Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Umubavu niyo number one. Niyo mvyukirako. Alvela keep flying ✈, the sky is the limit
Muraho neza ndakunda muhimbare nitwa umutoni ndi umunyarwansa kazi❤❤
Imana igukomeze cane, utanga igishingantahe ciza cane, mugushirimana hejuru. Aho abandi baca bigira agakomeye, ngo barashoboye, naho arubuntu bwimana ❤️Alivella komeza ushikame, ntuze umaramaze imana
Ndamukunda muhimbare ndamukuricyiranakeshi urayoboye hano murwanda
Umuhanga twagabiwe narugira 🇧🇮 uhoraho agukomeze courage
Alvella nanjye ndagukunda cyane nkunda indirimbo zawe nukuri jye ndi umunyarwandakazi mais ndabakunda❤❤❤
Ndagukunda alovella cane uciye bugufi Kandi uzokwame uko
Courage di Alvlla Iman igushoboz turagukund❤️❤️
Wishura neza cane alvella ndakwikundira disii
Alvella nanje ndakwikundira sha,kandi nukuri ndi umu maman akuze ndakuremeshej kuba Chris yaraguhevy agafatana na Ornella ntacowahomvy ukwimisi izogenda irahera Niko uzogenda urabona kowoduza amashimwe kumana,uzobona kwivy, Imana yakurinze arivyinshi.komera mwana w,igihugu
Alvella ndamukunda pe❤❤ ibikorwa vyz
Magnifique ❤❤❤ Alvella aciye ubwenge vraiment inyishu ziwe zinkuraho
❤❤❤❤ aho reo ndkumvise
Wawuuuu thank youuuu Dico nukuri wakoze cyane kundamukiriza Alvella nanezerewe Sanaa🥰🥰🙏🙏
Arivella nange ndakunda cyane cyane indirimbo zawe frime zose ukinamo mbanunva nifuza kukubona ariko ntibyoroshye arivella nukuri ndakwifuza niyo nagukora mubiganza gusa byashimisha gusa nyagasani ajye aguhora hafi mubyukora byose najye nitwa salima ndumunyandwandakazi
Alvella ndagukunda imaninguhumugisha
Bandanya ugubwa neza muvukanyi mwixa alvella❤❤❤❤icixa caw nuko uguma witwengera hezagirwa mwixa wanj
Thanks Dico😍Thanks Fresh tv 257😍Thanks my lovely sister Alvella kunyishuu umpayee❤❤❤Dukomeze tubuvomerere rero bwabucutiii bwacuu🥰🥰🥰lov u forever 💗 😘
Arvella komera cane mukobwa wa kristo uri munzira Yesu agushakamwo❤❤❤❤🎉🎉
Wawo karibu alvella nara kumbuye ikiganiro cawe
Alvella wanjeu shn❤❤ uraberewe
Muhimbare i love you so much
❤❤❤❤❤ yubahw can indirimb yiw ndakwibuts ndayikund can ndayuviriz kesh can
Dico ndagukunda nawe nukuri ukomeze guhezagirwa gose🙏
Alvella ngukunda kubi ❤❤❤
Uwuzinyuma asigire lik
Dico mbariza uyumusor k yobarimurukundo n' aline womumanga series inyish ndayitez mukiganiro Knd tumukund kanin niyakir ayiw🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Ndagukunda maze❤
Arvella uti komera kwibanga ubundi haraho umuntu aza kugukunda akagenda akwigishij vyinshiii
Ikiganiro cari kimez neza, ariko ako gace kanyuma mwagakoze ariko mwadutwaye akanya musigura impamvu mwahinduye ikibanza kandi tubibona aho mwari guha amahirwe ababajije ibibazo.ikindi ikiganiro mukirangije nabiiii
Ukaba urabivuze😂😂😂😂😂
Dico Alvella aranse kunyishur ikibazo canje hm naz ibonx akinyishure
Hello mukobwa mwiza erega ibikogwa vyawe ntawutobikunda kuko nivyiza nukuri urabikweye ivyugezeko vyose nibindi bizoza💖💓💕❤️🌹🥀💯🌺🌷🌸♥️💋💋💋🌷
❤❤❤❤❤❤
❤❤ aloe vera❤❤❤❤
Alvella ndagukunda ndagukunda birenze urugero uwampa amahirwe rimwe yokuba nakuraba amaso kumaso basi hagize umpa number yiwe nkajya mwandikira kamesage kaburi mugitondo
cora nguh nime yiw😅
Arivella turahuje ikintu naje ndipfuza gutangurira ku mahasa
Muhimbare ndakeneye kukubona urikumwe naisrael mbonyicambu womugwanda uwomusi ndawifuza
Je mbaye arvella haribint bisekeje nn chris ar murukund na ornella abahung bo mur film boba barabaroze😂😂😂😂😂
Bari sérieux kandi😂
Kbx koba arakaroge
Merci cher Alovella
Yoooo yoooo nubwishim 😂😂😂
Rekura twirabir
Kino kiganiro kiransekeje nukuri
Dico mundamukirize arvella,umubwire k ndamukunda cane kand kensh nkoresha UA-cam kubera we
Ndaryohewe kubwiki kiganiro 😂😂😂
Sha nukr ndagukunda cane nyagasani abandanye aguhezagirira imirimo yawe yose❤❤❤
Warahezagiwe nukuri je ndagusavye uzompe album yose y'indirimbo zawe kuko zirandemesha cane kandi ziranyuzuza gose
Rekura😂😂😂😂😂bro
Dicoo ko uyu mukobwa umengo azi gupanga gahunda neza
Jewe umutima wanje waramaze kubabara ubu nkuze abatipe 3 kandi ntanumwe nkunda ubu namaze kwifatira igingo yokundasubira gukunda
Zarabuze izo mari 😂😂😂😂 ATI mushikaw
😂😂❤❤🎉🎉
Urakoze kunyishura mwiza wanje ndagukunda numéro yawe ndayihambwe❤
Nu mumama w mu rutana,munsabire numéro yiwe ndamuterefone vrt guk ndamukunda cane
urimubikinone kowatebeje?
🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
❤❤❤❤
Chr uraciye ubwenge❤❤
Ngo numu sans busa🤣🤣🤣🤣ndakwemera mukobwa mwiza ubwobusa harabo bwagenewe maze🤝🤝🤝
Wakuze genda wubake reka gutinya ndakwikundira kuva kera utaramenyekana ❤
Courag murugendo kweri,turaku fan
Couarnge 🎉❤
Umubavu niyo number one. Niyo mvyukirako. Alvela keep flying ✈, the sky is the limit
Muraho neza ndakunda muhimbare nitwa umutoni ndi umunyarwansa kazi❤❤
Imana igukomeze cane, utanga igishingantahe ciza cane, mugushirimana hejuru. Aho abandi baca bigira agakomeye, ngo barashoboye, naho arubuntu bwimana ❤️Alivella komeza ushikame, ntuze umaramaze imana
Ndamukunda muhimbare ndamukuricyiranakeshi urayoboye hano murwanda
Umuhanga twagabiwe narugira 🇧🇮 uhoraho agukomeze courage
Alvella nanjye ndagukunda cyane nkunda indirimbo zawe nukuri jye ndi umunyarwandakazi mais ndabakunda❤❤❤
Ndagukunda alovella cane uciye bugufi Kandi uzokwame uko
Courage di Alvlla Iman igushoboz turagukund❤️❤️
Wishura neza cane alvella ndakwikundira disii
Alvella nanje ndakwikundira sha,kandi nukuri ndi umu maman akuze ndakuremeshej kuba Chris yaraguhevy agafatana na Ornella ntacowahomvy ukwimisi izogenda irahera Niko uzogenda urabona kowoduza amashimwe kumana,uzobona kwivy, Imana yakurinze arivyinshi.komera mwana w,igihugu
Alvella ndamukunda pe❤❤ ibikorwa vyz
Magnifique ❤❤❤ Alvella aciye ubwenge vraiment inyishu ziwe zinkuraho
❤❤❤❤ aho reo ndkumvise
Wawuuuu thank youuuu Dico nukuri wakoze cyane kundamukiriza Alvella nanezerewe Sanaa🥰🥰🙏🙏
Arivella nange ndakunda cyane cyane indirimbo zawe frime zose ukinamo mbanunva nifuza kukubona ariko ntibyoroshye arivella nukuri ndakwifuza niyo nagukora mubiganza gusa byashimisha gusa nyagasani ajye aguhora hafi mubyukora byose najye nitwa salima ndumunyandwandakazi
Alvella ndagukunda imaninguhumugisha
Bandanya ugubwa neza muvukanyi mwixa alvella❤❤❤❤icixa caw nuko uguma witwengera hezagirwa mwixa wanj
Thanks Dico😍
Thanks Fresh tv 257😍
Thanks my lovely sister Alvella kunyishuu umpayee❤❤❤
Dukomeze tubuvomerere rero bwabucutiii bwacuu🥰🥰🥰lov u forever 💗 😘
Arvella komera cane mukobwa wa kristo uri munzira Yesu agushakamwo❤❤❤❤🎉🎉
Wawo karibu alvella nara kumbuye ikiganiro cawe
Alvella wanjeu shn❤❤ uraberewe
Muhimbare i love you so much
❤❤❤❤❤ yubahw can indirimb yiw ndakwibuts ndayikund can ndayuviriz kesh can
Dico ndagukunda nawe nukuri ukomeze guhezagirwa gose🙏
Alvella ngukunda kubi ❤❤❤
Uwuzinyuma asigire lik
Dico mbariza uyumusor k yobarimurukundo n' aline womumanga series inyish ndayitez mukiganiro
Knd tumukund kanin niyakir ayiw🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Ndagukunda maze❤
Arvella uti komera kwibanga ubundi haraho umuntu aza kugukunda akagenda akwigishij vyinshiii
Ikiganiro cari kimez neza, ariko ako gace kanyuma mwagakoze ariko mwadutwaye akanya musigura impamvu mwahinduye ikibanza kandi tubibona aho mwari guha amahirwe ababajije ibibazo.
ikindi ikiganiro mukirangije nabiiii