UWAKUBITA UNDI Hagati y'Igisirikare cy'u RWANDA(RDF) vs BURUNDI(FDNB) Ku Rugamba| Menya Itandukaniro

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 26 лис 2024

КОМЕНТАРІ •

  • @RedBlueJD
    @RedBlueJD  Рік тому +3

    Video nshya: bit.ly/RwPolice

  • @Bigdovenduwayezu
    @Bigdovenduwayezu 11 місяців тому +5

    Ndagukunze cyane ubivuze neza naturyumunwa kbsa.muze dukundane turwanyirizumwanzi hamwe kanatsi NDA turavukana.RWanda-BUrundi,together as one.

  • @DieudonnéMUGIRANGABO-f2o
    @DieudonnéMUGIRANGABO-f2o Рік тому +3

    Wamugabowe ndagukunda urumusesanguzi kweli 🙏uzigukurikirana amateka yabantu nibihugu vyabo bakomokamwo wubahwe Kbis 👍🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @ngagishow2614
    @ngagishow2614 Рік тому +6

    Numusazi atinyanyina.ubundi urwanda ntirwarwana nuburundi kko umwe numwana wamuyomba uwundi nuwashangazi.urumva rero ababyara barabyarana ntabwo barwana

  • @JeanBoscoHATUNGIMANA-l2n
    @JeanBoscoHATUNGIMANA-l2n Рік тому +4

    Komera hama Urundi-Rwanda reka tubane mumahoro

  • @RwagajuJeanpierre
    @RwagajuJeanpierre 7 місяців тому +1

    Wazatubwiye kumateka yigisirikare cya southern africa

  • @godalone3487
    @godalone3487 Рік тому +2

    U Rwanda-Uburundi Hejuru❤ Amahoro twese

  • @NtamaWimanaII
    @NtamaWimanaII Рік тому +3

    Nta mwami w'uburundi witwa nyamubi yabayeho tnk u

  • @pacifiquemanaturikumwe4871
    @pacifiquemanaturikumwe4871 Рік тому +2

    Ndakwemera bwana Semahoro

  • @DamourUzi-zm5fh
    @DamourUzi-zm5fh Рік тому +4

    ❤❤❤Turabakunda twifuza ko mwazakora ku rwanda na uganda ❤❤❤❤

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 Рік тому +3

    Urabaza amateka ya Shinge na Rugero vyatanze izina Kirundo!

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Рік тому +7

    😅😅😅
    Mu Basirikare b UBURUNDI booose iyo bava bakagera,uyo niwe mwabonye Ifoto yoserukira Igisirikare c'uBurundi😢???
    Sha Muragayana kabsa
    Ko mutashizeko Kagame na Neva bambaye Gisirikare😅😅

  • @thadeenzeyimana8895
    @thadeenzeyimana8895 8 місяців тому +1

    Nta Rwanda n,Uburundi borwaniriza umwasi hamwe kiretse Imana yonyene ije tukayibona yicaye hagato yibihugu 2 kuko u Rwanda rwo rurabiziko rusanzwe arumwasi wu Burundi kuva 2015 birazwi

  • @Nadine-xy5gu
    @Nadine-xy5gu Рік тому +1

    Ni abavandimwe mbifurije gukundana

  • @gerardnibizi8141
    @gerardnibizi8141 Рік тому +1

    Ndakwemera ncuti komera usoze neza

  • @HB-vj5zo
    @HB-vj5zo Рік тому +1

    Ntimukarate kugwana hama muvuge muti hame Uburundi n' Urwanda boshira hamwe vyokwungura iki abanyagihugu .
    Intambara haa ngira Hari abatayibonye nyene

    • @UWITONZEBella
      @UWITONZEBella Рік тому

      Yego rata uvuze neza muvandi barabura kuvuga uko twakwishyira hamwe tukaba igihugu kimwe bakavuga iby'imirwano?

  • @nsengiyumvajohn8977
    @nsengiyumvajohn8977 Рік тому +1

    Rwanda❤💪💪💪👍

  • @Blaise19937
    @Blaise19937 10 місяців тому +1

    Urwanda ruruta uburundi wibeshye

  • @SBDAVIDTV
    @SBDAVIDTV Рік тому +1

    Number 1 2M

  • @bompetibayenga1281
    @bompetibayenga1281 Рік тому +4

    Burundi 👍👍👍

  • @elienteziryayo3767
    @elienteziryayo3767 Рік тому +3

    Ndi Australia 🇦🇺 ndagukunda introduction yawe Jackson semahoro niko nitwa

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 11 місяців тому +1

    Turavukana tuvuga ururimi rumwe ntibikabe mubavandimwe duterane intege mugusengeranira n'ivyo bitubereye Uburundi buraryoshe n'Urwanda ruraryoshe turabakunda dukure ikibi dutezimbere ivyiza

  • @mazimpakapatrick8944
    @mazimpakapatrick8944 Рік тому +1

    Turabavandimwe papa

  • @euphronNduwimana
    @euphronNduwimana Рік тому +1

    Komugereranya uburofa

  • @nduwayezufabriceluckybill5102
    @nduwayezufabriceluckybill5102 Рік тому +1

    Ububeshi hama tukabaruta superficie gt ahubgo mwebwe aba nya rwanda mwishira hejuru

  • @jeandamascenejeandamascene2527
    @jeandamascenejeandamascene2527 10 місяців тому +1

    Couraje

  • @Develope1
    @Develope1 7 місяців тому +1

    𝑲𝒊𝒈𝒂𝒍𝒊 𝒚𝒂𝒄𝒖

  • @Grainofliin
    @Grainofliin Рік тому +4

    Semahoro ariko turetse kwihagararako tukavuga ukuri tubwire uwarondeye indepency y urwanda

    • @gerardnibizi8141
      @gerardnibizi8141 Рік тому

      Nanje ndakeneye kumumenta😅😅 usivye RWAGASORE

    • @Tubivugetv990
      @Tubivugetv990 Рік тому

      @@vyuguruzumwangumwereka none ko mutibuka ukwikukira kwanyu nasanze inyenzi nkotanyu atabwenge mugira

    • @larissaakimana3384
      @larissaakimana3384 Рік тому +1

      @@vyuguruzumwangumwereka noe nimba ariwe yayibasabiye uyo mwami wanyu ko mutayironse ariko mwayironse aruko rwagasore ayisavye noe wumva arinde yayisavye ??Kuko uburundi baburetse namwe baciye babareka ba mwemera 😂😂

  • @kingjameskj111
    @kingjameskj111 Рік тому +1

    Uzatubwire amateka y'intara ya kirundo I Burundi

  • @tonyseba3796
    @tonyseba3796 Рік тому +3

    Abanyarwanda muriyemera muzi kwishira aheza .

  • @JeanBoscoHATUNGIMANA-l2n
    @JeanBoscoHATUNGIMANA-l2n Рік тому +1

    SEMAHORO wirambire urangije uvuze neza cane

  • @alexismwezi2555
    @alexismwezi2555 Рік тому +2

    Uburundi burarenz

    • @24Radar-d
      @24Radar-d Рік тому

      Burarenze cyane kuba buza kumwanya wambere wijyihugu jyicyize kwisi😅

  • @falesbanda7520
    @falesbanda7520 Рік тому +2

    Muratohoza icatumye urwanda haragace bise bugesera

  • @S.jacksonthefort
    @S.jacksonthefort Рік тому +1

    red blue jd turabemer

  • @ericciza926
    @ericciza926 Рік тому +1

    Ukivuze neza Mutama ntawokwifuza intambara.

  • @DidaceNdayikengurukiye-vl4zw
    @DidaceNdayikengurukiye-vl4zw Місяць тому

    Niwe munyarwanda uvuga ukuri wenyene

  • @julius875
    @julius875 Рік тому +1

    Wubahwe bro

  • @mugishaaboubakar1999
    @mugishaaboubakar1999 Рік тому +3

    Please, tell us the Truth who provoque l'independance du Rwanda?

  • @rusakazatv7930
    @rusakazatv7930 Рік тому +1

    Rusakaza tv

  • @NDIZEYEAlexis-f2p
    @NDIZEYEAlexis-f2p 4 місяці тому

    Nabonserimwe baragwana kndi ntawuzahagati

  • @JeanthiyNtira851
    @JeanthiyNtira851 Рік тому +3

    Barabahenze 😂😂Twaabashakiye ukwikukira none ngo muri nivyo mutusha banza mukure inkofero kwanza Mubonye ibendera ry'Uburundi.Ivyose mubikesha amahoro mwaronderewe na Rwagasore Louis

    • @larissaakimana3384
      @larissaakimana3384 Рік тому +1

      @@vyuguruzumwangumwereka ahubwo nimwe bahenze uzobaze neza

  • @Grainofliin
    @Grainofliin Рік тому +2

    Gusa mubusesanguzi mugira mbona umengo murabogama kweli kuko usumbura yarabaye capital y ibi bihuhugu

  • @wilsonkabura
    @wilsonkabura Рік тому +2

    Naho mutabivuga Usumbura niyo yari capital ya Rwanda - Urundi, ivyo navyo vya Asrda vyari ivyipfuzo ntivyabayeho

  • @juvenusniyomwungere2549
    @juvenusniyomwungere2549 Рік тому +3

    Karibu Burundi😂😂🎉tubahe

  • @IsraelOnes1763
    @IsraelOnes1763 Рік тому +4

    Abanyarwanda murakabya basi, ugahita ufata ifoto nkiyi ngiyi ugaheza Ng uwakubita undi

    • @tonyseba3796
      @tonyseba3796 Рік тому +1

      Abanyarwanda bazi kwishira aheza.

  • @AyoshA-k2j
    @AyoshA-k2j Рік тому +1

    Hose hari mu Burundi ahubwo abanrwanda twarabahebeye agacé gato arik nibodushobor nasomaliya irubaha

    • @Niyitengekagentille307
      @Niyitengekagentille307 Рік тому

      Hhhhh iturize nshuti Somalia simbona mwarashiriyeyo ngaho ndebera ibyo m23 irimo kubakorera mujye muceceka intambara ntayo mushoboye.

    • @manudiofficial
      @manudiofficial 9 місяців тому

      @@Niyitengekagentille307uzobaze tuvuye Somalia yoca ifatwa
      Bacumugani mukirundi bati iyiri iwabo ishomb’umukara nuko muzogeze kugihugu c’uburundi murabe ay’imbwa yaboneye kumugezi 😅😅

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Рік тому

    Turakwemera Jackson semahoro i Bujumbura turakwumva 5/5

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 Рік тому

    Very good from Burundi ❤❤❤💪💪💪💪💪

  • @floribertniyongabo7725
    @floribertniyongabo7725 Рік тому

    Ntitukagwane vyoba bibi. Vyokwatsa umuriro mu karere.

  • @ErnestNgabire-lo6jw
    @ErnestNgabire-lo6jw 11 місяців тому +1

    Intara ya kirundo yazanany he?vyavuy kukuntu abarundi bahatsindiy abanyagwanda beshi.barahiciwe

  • @sunduma-official8069
    @sunduma-official8069 Рік тому +1

    Ubu turiko twiyubaka ivyo twisamburiyeko

  • @Elastegiramahoro
    @Elastegiramahoro Рік тому

    Uwubizi nuwarimwo ararwana

  • @floribertniyongabo7725
    @floribertniyongabo7725 Рік тому

    Kw'isi nta bihugu bisa cane nk'Uburundi n'Urwanda. Womenga ni igihugu kimwe cimanyuyemwo kubiri.

  • @UCKmcvMhP4DWlYjEbZs3T5TQ
    @UCKmcvMhP4DWlYjEbZs3T5TQ Рік тому

    ua-cam.com/video/g0-ivMyDsCQ/v-deo.htmlsi=MkIzwDPBOpxvZOBi Uyumuziki urabivuga neza ati Urwanda n'Uburundi turabavukanyi

  • @MagufuriSteven-qc8fq
    @MagufuriSteven-qc8fq Рік тому

    Muduha vyiza cane.kandi turabashimira.ariko nanje ndashaka KO muzonkorera ikiganiro kijanye nubuzima bwa Kadhafi nimitegekere yiwe nukuntu abenegihugu biwe Bari babayeho kungoma yiwe

  • @samugbonaparte1228
    @samugbonaparte1228 Рік тому

    Pls turashaka icyegeranyo na police Yu rwanda

  • @JohnInkiraine
    @JohnInkiraine Рік тому +1

    Why does anyone is at all get to write an artcle with a title like that? Rwanda and Burundi are like twins who swparated during independence and dont like each other. No need wind up that animosity please.

  • @kuziririzaisabatosiitegeko7088

    Gwagasore niwe yabahaye ubwigenge.

  • @ministerbonanendayishimiye
    @ministerbonanendayishimiye Рік тому

    Komera

  • @nijimberecelestin2099
    @nijimberecelestin2099 Рік тому

    ❤❤❤😢🎉😢

  • @rutayisireleog74
    @rutayisireleog74 Рік тому +2

    Nawe rero ubwox ujyereranya gt RDF nigisikare cyuburundi koko 🙉🤣batayo imwe yonyine RDF yafata uburundi nozongere gukora iryokosa barabizi nabo

    • @DerrickSikaumbwe-zd8uz
      @DerrickSikaumbwe-zd8uz Рік тому

      😂😂😂

    • @hakiza-technologyltd.8198
      @hakiza-technologyltd.8198 Рік тому +1

      Uriko urota wapfuye... gabanya urumogi sha... hahahaha... za muragira amanyanga yanyu muri congo gusa nahonyene vuba bigiye kubatekurukana twarahashitse.

    • @rutayisireleog74
      @rutayisireleog74 Рік тому +1

      @@hakiza-technologyltd.8198 mwebwex 🤣🤣🤣warihenze mutama niba ujyunabirota kanguka vuba utazapfira nomunzozi kweli RDF nikinishwa wagapeti we duturanye gsa narwango bro nubirakariremo 🤣🤣

    • @hakiza-technologyltd.8198
      @hakiza-technologyltd.8198 Рік тому +1

      Hahahahahahahahahahaha... urabaza izina rya Kirundo iyo ryavuye... komwaciye mutekana muri congo tuhashitse, ni musubire mwigire ivyo mwahora mwigira hahaha... oya ntarwanko kabisa gusa rero amateka aguma amteka ... hahahaha.

    • @manudiofficial
      @manudiofficial 9 місяців тому

      @@rutayisireleog74sha wewe ntuzi ivyo uri kuvuga FDNB zifise kahise

  • @GM-op2sl
    @GM-op2sl Рік тому

    Yemwe yemwe se mahoro wibagiwe ko I Rwanda rutera ntiruterwa

  • @deobiho
    @deobiho 9 місяців тому

    Wagerageje pe. wewe ntumeze nka bandi Banyarwanda usanga barimwo babesha , bemeza ko Kigali ari Singapore. Usomye amateka yabayeho, nta buryarya washizemwo

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Рік тому +1

    Turi bamwe ntavyo guterana cank vyo kurwana nugufata tugatera imbere twese kurwana ntamumaro wavyo ubundi turabavandimwe.

  • @emmanuelnibaruta5834
    @emmanuelnibaruta5834 Рік тому

    😂😂😂 kuva kera tubakubita mu kirundo na 2015 twarabakubise abo ntibodushobora

  • @SeukPiri
    @SeukPiri Рік тому

    Abana twugishij kurya umukeke nibo mwadushobora muraza tubakubite mugende mutambaye nikareso😂😂😂😂😂

  • @rahayirwacelesti-ul5ow
    @rahayirwacelesti-ul5ow Рік тому

    Abarundi urababereye ntibakwiye kutwigereranyaho bisenyeraho nkimpene

    • @felixniyokwizigirwa2044
      @felixniyokwizigirwa2044 Рік тому +1

      Sha abaza abakura mbere ntagihe nikimwe urwanda rwigeze rutsinda uburundi

    • @Tubivugetv990
      @Tubivugetv990 Рік тому +1

      amajambo yoyo murayafise komeza muvuge icotuzi abarundi turakizi mubandanye muje i congo kwiba

  • @mazimpakapatrick8944
    @mazimpakapatrick8944 Рік тому

    RDF ntikinishwa uzabaze uzabaze Mozambique na centre Africa twe turahana

  • @kuziririzaisabatosiitegeko7088

    Abatutsi biburundi nibaje irwanda hanyuma abo bahutu nyabo burwanda baze twibanire

    • @oseendayi5046
      @oseendayi5046 Рік тому +3

      Wewe ndunva urimuri babansi buburundi abandi barondera ingene twobana mumahora nawe ukaba ufise imyunvira nkiyo
      Ndunva wewe uzopfakare 😢😢 nipfuza kunva abantu bose baba abarundi canke abanyarwanda babana mumahoro ntangere peace in both sides no tutsi or Hutu just one ☝️

    • @larissaakimana3384
      @larissaakimana3384 Рік тому +2

      Noe nkawe wumva ukomeye neza ivyo bintu uriko uravuga 🤔🤔

  • @SBDAVIDTV
    @SBDAVIDTV Рік тому

    Number 1 2M

  • @JeanBoscoHATUNGIMANA-l2n
    @JeanBoscoHATUNGIMANA-l2n Рік тому

    SEMAHORO wirambire urangije uvuze neza cane

  • @SBDAVIDTV
    @SBDAVIDTV Рік тому

    Number 1 2M

  • @JeanBoscoHATUNGIMANA-l2n
    @JeanBoscoHATUNGIMANA-l2n Рік тому

    SEMAHORO wirambire urangije uvuze neza cane