vrt
@richardbibonimana9463egooo kbs ntubeshe ahubw baradukunda cn mbega ko igih cose bapingana nabarundi ko batavuga abatanzanie cnk ABA congomani non mwebw musumvya amahera congo
Nnj nivyo mvuga mbega mur ibi bihugu har uburundi gusa
Neva Hejuru❤❤🎉🎉
Turiko duhekenya amenyo hejuru yokubura ivyo turya abanya gihugu namwe mutwereka ivyubahiro mudakwiye JESUS❤ uzogaruka hageze turarushe.
kura amaboko mu mpuzu ukore urek kuguma ukanuy amaso kuvy abandi barondeye erga wifashij iyo nzigo ntiwoyironka
@@nik_floren Umubwiye ukuri cane, ntaho ataniye nabantu birirwa bicaye kuri Bata muri ville hakurondera imigambi yokwiteza imbere.
@emilebihibindi5822 Ja kukivi ureke guta umwanya kumbuga ngurukana bumenyi.
Nyamb wew ubibuze aband barabifis jakurim man urek ishavu
Ntamutima wifitiye niwipfane.ntamuntu yibereye ruguru arima ibijumbu avugira kumbuga.
Ico nabonye Co protocol yacu Hari vyinshi igikosora
ntabwo vyangenzeneza aba president ba 6 gusa bitavye Inama ya comesa ??
muzarabe Inama iyo yabereye mu Rwanda mugabo bosebarashika.
Abanyarwanda mwarasaze mwese ikijuju nicocamagiterindurumwishuri incabwenge usanga yihoreye
Ivyo ntibisa
Banza usubire mwishure wige kwandika neza😂😂😂
Protocol ntabwo irimugukora neza. Aba camera men baravugira mumashusho ibi ntabwo ari byiza namba. Burundi needs to learn from its neighbors such as Rwanda how to host big events like this one.
Protocol wapi kabisa ni akavuyo gusa gusa
Ntabweng mugira
@@AnithaNiyonzima 😂😂😂😂
Ndebera imodoka madame neva ajemo 😅 murwanda izi zitwara imirambo ya bapfuye 😅😅
@@IsaieBenda-ky8pp sinemerenywa nawe, njye nziko zagenewe gutwara abageni
@@drocellensenge7076 🤣🤣🤣
wambwawe
Icuvuga ntigihindura icimana yavuze vyiza gumya umunwa
Komera Burundi
Ntibitahuritse neza ata mwidondoro uhabaye
njye ndabona kwakira abashyitsi kwanyu kurimwo akavuyo keshi
Kakuryahe
C'est bon ça
Ariko ko mbona garde presidentiel yiBurundi nta confidence baba bafite parapara nikihe kibazo???
Gusa aba camera mani nabafotora barakwiye kwikebuka.
😅gute rr
Ugo rwamo rwabo rurateye isoni
Aba baswera bageze kuri
Minister w'u Rwanda 🇷🇼 bavanaho camera 📷
Ziba mwabagomemwe abacakubiri niyo yuzuye imitima yanyu
Baradutinya bo kijyaho✌🏾✌🏾✌🏾
Abanyarwanda buzuye ukwirata gsa muburofa
uretseko mwatojwe gushira isoni harikindi kandi muba mudesebya nkabanyarwanda
@@Muhire-xf2tcbabadutinyirikise?
Non ah harihh
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Igihugu gitunze imiduga izimbye mugihe ubukene buzura inzara mugihugu
Mugihugu icihe bro
Umugore ko mbona aje mumodoka hatari neva akaze mur V8 x
Protocol wapi yavyifashemwo nabi cn
Nanjye ndabibonye kbs
Ntabwo ahantu hari abakuru bibihugu nkabariya habere akavuyo kazakamera
Ntakintu bashoboye wapi
Ntakintu kabisa protocol barajebajeba
kirabatuna ako nagahinda mwifitiye gire rwanyu turabe
Burundi bwacu, Burundi buhire. Nuko nuko!
Mbega ubu kamera burabasuzuguje wagirango ni 1989
Buragayitse gose🤭🤭
Ahantu hari kunyura abayobozi nkabariya vraiment hakaba hari ziriya ngirwa kamera sha ahaho muragayitse pe
Nkaho wosanga wew ntaninzu ya chambrette ufise 😂😂😂kandi aho wosanga naho uba usavye indaro😂😂 ugatangura kugaya ivyabandi twereke wew aho uhora unyura wa mwanda we 😂😂mubwire Kagame ntaze kuhanyura 😂😂temba ntereke uragahura niyakuremye
Biragayitse vraiment,uburundi gutera imbere bizogorana kweri🤭
Abanyagwanda,murazi,kwita,mubitabaraba,,uyugwanda,ruzakuba,Tanzania,canke,Kenya,,nakongo,isiyobonye,amahano,akogahugukanyu,ikokangana,turakazi,mufisiki,ntanietaje,igereste,50,mufise,ngomwarateye,imbere
Nkaho wosanga wewe ufise tlfone ya Techno hama ukaburiko uvuga amadushiiii
Uziko mpora ndavyiyumvira nkubu yaba urwanda ruteye imbere basi nka Tanzania asha ngirango numwene gihugu mukwandika comantere aba ahamagara aba camera man 😂 😂😂😂
Président utema ibitoki
Kk abirima
Ntikajya kiburira
3:53
Ninde wabonye ko kwakira Tshisekedi vyari bitandukanye nabandi?
Niwe ubagaburira erega 😂😂😂😂
Mwamwakira nabi x wapi
@@mazimpakapatrick8944urya ninyakwubahwa arikumesa ivyhebe vyabanyarwanda barikwiba congo iyo abanyaru bamubonye bashaka kwiyahura
@mazimpakapatrick8944 Ibirofa muragwira ahogupunguk
@mazimpakapatrikirofa gusa mwebwe muzicwa ni shariick8944
Ariko ubanza P. Kagame atagiyeyo ko Atawe nabonye?
Abarundi mwarasaze kbx 😅o
Mbega umwana muto muvyiyumviro
@abdallahjuma7997 eeeee umv mbese
Aba bantu ntakintu nakimwe bashobora gukora. Na protocol yabananiye. 😅😅😅
Protocole yabarundi iraciriritse KBX
Ariko kuki iteka tureba ibibi? Twakabaye dushima ibyagezweho, nibindi bizaza
Ariko Icari kigenderewe cabaye. Ivyonibisanzwe
Gabanyishari riritsa uzoturikira kunzira
@J.baptisteSibomana biriko biraza
Yego rata!
Kobahuzagurika🕺🕺
Ibwa nibwebwe kc &evar 😂😂😂 Burundi byimpunwi 😂😂😂😢
Mbonye camera yashika
Trop de bruit& desordre en protocole!
Protocol kabisa ntakigenda
Protocol yanyu iri hasi cyane
Ereg mu Burundi ntibakumira nkamw mwa bagesera
😂😂😂😂 mbega protocol iri hasi kbx noneho byajyera kuba camera man byo bikaba akarusho muzaze mwigire ku Rwanda😂😂😂
weho ujejwe iki?!😏😏
Birumvikana baracyafige ibyokwiga
@@NshimiyimanaJames-k4pnone kumengo muba mujehano kugaya gusa???nihatari kwel bamwandika ivyiza kugihugu cacu twekotudahora twandika ibibi kumacano yanyu kuki mwebwe mwuzuyemwo kuvuganabi ntamubosi avuga nabi iyo uvuganabi akenshi haraho ubush.........sinovugira hejuru ndUmurundikazi kirazira gusa mwikebuke banyaRwanda muzemuravuga neza
😂😂😂😂😂 abanyarwanda nabarundi ninkutwana twinkurikirane twirirwa dushondana😂😂😂😂.
😂😂😂
😂😂 ibi harabo bitaryoheye bari kuboneka hano
Nanje nababonye😅😅😅abo hakurya y,akanyaru baguma bacungana nakantu kose katagenda neea😅😅ivyiza ntaco babivugako gusa biruhiriza ubusa PE!!!
Basi baruzuye agasuzuguro abanyarwand basi sinzi ko woba ariwo muco wabo basi nukubasengera bazokizwe
Abarundi nabaturage
abarundi 😄😄😄😄
Abakaraza ko batambaye inkweto
Reba ako kavuyo ka protocol yabo kumodoka😂😂😂😂😂😂
Ese kobahita bugara Kandi bakiza
Muracyafite ubuturage bwinshi pee😅
None birakuraba ubunyarwanda burishima muzopfa ikinezera vyose nivyisi non nkiyo muba Nigeria ntawobakira
Aba bantu bari kubyina bambaye ibirenge ntibari kubabara koko? 😢
😂😂😂😂
😂😂😂😂
Oya haroroshe ntihababaza
uyu mukecuru uteze ibitambaro wakiriye nova ni mama wiwe se cyanka ni umuhanuzi wiwe😅
Uburundi ni bwiza cane.
hhhhhhhh aburundi weeee bizabagora kujyirango mutere imbere peeeee
Washaka duterimbere gt?
Mwebwe mwarateyimbere???
Abazi ntibavuga mutama iruka nivyanyu ivy'uburundi bizagucanga
Mwebwe mwarateyimbere umbonera Hahahahaha iyo havuga umunyamerika nari kwemera
Iyo ninzigo gusa yuzuye mubanyarwanda bamwe bamwe.mwese mumaze kwishikanahe atarukwirata gusa abateyimbere ntibavuga.Uburundi buzagucanga kugeza ubonyeko umurundi adakeneye umunyamahanga uwariwe wese kugirango abeho.
Muri salle binjiye buri wese nukwihigira akavumo ke harabo indirimbo yatangiye bakizenguruka batarabona imyanya yabo kdi ari aba president hhhhh Burundi kweliii nubwambere kbsa
Nos dirigeants africains sont tous malades. Comment expliquer qu'ils roulent avec des luxueuses voitures dans l'entre temps leur population manque meme le seringue dans le centre ce sante. Quel paradoxe. C'est pitie
❤❤❤🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kuba bakuyeho camera kuri minister w'u Rwanda ntacyo bitubwiye😂😂😂
Bararakaye kubera PK atagiyeyo 😂 😂 😂
🇧🇮🇧🇮🇧🇮💫💫💫💫💫✔️✔️✔️