Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Abiwacu ndabakimbuye yooo man wararaye gahogorewe
Ndakumbuye Uburundi bwanje n abatundi Biwacu 😢😢😢Ikitundi nk iki , kiryoshe nkuku,C akanovera .....tuzohora tucumviririza mw utu tuvyino🎉🎉🎉.Mwarakoze kuturyohera Barundi bacu , IMANA igahezagire🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤🎉🎉🎉
ndakumbuye abarundi bukuri nukuri😑ndabakunda muranduhura🙏🙏imana ibahezagire
Club Giramahoro ivyina neza caaane
Aka kavyino kararyoshe ni ukuri.Karimwo amajambo meza kakagira n'umugere mwiza.Ihunjaaaa! Ça réveille les bons souvenirs.Mwarakoze neza!🤗💃💃💃💃😍😍😍👏🏾👏🏾👏🏾
Caaane
Ndaryohew nirijw vrt
NiceI like this song. Think you club giramahoro
Wooooooooow iyi ninziza caneee Irijwi ndayikunda cneee .imana ibagurire👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏🙏🙏🙏🥰🥰
Egomeee 🥳🥳🥳😢😢😢😍😍😍💖💖💖👏🏾👏🏾👏🏾
Murakoze cane, muhimbarwe n'izindi zose ziriko!
@@clubgiramahoro mwaragiz neza kuzishirako, umuntu akaza arikumbuza.Niyindi mirwi yaho hambere yogira nkamwe vyoba vyiza.
@@beatricenimbona2530 1aaaa
Mbega indirimbo ziryoshe, umudiho, ikirundi ciza, umudiho uryoshe, amajwi meza , ....ese ukuntu ikirundi kiri gutakaza akanovera, nigute nobababona gayemwe nkabashimira??
Nukuri izi mvyino zakaranga kuburundi zirampimbara cane.mbega club giramahoro iracariho??
Indirimbo iryoshe caneeeee.
Imwe mundirimbo z'ikirundi zinyubaka...
Vyiza
Beautiful song
Kofi oromide
A
Abiwacu ndabakimbuye yooo man wararaye gahogorewe
Ndakumbuye Uburundi bwanje n abatundi Biwacu 😢😢😢
Ikitundi nk iki , kiryoshe nkuku,C akanovera .....tuzohora tucumviririza mw utu tuvyino🎉🎉🎉.Mwarakoze kuturyohera Barundi bacu , IMANA igahezagire🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤🎉🎉🎉
ndakumbuye abarundi bukuri nukuri😑ndabakunda muranduhura🙏🙏imana ibahezagire
Club Giramahoro ivyina neza caaane
Aka kavyino kararyoshe ni ukuri.
Karimwo amajambo meza kakagira n'umugere mwiza.
Ihunjaaaa!
Ça réveille les bons souvenirs.
Mwarakoze neza!
🤗💃💃💃💃😍😍😍👏🏾👏🏾👏🏾
Caaane
Ndaryohew nirijw vrt
Nice
I like this song. Think you club giramahoro
Wooooooooow iyi ninziza caneee
Irijwi ndayikunda cneee .imana ibagurire👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏🙏🙏🙏🥰🥰
Egomeee 🥳🥳🥳😢😢😢😍😍😍💖💖💖👏🏾👏🏾👏🏾
Murakoze cane, muhimbarwe n'izindi zose ziriko!
@@clubgiramahoro mwaragiz neza kuzishirako, umuntu akaza arikumbuza.
Niyindi mirwi yaho hambere yogira nkamwe vyoba vyiza.