MADAME BENITHA IMANA YAMUHAYE IMBURI ABURIRE ABANTU BOSE BUMVA IKIRUNDI//BAKRISTO TERAMIRA UBUGINGO
Вставка
- Опубліковано 5 вер 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Amen
IMANA iduhe kuhinduka mumitima kugira tutazabona wamusi mubi,tuzarangiz neza
Amen Amen Amen, kubwimburi uduhaye.yesu kristo adushoboze muri vyose kugira duhagarare nkuko agomba kuko ntivyoroshe ibihe biri imbere yacu.
AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Uwuri nugutwi niyumve ivyo IMANA ibwira amashengero. Amen
YESU KRISTO UMWAMI w'abami bose n'UMUTWARE w'abatware bose IMANA yacu Ikomeye cyane n'UMUKIZA wacu aturengere cyane kandi adutabare cyane kandi adushoboze cyane kwezwa cyane no kwitandukanya n'icyaha cyose aduhe imbaraga nyinshi cyane zo kunesha satani n'abadayimoni n'umubiri n'isi. Urakoze cyane Benithe kubwo gutumikira YESU KRISTO no kubwo kutuburira YESU aguhe umugisha, Umuco Wera TV namwe turabashimiye cyane, YESU KRISTO UMWAMI UMUKIZA n'UMUCUNGUZI wacu akomeze kubagura cyane no kubahezagira cane rwose!!!!!!
Mukozi w'Imana uragahezagigwa kumburi uduhaye ' nubwambere nkunvise ariko w'uzuyubuntu .
Asante kwa ujumbe muzuli
Yesu dutabare ibihe ni bibi, duhe kwezwa n'ugukizwa neza mu mitima ntituzohushe Ubugingo. Yesu ahezagire umukozi
Yesu nshoboza guteramira ubugingo bwanje
Urakoze Benitha kuriyo mesage uduhaye Imana imfashe guteramira ubugingo
Amen Amen Amen Mana dutabare nukuri yemwe
Amen urakoze kuri message udushikirije abari namatwi nibumve
Murakoze cane ku butumwa muduhaye.
Imana iguhezagire
Amen Imana idutabare
Amen
Mana nyene imbabazi impa kukugororokera nngende uko ushaka nongera nsaba iherezo ryiza🙏
murakoz muvyeyi,kuriyo mburi,muhezagirwe dusengeranire dukundane bwoko bw'imana tuzotahe amahoro
Mama mama ngirira imbabazi jewe ndabuze icondibuvuge ndasaba gusa Imana intabare irwanirire nshobore kuri Ririra nuguteramira ubungingo bwanje 😭😭😭😭😭
Yesu Kristo abahezagire kuba mushikanye ico umwami wacu Yesu Kristo yabatumye, hama turasavye umuco wera TV izoze iduha numéro zabo bakozi b'lmana kuko tuba tuzikeneye, sawa muhezagirwe namwe muco wera TV mugukwiragiza ubutumwa bwiza
Imbabazi yesu amaraso atubonekeko
Imana inshoboze
Urakoze mama kubutumwa mudushikirije
Uwurinugutwi niyumve Imana idutabare cane
Maman lmana iguhezagir ntiwigera ugabirimana
IMANA iguhumugisha iyo message ntabwo aringufi ahubwo nindende kubumva kandi Irakomeye cane. Iyoba vyokunda isi yohindutse
Ikava mumwiza.
Imanan idutabare pe kuko abantu twarase kumva nubundi hazakira uwandikiwe gukira kuko ivyaha aho kugabanuka birongerekana abantu rwose twarayankiye hasigaye ko yikorera kuuko nubwo yarara iratuma nabavuye mwijuru abantu ntitwumva.
Amen Imana ibahezagre cneeee, Mwami Yesu Kristo ump gutramra ubugingo 🙏🙏
Ewe uhoraho dutabarire ubugingo tugeze bigoye
Imana iguhezagire mwene data lmana ikongerereze amavuta
Amahoro! Mbe inkumbu kuri Bénitha.Bénitha mudufashe mumutumire samedi 20-02-2021 na Sabuyoboka Nadine na Nkurunziza Faustine muzoba mukoze. Muzigamwe n'Uwiteka.
@@UMUCOWERATV2021 murakoze cane
Urakoze cane kumvira ijwi ry'Imana ukatuburira. Imana iduhe inkomezi zo kunesha ibiduhungabanya kugirango ubugingo bwacu buhijwe muri Yesu.
Murakoze
Amen Yesu abahumugisha kandi adutabare cane
P
Amen.murakoze
Yesu adutabaree
Murakoze Can Mukozi Wi'Mana
Merci Beniha
Amena turimubihe bibi pshuro yavuze
😭😭😭🙏🙏🙏
Il y a trios ans?
Turabashiye kubiganiro n'ama msg muduha n'imburi Koko ngire nsabe bishoboka aya ma publicité ararambira cane mwodufasha aya mucishamwo hagati ubutumwa bgatanguye mukayakuramwo kuko hari gihe usanga ibibce utabikurikiranye neza canke mubivangure publicité ukwazo ubutumwa ukwabgo murakoze umugisha w'Imana ubabeko
❤👋
Abacamanza 11:37 ntabwo ari Abacamanza 12:37 kosora ahohantu muhezagirwe.
Yesu amaraso yawe ambonekeko
nm
Vyukuri biteyubwoba nagahinda.
Abacamanza 11:37 lmana iguhezagire cane.
Turangowe abanyavyaha
Turangowe abanyavyaha
Narindagukumbuye Benitha uranyubaka caaane gose IMANA idushoboze kandi IMANA Izaguhe IJURU
Yesu aduhane umugisha utagabanije.Urakoze kumvira mukudushikiriza iyimburi ahasigaye nahacu guteramira ubugingo bwacu.kandi ndasaba abantu bateke gupinga ahubwo beseeching kuri gato na kanini turashobora kuba twarahevye birya vyaha binini ariko ntitwibuke gusaba ngo Yesu atweze kurituryatwaha twogucimanza mumutima,ku raba ibitabereye,ibitebu,kumviriza amajambo mabi,donc kugira intambara zo mumutima rero dusabwa gusaba kwezwa n,amaraso ya Yesu kumwanya kumwanya kuko nimitego satani yadushiriyeho kandi igoye kugirango ya me afise ivyaturega bidahera rero bene Data ahatuhagabire dusabe kwezwa mu maraso ya Yesu no muri mpwemu mw,Imana. Benitha merci bpc.
Benith nari ngukumbuye mama
Imana iguhezagire,nukuri yesu araje,nanje narigeze kumva umengo yesu araje nukuri yesu araje.twitunganye cane
Mana turakwinginze utabare ubwoko bwawe ntiduhonere mubugaragwa
Yesu aguhe umugisha Muvyeyiii !!! hasigaye ah umuntu yumvise iyimburi
Manawe dushoboze ntibyoroshe
Amen
Yesu adutabaree