Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Umva dukunda amakuru yanyu ark mukabije kurondogora ibyo mwauze kuki milubigarukaho
Komer Burundi
Uuuuuh
Ikibazo kikiriho numutekano muke cane cane Urwanda na Kongo na Uganda,abaturage nibabwire leta zabo bareke ubwicanyi no gusahura ivyo muri Kongo, sinibaza ko igiheabo bategetsi bu Rwanda cane cane Kagame na Museveni baramutse bisubiyeko bakareka izo ntambara zo gusesa amaraso yabo bataremye, vyogra akamaro cane murivyo bihugu vyose, ariko sinzi nanje ko abamenyereye kurya no gutungishwa nivyibano bazoteba bakabireka. Imana nitabare yo gusa niyo mizero yabantu
Ko nabonye salle iciriritse buriya ibyumba nta mbaragasa zirimo?
Yemwe ivyo uvuze ntawe vyotangaza, kuko ntaciza umunyarwanda yobona cank yovuga kugihugu cacu ciza c,uburundi.gusa mû gifaransa bacumugani ngo"la jalousie de l,anus ne creuse pas la terre"