Iminota15 Kukirimba kwa Ntare💄A.Ndayishimiye Ateguje Ndakugarika na Prime Niyongabo kubogozwa vyi..

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 5 вер 2024
  • #Neva #Burundi #Gitega #M23 #Intambara #Rwanda #PaulKagame #Kigali #Gineral #Major #Amakuru Yihuta Bujumbura breaking news

КОМЕНТАРІ • 10

  • @user-cu3sf3ke3m
    @user-cu3sf3ke3m Місяць тому

    Nihatar intwar yub umugabo Yar nkurunziz aband muribesh

  • @ndayikezahonore3603
    @ndayikezahonore3603 Місяць тому

    Ivyo nikinyoma vraiment NGO Denise Ndayishimiye ariko ahindagura abasirikare ?beshera hiyo

  • @cimpayeonesphore1781
    @cimpayeonesphore1781 Місяць тому +1

    Gutembagaza president n'Uburundi unomusi biragoye. President afise. mandat de 7 ans. Bivugako atwara neza canke nabi , abenegihugu bazomushimira canke bamwime amanota inyuma ya mandat yiwe iheze . Ataruko uwomukura kubutegezi mandat itarahera , intwaro yoza gouvernement iciba transition iza ihuriramwo imigambwe yose eka nabigenga. Ikindi naco , ibiroberi bica bivuka vyitwaza ko umu président yitorewe nabenegihu yakuwe mandat ye itarahera . Heeeh!!! Bantu muvyitondere .

  • @munezeroelie-uf2ii
    @munezeroelie-uf2ii Місяць тому

    Abarundi mumaze kuba nk'isenente uwondakugarikase we sinda asize imbere

  • @niyondikoevariste2069
    @niyondikoevariste2069 Місяць тому

    Inamujandi

  • @AbeYes-u5k
    @AbeYes-u5k Місяць тому

    😢😢😢😢

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 Місяць тому

    Nonuwomugore niwetwatoye benumugabowiwe nibabogozwe bimani

  • @user-yu2ds6ny4d
    @user-yu2ds6ny4d Місяць тому

    Ni inyemshaba

  • @user-ej9bm8ob5v
    @user-ej9bm8ob5v Місяць тому +1

    😂😂😂😂😂 uvyiwacu ninoma sana