Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abakunzi ba Alvella musigeko like 💓
❤❤❤❤
Ndahejj gusoma comments zose abashikir muri comments nkanje tumenyan 👌👌👌
Ndahari kbx 😂🔥🥰
😆😆😆 Tora😘
Turikumwe kbx
👍👍👍
Nanj ndimw
Abaza inyuma yanje, mundemere dutwike hashake hahire rimwe 🔥🔥
Ewe tentine we urabonyek ubuhem ataco bumaze kora iciza wigendere kuk iciza ntikibora inabi nayo urayikora ikazoguherekeza. abarik barigishwa niyi filme mugongek ngaha ✊✊✊
🤣🤣🤣niyihangane
Abacerew nkanje mundebere🫰🫰Tean Alvella ndabakunda mwubahwe ❤️ nabahita baso commantaire nkanje tumenyane🤦♂️🇸🇦
Ndabonye abantanze kuyiraba nobafata 😍😍😍
Tantine wa Alvella arikarumva uko YESU agiraneza 😂😂Igikombe yanyweshejeko Alvella nawe ariko aragicako😁😁 agahwa Kari kuwundi kweri karyoha ihandura kbd
Waoooo nazindutse ndabona sinacerewe mumpe link abakunzi ba my life stort
Ntakwo nizindi film ndazikunda iyi irarenze kk umwanya urakwiye kwer ntudusondeka. Courage alvella
Uyumus mbay mubambere abaz nyuma mundemere ama Link ♥❤
Ubon ariw ubay 1 ?
@@munaniramasita7000 navuzek mbay mubambere
from Rwanda turahari kweli iyi filme iratwigisha byinshi. kandi umwanya nawo urakwiye
Kandi wosanga harababanza gusoma commentaires nkanje?
Na jew mbanza gusoma, naw turakurindiriy ejooo hazoshaa diii
Rekareka nanj nukwo
Non woherahe 😂
Ewe tantine jeUrambabaje ukoriciza ukagisanga imbere wakora inabinaho ikaguherekeza. Arikonyen ndabakund♥️♥️♥️
Courage ndaba ♥️♥️♥️ cn nacerew ariko ntihabuz abacerewe nkanje bari murukundo niyi movies mundemere Like hahire rimwe 🔥🔥🔥
Mukomerez ahonyen
Sha jembona urworushinge bamuteye alvella arurwa vrai sinziko harababibonye
Abakunda Alvella kuku atadusondeka kuminota mump link😂😂😂
Turamukund alvella komez uduh show turaryohew kabisa.🎉❤❤❤❤.
Aruvera. Inyibukije ingese kwer. Mana nukur shakumwana ariko iyo nibutseko ubabara. Cumengo norekera abofise
Alvella wanj nkund ukuntu utadusondek kumwany mwiza wanj.iconkukundira vrmt uduh umwany ukwiy nsinkabandi .wiyaranj ntuzosubir kuza urayitwim .yab vyokund woyiduh 2jr mundwi.mrc mwiza wanj kuturyoherez umusi rek ndindir iyind mardi
Guys courage mubirimwo neza👌👌👌Nuwokwanka urukwavu yovuga ko runyaruka🗣️🗣️🗣️
Francine emera uryame hasi uwuvyitera ntibimutera isoni wahemukiye alvella Uzi KO nawe bitazokubako .!!!Ndabona alvella zirya milioni 15 estimé azotanga zizogaruka kumufasha kuko ntayindi nzira yoronkamwo ubufasha kugira arere umwana wiwe .ikindi ndabona nuwo asigaranye na estimé bitagye kumworohera azoja kwibaruka asange yakiriwe nuwo yataye ngo arakenye ikindi estimé akaronka ivyo amushakako bayiiii aramuhevye.So courage team MA ❤️❤️❤️
Ash uvuze ukuri
Arvella film iryosh wampay numro yawe
Waaaoo Alvella Imana Ikwagurire ingabire zawe zose zitere zijimbere! Courage vrt
Alvella arimubantu bambere baduha iminota ikwiye yokwiga ivyubuzima bwaburimusi
Tantine wa alvella nubwo ndakwanka kuvyo wamukoreye sha Uzi gukina courage ♥️♥️♥️
Abakunzi ba muhimbare alvella mwubahwe muze tuhatwik hashe.alvella wubahw cne urashoboye.courrage mubirimwo neza.
OOOOOH abarundi ndabakunda cyane aliveller murwanda uri hejuru nizereko iyi firm itazarangira ahamed atayikinnyemo byatubabaza abanyarwanda
Wwuuu alvella twahageze ooo wibarutse movie yacu iraryoshye koko♥️🇷🇼🙏
Ntakintu kibabaje inkinco mbonye kukuzanirako umugore mugitenda ga mana murakoze ncane ndabakunda💞💞💞💞
Ndanabikundir mukomer
Alvella nukuri waje kudukinira iyifilm hageze guko turafashwa cane
Ndasuhuza abnt bose bari muyabira kubr ubuhemu!!!xo nyagasani abampindurire🤙🤙🤙🤙🤙
Courage Alvella uyumus watunyarukirij pe ndaryohew can twitege part 8 mardi
Turagukunda maze Alvella♥️♥️
Abari murukundo niyi filme tumenyan 👌👌👌
Eg shn cheilla
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Muhezahirwe cane impanuro zanyu zirahimbay
Zambie 🇿🇲 kuchalo Ndasaba lik
Ubuho urancika ga ntuze weya?mbere narinzi komba uwamberz vyanse🙏🙏🙏🙏
Ndabakunda cyane burimuzi mbantumva nayireba merereye mu Rwanda ndabakunda cyane❤️❤️❤️🌹🌹🌹
Ndabakundacane.mwubahwe.mukina.neza
Abakunda iyi série tumenyane basha
My blood esti ubahw sn bro Kuko urashoboye sn ♥️❣️ vraiment
Alvella tantine wawe nawe niyunvirize arikwarishugwa ivyakubayeko courage nukuri mubandanye muduhimpanuro
Wooow courage Alvella mubikora bien sana 🥰🥰
Tantine inasenge wa alvella pole sana kwl barayamazati ukoriciza ukagisangimber wakorineza ikaguherekeza nawe wobona?warahemukiy umusengezan waw uzikonawe utazoshikirwa?ISI nukimezr ihembazero icompa alvela azibaruk neza hamankazorabivyawe iyobizoherera iyifilme urarenze sana irimwinyigisho zikaze terimber beza mfise.
Alvera nukuri tubwizuri uramaze kuvyara🤣🤣🤣 koko iyo rôle ntayo yoshobora utabiciyemwo🤣🤣🤣 shaaa unyibukije le 10/ 3/2019🤣🤣🤣💔😭😭😭😭
Alvella nshutu yanje ndakwifurije umunsi mwiza wa bazina wawe mwerandaMweranda AlvellaAdusabire
Mamaweeeeee....Tantiiii towa 5 Estime wehooo na shetani ntizokwakiraa courage sha Alvella
Yesuweee 😮uziko urushinge alvella bamuteye arugwanyago, vrt alvella courage ubirimw nez
Alvella kl uvyitwaramw neza IMANA Ibandany ikuja imbere mwiza🙏🙏🙏😘
Alvella urumunyampano zitangaj shahuu niserumu baragutey ereg vyabint birakaz ababonakoAlvela asife impano nyishi zitangaj mbamp nanj utwo tuntu nukuri uhorah akuzigam mwana
Komez kbx nizer ko itazosubira guteb harigih muzan igice kikurikir nuwaravy igiheruk yamaz kucibagira
Film yaryosh cyan courage murashoboye muzi gutegura
Si tatizo tu.kabla upendo wingine!! Utahakikisha vile wewe kweli?salam.
Alvella uranyibukije igise
Tanti,yoooo,imaraya coma coma,ibyo wakoreye livella byishyure shaaa,gusa love you❤❤❤
Alvella uvyumve n'a team yawe ndabakunda kuburyo numva novuza induru💃💃💃💃💃💃💃 estimé imana izoguhana
😍😍🥰thank your very much inyigisho zikimazi
Ryamy ndayisubiyemw mukobwa mwiza iyi story niyo pe Alvella wubahwe team ya estime irasekej
Alvella kongukunda cyane Koko nzakoricyi?
Ndabakunda ark iyonda murabwira bukeyeneza abigishe kuyikora iyo irasarishij
Yooo narinatevye kweli manawe Alvella kweli uranyica shaaa 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ndakwikundira ukina neza
Nice movie 🍿🎥 from rwanda 🇷🇼 love 💕
Izi films ni bon komeze kweli Kandi courage munya kinyinya wiwacu
Komera reka nihere ijisho pe
Ewe sha tentine,amenyo aragutwenga atarayawe.burya icutipfuza kobakugirira,nawe ntukigirire,abandi.
Urushing rwaserumu series vrmnt making neza cn
Alvella komeza wihangane Imana irakubona
AlvellaTurabashimiye cane Gusa turashaka akabebeAriko Tantine nizereko ikibi yakugiriye ariko arabona inyishu yacoMurakabaho
Tabtine koma uburyo wakomesheje alvella uranyishe ngo munterefonere ngo nakontawefise🤣🤣🤣🤣 yemwe courage nwubahwe bdabakunda yooooo alvella wacu komerazaho mwizawacu
Turitez igikurikira kwl ca8
Francine ingero ugera niyo uzogererwamwo. Reka Wishure ivyakorewe alvella
Iyifirime dayikuda can kubera irimwinyigisho nyishi zitadukanye mubuzim bwikihih
Ivyo wagiriye Alvella uravyushuye
Mwubahweeee ☑️ saaaanaaa vraiment
Murakoze cane reka turabe nibyohera turabandanya dutanga comment
Alvella felicitacion kunyigisho utanga na team yaw vrt irahanura abana abakobwa cn
Akaryosh ntigahor mwitama munyaruts part8
Vyose nibera Imana courage Alvella
Iraryosh ark muz muratunyarukiriza murek kutunyoteza❤️
Terimbere My life strory .Jinbere Alvera♥️
I thought this hard work, but I appreciate on how you put your effort , I wish you growing up , keep up on going
Estime wavyifashemwo nabi hari hakiriho ivyo yogufashije murubanza gwawe mwena Alvella aho witeye uyundi mwasi wakabiri uragabe
Umva murashoboy vrmt mukomez kwegerimber cne🏋️🏋️🏋️🏋️🏋️🏋️
Courage cn muvyitwaramwo neza Alvella hejuru💞💞
Ndabinginz bas abakunz ba Alvella musig like❤
Alvella niwubahwe can ndagukunda kunyigichozawe zaburimusi uduha😅❤
Arineza bitese umenze neza
Mukina neza ndabakunda iy film iratesa👌 courage
Mbe iyi flm izoher estim afise abagore bangahe
I'm in love with this movie❤❤.Love from Noella Nishimwe
Alvela urandyoher cane ukwo kuntu ukina ngo munterefonere ngo nibutse ntawe nfise!🤣🤣🤣🤣 Nda♥️♥️♥️💯
Courage. Murashoboye 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏muyinyarukane. Igikurikira ntimutunyoteze
Mutunyarukirize suite dukomeze kwironkera unyigisho
Vyza cane mubikora neza muhezagirwe
Alvella un musi ndakwemeye ntiwadutebeje nkambere💃💃💃💃💃💃💃nubw nacerewe
Tantine pole uriko urishura ivyo wakoze naw
Tantine wakoreye ikibi alvela naw nuyabon
Rusitime shahu uzosha nukur! Rôles mwenizo urakwiy kuziheba pe😎😎 tantine naw umviriza ukuntu wahemukiy uwo wogiriy neza!
Harahiye koko tesa my Life 🔥🔥
Mbega abagabo bakora nk'ibi Estimé akoreye tantine 🤔🤔 agateka k'umukenyezi kubahirizwe muma domaines yose.merci Alvella, ubikora neza
Oya Kuba ariko abonamagorwa nivyo kk icumuntu akorera uwundi nawe kimubako ahontampuwe nogira pe
Muhore uyu mukobwa mushasha avumye na Estimé az abon ibara kuk ndibuk nez namb nihenz igih Estimé na Tantine wa Vella baza kuyipanga nury mu chr yahevy bayipangiy😀😀😀
Egoooo
Alvella ndagukunda cane ukokuntu mukina na rusutime 💖💖💖
Abakunzi ba Alvella musigeko like 💓
❤❤❤❤
Ndahejj gusoma comments zose abashikir muri comments nkanje tumenyan 👌👌👌
Ndahari kbx 😂🔥🥰
😆😆😆 Tora😘
Turikumwe kbx
👍👍👍
Nanj ndimw
Abaza inyuma yanje, mundemere dutwike hashake hahire rimwe 🔥🔥
Ewe tentine we urabonyek ubuhem ataco bumaze kora iciza wigendere kuk iciza ntikibora inabi nayo urayikora ikazoguherekeza. abarik barigishwa niyi filme mugongek ngaha ✊✊✊
🤣🤣🤣niyihangane
Abacerew nkanje mundebere🫰🫰Tean Alvella ndabakunda mwubahwe ❤️ nabahita baso commantaire nkanje tumenyane🤦♂️🇸🇦
Ndabonye abantanze kuyiraba nobafata 😍😍😍
Tantine wa Alvella arikarumva uko YESU agiraneza 😂😂
Igikombe yanyweshejeko Alvella nawe ariko aragicako😁😁 agahwa Kari kuwundi kweri karyoha ihandura kbd
Waoooo nazindutse ndabona sinacerewe mumpe link abakunzi ba my life stort
Ntakwo nizindi film ndazikunda iyi irarenze kk umwanya urakwiye kwer ntudusondeka. Courage alvella
Uyumus mbay mubambere abaz nyuma mundemere ama Link ♥❤
Ubon ariw ubay 1 ?
@@munaniramasita7000 navuzek mbay mubambere
from Rwanda turahari kweli iyi filme iratwigisha byinshi. kandi umwanya nawo urakwiye
Kandi wosanga harababanza gusoma commentaires nkanje?
Na jew mbanza gusoma, naw turakurindiriy ejooo hazoshaa diii
Rekareka nanj nukwo
Non woherahe 😂
Ewe tantine je
Urambabaje ukoriciza ukagisanga imbere wakora inabinaho ikaguherekeza. Arikonyen ndabakund♥️♥️♥️
Courage ndaba ♥️♥️♥️ cn nacerew ariko ntihabuz abacerewe nkanje bari murukundo niyi movies mundemere Like hahire rimwe 🔥🔥🔥
Mukomerez ahonyen
Sha jembona urworushinge bamuteye alvella arurwa vrai sinziko harababibonye
Abakunda Alvella kuku atadusondeka kuminota mump link😂😂😂
Turamukund alvella komez uduh show turaryohew kabisa.🎉❤❤❤❤.
Aruvera. Inyibukije ingese kwer. Mana nukur shakumwana ariko iyo nibutseko ubabara. Cumengo norekera abofise
Alvella wanj nkund ukuntu utadusondek kumwany mwiza wanj.iconkukundira vrmt uduh umwany ukwiy nsinkabandi .wiyaranj ntuzosubir kuza urayitwim .yab vyokund woyiduh 2jr mundwi.mrc mwiza wanj kuturyoherez umusi rek ndindir iyind mardi
Guys courage mubirimwo neza👌👌👌
Nuwokwanka urukwavu yovuga ko runyaruka🗣️🗣️🗣️
Francine emera uryame hasi uwuvyitera ntibimutera isoni wahemukiye alvella Uzi KO nawe bitazokubako .!!!
Ndabona alvella zirya milioni 15 estimé azotanga zizogaruka kumufasha kuko ntayindi nzira yoronkamwo ubufasha kugira arere umwana wiwe .ikindi ndabona nuwo asigaranye na estimé bitagye kumworohera azoja kwibaruka asange yakiriwe nuwo yataye ngo arakenye ikindi estimé akaronka ivyo amushakako bayiiii aramuhevye.
So courage team MA ❤️❤️❤️
Ash uvuze ukuri
Arvella film iryosh wampay numro yawe
Waaaoo Alvella Imana Ikwagurire ingabire zawe zose zitere zijimbere! Courage vrt
Alvella arimubantu bambere baduha iminota ikwiye yokwiga ivyubuzima bwaburimusi
Tantine wa alvella nubwo ndakwanka kuvyo wamukoreye sha Uzi gukina courage ♥️♥️♥️
Abakunzi ba muhimbare alvella mwubahwe muze tuhatwik hashe.alvella wubahw cne urashoboye.courrage mubirimwo neza.
OOOOOH abarundi ndabakunda cyane aliveller murwanda uri hejuru nizereko iyi firm itazarangira ahamed atayikinnyemo byatubabaza abanyarwanda
Wwuuu alvella twahageze ooo wibarutse movie yacu iraryoshye koko♥️🇷🇼🙏
Ntakintu kibabaje inkinco mbonye kukuzanirako umugore mugitenda ga mana murakoze ncane ndabakunda💞💞💞💞
Ndanabikundir mukomer
Alvella nukuri waje kudukinira iyifilm hageze guko turafashwa cane
Ndasuhuza abnt bose bari muyabira kubr ubuhemu!!!xo nyagasani abampindurire🤙🤙🤙🤙🤙
Courage Alvella uyumus watunyarukirij pe ndaryohew can twitege part 8 mardi
Turagukunda maze Alvella♥️♥️
Abari murukundo niyi filme tumenyan 👌👌👌
Eg shn cheilla
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Muhezahirwe cane impanuro zanyu zirahimbay
Zambie 🇿🇲 kuchalo Ndasaba lik
Ubuho urancika ga ntuze weya?mbere narinzi komba uwamberz vyanse🙏🙏🙏🙏
Ndabakunda cyane burimuzi mbantumva nayireba merereye mu Rwanda ndabakunda cyane❤️❤️❤️🌹🌹🌹
Ndabakundacane.mwubahwe.mukina.neza
Abakunda iyi série tumenyane basha
My blood esti ubahw sn bro Kuko urashoboye sn ♥️❣️ vraiment
Alvella tantine wawe nawe niyunvirize arikwarishugwa ivyakubayeko courage nukuri mubandanye muduhimpanuro
Wooow courage Alvella mubikora bien sana 🥰🥰
Tantine inasenge wa alvella pole sana kwl barayamazati ukoriciza ukagisangimber wakorineza ikaguherekeza nawe wobona?warahemukiy umusengezan waw uzikonawe utazoshikirwa?ISI nukimezr ihembazero icompa alvela azibaruk neza hamankazorabivyawe iyobizoherera iyifilme urarenze sana irimwinyigisho zikaze terimber beza mfise.
Alvera nukuri tubwizuri uramaze kuvyara🤣🤣🤣 koko iyo rôle ntayo yoshobora utabiciyemwo🤣🤣🤣 shaaa unyibukije le 10/ 3/2019🤣🤣🤣💔😭😭😭😭
Alvella nshutu yanje ndakwifurije umunsi mwiza wa bazina wawe mweranda
Mweranda Alvella
Adusabire
Mamaweeeeee....Tantiiii towa 5 Estime wehooo na shetani ntizokwakiraa
courage sha Alvella
Yesuweee 😮uziko urushinge alvella bamuteye arugwanyago, vrt alvella courage ubirimw nez
Alvella kl uvyitwaramw neza IMANA Ibandany ikuja imbere mwiza🙏🙏🙏😘
Alvella urumunyampano zitangaj shahuu niserumu baragutey ereg vyabint birakaz ababonakoAlvela asife impano nyishi zitangaj mbamp nanj utwo tuntu nukuri uhorah akuzigam mwana
Komez kbx nizer ko itazosubira guteb harigih muzan igice kikurikir nuwaravy igiheruk yamaz kucibagira
Film yaryosh cyan courage murashoboye muzi gutegura
Si tatizo tu.kabla upendo wingine!! Utahakikisha vile wewe kweli?salam.
Alvella uranyibukije igise
Tanti,yoooo,imaraya coma coma,ibyo wakoreye livella byishyure shaaa,gusa love you❤❤❤
Alvella uvyumve n'a team yawe ndabakunda kuburyo numva novuza induru💃💃💃💃💃💃💃 estimé imana izoguhana
😍😍🥰thank your very much inyigisho zikimazi
Ryamy ndayisubiyemw mukobwa mwiza iyi story niyo pe Alvella wubahwe team ya estime irasekej
Alvella kongukunda cyane Koko nzakoricyi?
Ndabakunda ark iyonda murabwira bukeyeneza abigishe kuyikora iyo irasarishij
Yooo narinatevye kweli manawe Alvella kweli uranyica shaaa 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ndakwikundira ukina neza
Nice movie 🍿🎥 from rwanda 🇷🇼 love 💕
Izi films ni bon komeze kweli Kandi courage munya kinyinya wiwacu
Komera reka nihere ijisho pe
Ewe sha tentine,amenyo aragutwenga atarayawe.burya icutipfuza kobakugirira,nawe ntukigirire,abandi.
Urushing rwaserumu series vrmnt making neza cn
Alvella komeza wihangane Imana irakubona
Alvella
Turabashimiye cane
Gusa turashaka akabebe
Ariko Tantine nizereko ikibi yakugiriye ariko arabona inyishu yaco
Murakabaho