🤩 Rap game is back!

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 19 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 26

  • @IduhangazePrince-pp3pn
    @IduhangazePrince-pp3pn 4 місяці тому +1

    Ikintu Conyene Nzi Neza Nuko B face yitwaza Umunwa Gusa Nta Rap azi aho Ni Part yiwanj🙌🙏 19Th ashobora Kuba Atanikora Coe Ihiganwa ari ukwiryoheraa Tuuuuuu!!👌
    Jisho cypher is The Best🇧🇮

  • @sazdagreat
    @sazdagreat 4 місяці тому +3

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @bakame257
    @bakame257 4 місяці тому +1

    Merci pour les travaux 👏👏👏🔥🔥🔥

  • @senyereee
    @senyereee 4 місяці тому

    Great content, Nari ndindiriye umuntu avuga kuri abo ba jeune bakoze umuti. Urakoze cane for the content, uri muri bake bagira effort yo gutanga contexte.
    Kuri 19th naho, il faudrait kwibuka que il a popularisé le fait de rapper en kirundi, yerakana ko flow za rap US ziri adaptable kuri rap mu kirundi.

  • @jean-maestrobizimana7126
    @jean-maestrobizimana7126 4 місяці тому +7

    None uvuze amateka ya Rap Ndundi ukibagira:
    1.Fabilove ariko ugasimbira kuri B-Face
    2.Maze ukavuza Max ukibagira D-Rop naba Frank Duniano.
    3.Pop-G na Watu Wachini
    4.Ukibagira Docta-G mu kinama.
    5.Cent Euro igitega.
    6.Kirikou Akili ndetse naya misore yo muri Isanamu media.
    7.Mukombozi ningen Rap yatumy ahunga igihugu.
    N.B:Ubwo kweli ntiwoba washatse gukorera promo iyo song uherejeko ikiganiro cnk washatse gukorera promo 19th?.
    Bro ikindi gihe uzotondeke amateka neza apana gutaragurika nk'uwusimba urukiramende.
    Gusa courage yamara uzohore witonda wegeranya amateka neza atarayo gusimbagurika.

  • @nzisabiradouglasmacarthur988
    @nzisabiradouglasmacarthur988 4 місяці тому

    Cypher iri dope🔥🔥🔥
    Gusa ntawovuga kuvyerekeye intango ya rap yo mu Burundi atavuze "syllas Damara" ariko thx for the culture 💪✌

  • @alixberniendabirenge51
    @alixberniendabirenge51 4 місяці тому +1

    ❤ batracien ❤❤❤❤ top saana big up bro courage

  • @futuremillionaire450
    @futuremillionaire450 4 місяці тому

    Où t'as mis Big Fizzo dans tous ça??? Wirengagije Leave me alone, Konzi, Ngangari 🔥😂😂

  • @KirundoGang
    @KirundoGang 4 місяці тому +1

    👍👍

  • @California_love_23
    @California_love_23 4 місяці тому +1

    Representation iranyishe

  • @ritaoderakavugwa5398
    @ritaoderakavugwa5398 4 місяці тому

    ✨✨✨

  • @gahmillymilton8851
    @gahmillymilton8851 4 місяці тому

    Jisho hejuru gose with a great rapper " Redbhul cosmos" 💪🏾💪🏾

  • @Alkebulanhandsomeboy
    @Alkebulanhandsomeboy 4 місяці тому

    Eeeehh 😂😂😂😂 irap yawe watanguje iratwegeje cane man😂😂😂

  • @MeoBuntu
    @MeoBuntu 4 місяці тому +1

    idea yar nziza but mbona wariko ukorera promo 19th na jisho.ayo samateka ya rap wariko uravuga

  • @bestpro582
    @bestpro582 4 місяці тому

    ibibintu ndabibonyemwo amacakubiri yokurwego rwo hejuru. birababaje cane kandi gose kurugero runini ukuntu wovuga ivya Rap kuva kera gushika 2024 utaravuga Kamiligado Fabilove. iki kiganiro kirimwo akantu. ibi nivyo vyishe uburundi mumpande zose.

  • @Alkebulanhandsomeboy
    @Alkebulanhandsomeboy 4 місяці тому

    Ntakirundi uze???

  • @igosthegreat1701
    @igosthegreat1701 4 місяці тому +3

    Rectification 19th ntiyasohorey just one single ashak gusubiz Boniface inyuma yiry yamusohorey EP irimw + de 3 chansons harimw intsinzi,kira umumenja...

    • @ColinKlain
      @ColinKlain 4 місяці тому +2

      Ego ivyo uvuze nivyo but the video was just about kwerekana ukuntu rap yagiye iragira évolution mu Burundi donc hariho des détails umunt atagenda arashiramwo otherwise video yoca imara amasaha

  • @nibigiragertrude4007
    @nibigiragertrude4007 4 місяці тому +1

    Uzogir izindi kl

  • @BrianNsabimana
    @BrianNsabimana 4 місяці тому +1

    Une bande de quoi ?

  • @munezeroalexis6713
    @munezeroalexis6713 4 місяці тому +1

    z'uravuga ikirundi shn🙄

  • @nibigiragertrude4007
    @nibigiragertrude4007 4 місяці тому

    Mn urares kl

  • @akide_renardhardi
    @akide_renardhardi 4 місяці тому +1

    Présentation ni bon ariko habae discrimination kuko abo sibo barapper bonyene bayibonetsemwo cane kurusha abandi @Mukombozi Lucifer ko ntamubonye Mumu classa he?