AMAKURU YA
Вставка
- Опубліковано 18 чер 2024
- AMAKURU YA #VOA #YAKAKANYA 00.06.2024 YIHUTA KU #BURUNDI #RWANDA #CONGO NAYAVURWA KWISI🔴CNL Twitter: CNL80115770?t=d4Q...
_____________________________________________
🔴CNL FB Page: / cnlpolitical
______________________________________________
🔴CNL Group: / 2134881220135640
______________________________________________
🔴Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
🔴Amakuru ya VOA Ijwi ry'Amerika
🔴Amakuru ya Radio RPA
🔴Amakuru ya Radio Inzamba
🔴Amakuru ya Radio Haguruka
🔴Amakuru ya Radio Peace FM
🔴Amakuru ya Radio RTNB
🔴Amakuru ya Radio Inkinzo FM
🔴Amakuru ya Radio Isanganiro
🔴Amakuru ya Radio Umurisho
🔴Amakuru ya Radio Igicaniro
🔴Amakuru y'Ikiganiro Ndondeza
🔴#cnlNews #updats #interviews - Ігри
Turabukunda❤ gusa mujye munatwereka amashusho Yi inkuru murikuvuga👍
murakoze kubiganiro mutuezaho kumunsi kumunsi
Muri aba m23 gusa
Turabasuhuza florentine, ikababaje cane hano mûri kongo n'ukubona ko imbunzi zahunze indambara za M23 masisi na Rutchuro, ziromo zifatwan'abi nogupfa ninzara muncambi zamugunga na bure go, ndentse nikanyaruchinya inyiragongo ! Amani ONG international barimo babesha imisi yose ku ara fatisha ibyokury'a ndentse na mahema, ariko ndibabizane. Birababaje cane ku ona HCR, OIM, PAM nizindizose ntacho bamariye izimbunzi. Mwavuganaga na ALI MUHINDO igoma
Sirire ramaphoza yerekanye ingendo nziza.
BBC radio Salama mumbwirire américain KO na nyinawundi abyara Umuhungu putin yaje Ari igihano kubanyaburayi n'a banyamerika baratingana mbese nabakozi basatani
Munyamakuru wa BBC ndashaka kubabaza ikintu kimwe. Kuki aya mashusho yabasirikare baba Rundi bafuye yama ari kupicture yamakuru yanyu? jewe ndi umurundi kandi mbaha muri Amerika ariko ntangzwa niyi propagande yanyu, None ko mutatwereka ivyabaye muri Kongo nukuvugako ntabanyamakuru mufise yo? nagomba kubona nabandi bafa murizo ntambara ariko werekana uko bukeye nuko bwije abafuye babarundi nibaza kuri kugikorwa kitatunezera washimwe kwararaza abarundi Vyaba vyiza utweretse nabanyaRwanda bafiriye kurugamba , naho niba bibujijwe kubishira kumakuru, Kuki Abarundi aribo mwahisemwo kwerekana ibiziga vyabo?
Muri abasogosi gusa murabesha ntakamaro ko kubumva
KAZE MURANO MAKURU YA BBC, UKANDE KURINO FOTO YANJE TUBANDANY INYUMA YAMAKURU
Turabumva
Ugereje kuvyiyumvira,ivyihindagurika ryibihe ntibitumwa nibikorwa vyabantu kk tugerageje kumviriza ama Histoire yivyagiye biraba ibiza vyaraba kandi atavyo abaantu bakora vyivyo bintu babeshera ngo nivyo bivako. Naje uyumusore nemerana nawe,murakoze kutumenyeshu urworubuga
Frorentine ko asaziye mukazi,? Akwiye ikiruhuko yarakize pe!
Hhhh😂 ntabwo arasada!