NATACHA na B-FACE Ayo Bakoreye LOLILO, DOUBLE JAY, D-ONE, KIRIKOU na FABILOVE muri PARTY Yagatangaza

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 вер 2024
  • #burundi

КОМЕНТАРІ • 85

  • @NsengiyumvaJules-o3j
    @NsengiyumvaJules-o3j Місяць тому +10

    B-face yubahwe kukintuyakozizambia ubu igihugucuburundi murizambia barakimenye Kandi hanini vyavuyekuri b-face yubahwe Natasha wubahwe kabisa❤❤❤

  • @fjri9333
    @fjri9333 Місяць тому +8

    Mana nkunda b face na Natacha cane mwuve ko ndabakunda sindababona amaso kuyandi ndababona kuri caméra ariko mwuve ko ndabakunda 💞💞💞🇧🇮🇧🇮

  • @Sam-mr2go
    @Sam-mr2go Місяць тому +5

    B face Natacha mbakunda kubi❤

  • @stitore2388
    @stitore2388 Місяць тому +4

    B face natacha ndabakunda cane gose ❤❤❤❤ 🥀⚘🌷💐🌺🌹 yemwe nabandi ndabakunda ariko b face natacha mwubahwe kiriku ngo naborewe niwishure ivyo bakubajije kuko wewe urumuyuwayi 😒😒😒😒😒

  • @DusabumukamaYvette-ok6hv
    @DusabumukamaYvette-ok6hv Місяць тому +3

    Ndakunda B face na d one

  • @Alainprincengabirano
    @Alainprincengabirano Місяць тому +3

    Waoooh abantu banje disi❤❤❤Le 03 hazosha ndabarahiye 🔥🔥🔥

  • @CharmentDc
    @CharmentDc Місяць тому +5

    Mbaye uwambere knd nama mba uwambere kura video zaw starboy ngira ambassador wa tv yaw mama❤

  • @user-uc7vw9tn6k
    @user-uc7vw9tn6k Місяць тому

    Star boy hejuru cane.nawe Natacha wakoze gutumira abo ba stars bacu.natacha ni urukundo❤

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl Місяць тому +5

    B-face,oyeeeee nagatangara koyari kuvangaho adatanze umunezero,asha ndazi uzobatwika,ariko mwese aba star bacu turabakunda ubu aho mugeze turashima nta music yohanze ncumviriza cane kubera namwe ubu muratwika,Imana ibahezagire

  • @Nestor800
    @Nestor800 Місяць тому +3

    B face Natasha mbakunda kubi 🔥🔥🔥🔥🔥

  • @user-mk2mt6wi5v
    @user-mk2mt6wi5v Місяць тому +1

    nakubari sana bad man

  • @Fernand_KyGame
    @Fernand_KyGame Місяць тому +3

    Natacha LaBoss Yubahwe Sana ✌ ✌ ✌ ✌ ✌

  • @NiyorugiraGeorge
    @NiyorugiraGeorge Місяць тому +3

    Ndakunda Natacha nab.fc

  • @raphaelngiriyabandi49
    @raphaelngiriyabandi49 Місяць тому +2

    Good job my sister Natacha

  • @cycyskitu
    @cycyskitu Місяць тому +4

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😀😀😀😀😀😀

  • @ZiziBurundiUwamahoro
    @ZiziBurundiUwamahoro Місяць тому

    Courang star boy❤🎉

  • @kingorokingoro-bc6qm
    @kingorokingoro-bc6qm Місяць тому

    Le03🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @IgorMiki-qc4px
    @IgorMiki-qc4px Місяць тому

    Respect Natasha kub wiyumviriy D one 🙌

  • @Vumbi3
    @Vumbi3 Місяць тому +2

    🔥🔥🔥🔥

  • @AbdulMunezero
    @AbdulMunezero Місяць тому

    Muzizi babwire

  • @oscarnininahazwe9101
    @oscarnininahazwe9101 Місяць тому

    Ewaaaa itakuwa ni fire😅😅😅 gsa bface na Natasha biragaragara ko bahuza cane vrt

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Місяць тому

    Lolilo amewashauli vizuri sana

  • @Chaddy257
    @Chaddy257 Місяць тому +1

    B face na Natasha ndabakunda kubi ariko sindababona amaso kuyandi ndababona kuri TV😭😭😭😭 gusa ndabemera sana🙏

  • @NininahazweMediatrice-m1j
    @NininahazweMediatrice-m1j Місяць тому

    Kwel Shaa ibint mbon ar saw

  • @movit_Smart_og
    @movit_Smart_og Місяць тому

    Habuzemwo sat b gusa 🎉but ntibitangaje nta Natasha yari guhamagar sat b turaz kwatamukunda but nbn rek dushim nivyo wakoze vyogushiramw D one❤❤

  • @niyitanganelly8942
    @niyitanganelly8942 Місяць тому +1

    Bash nkunda b face nukur arik seng iman ikomez ikomez ibikorw vyaw

  • @titieloge
    @titieloge Місяць тому +1

    Natacha respect

  • @user-yv4ht2tp9c
    @user-yv4ht2tp9c Місяць тому +2

    Za rya mungu🤣🤣🤣

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx Місяць тому

    ❤❤🎉🎉🎉

  • @nduwimana669
    @nduwimana669 Місяць тому

    La boss 🎉🎉❤

  • @enockneyb
    @enockneyb Місяць тому +1

    Lolilo hejuru cane avuze Ibintu bikomeye

  • @Okm-t2c
    @Okm-t2c Місяць тому

    ❤❤

  • @Sam-mr2go
    @Sam-mr2go Місяць тому +3

    Fabiyora uriyemera ukanshisha

    • @Nestor800
      @Nestor800 Місяць тому +2

      Man ari yemera saana niyompamvu adatera imbere

    • @MireneIrakoze-sm7vl
      @MireneIrakoze-sm7vl Місяць тому

      Kbs none nkivyo ngonibiki gayemwe

  • @OliKubwi
    @OliKubwi Місяць тому

    🔥🔥🔥🔥❤❤❤😊😊😊😊😊

  • @user-hm1id1wu5f
    @user-hm1id1wu5f Місяць тому

    ❤❤❤❤❤

  • @Akilinduwimana
    @Akilinduwimana Місяць тому +1

    Kwl🔥🔥🔥🔥👍🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤣🤣🤣🤣💯hazosha pee

  • @JetaimeBface
    @JetaimeBface Місяць тому +4

    Kiriku aciye aborerwa umubajij ku post yapostinz atuk b face🙉🙉🙉

  • @MrhavertzNtwari
    @MrhavertzNtwari Місяць тому +2

    Natacha ndamukunda

  • @chrisbertrandnyamusa9549
    @chrisbertrandnyamusa9549 Місяць тому +1

    Laboss yubahwe ❤

  • @Sam-mr2go
    @Sam-mr2go Місяць тому +5

    Umu nota wose udahema ubona woca ugiramwo uzi ngene wewe wanka b face wa rofawe

    • @Nestor800
      @Nestor800 Місяць тому +1

      Ahubwo nirofa naho yomara iminota 10 ntibizoca bituma aterimbere cank amenyekana nka b face

    • @MireneIrakoze-sm7vl
      @MireneIrakoze-sm7vl Місяць тому

      Man uwomuntu nihatari uwudahemye konzi acapfa agira yemeze ntigikunda B-face nu Mwami wa Rap,muhema mudahema shauli yako

    • @ffhcgggcjc-ix7fs
      @ffhcgggcjc-ix7fs Місяць тому

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Місяць тому

    Natacha uzamane ugorukundo tuba dushaka ivyo❤❤

  • @jumaciza461
    @jumaciza461 Місяць тому +1

    Lizo

  • @JanetWimanaa
    @JanetWimanaa Місяць тому +1

    Bfc Natacha ndabakunda bfc nugwaragwiwe ndarufana nukuvuga ndumufana ndamukundacane.natasha numwanawumutimamwiza imanimuhumugisha

  • @AzwinayoJeanclaude
    @AzwinayoJeanclaude Місяць тому +1

    Kuri Natasha yakoze amateka,,,,ndanakunze ijambo rya lolilo(be respected)

  • @Enockoffficiall
    @Enockoffficiall Місяць тому +1

    😂😂The sheep Hejuru 🙌🏿🙌🏿

  • @FrancoisNijimbere
    @FrancoisNijimbere Місяць тому +1

    Simbaaa wubahwe nkukunda cne

  • @FabriceNkurunziza-l6f
    @FabriceNkurunziza-l6f Місяць тому

    Waooo Natacha arakoze akantu kamateka yubahw

  • @CRZITHU7
    @CRZITHU7 Місяць тому

    D-oneeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee

  • @DidasNiyosenga
    @DidasNiyosenga Місяць тому +1

    Lolilo wubahwe kumajambo yimpanuro uhaye abastars bacu turashaka kubabona kurundi gwego

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl Місяць тому

    Ni🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @josephofficiel145
    @josephofficiel145 Місяць тому

    Big Interview bro

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Місяць тому

    Natacha ❤❤❤

  • @Nziga257
    @Nziga257 Місяць тому

    Mbe lolilo ntakirundi neza avuga nkumwana muto Niko avuga😂

  • @niyonkuruvincent8221
    @niyonkuruvincent8221 Місяць тому

    B face numunyabwoba wabonye ukuntu akatishije ikibazo bari babajije Natasha iraba b face na fab love iciye ashiramwo ibindi

  • @dodydruceofficial
    @dodydruceofficial Місяць тому

    Natasha la number la Bamba la noma 😂😂Mubibona gt?😳😊😊

  • @Alphajayworldwide
    @Alphajayworldwide Місяць тому

    Lollilo ark aratanga impanuro ark ikirundi n hatali tuu we understand what u saying

  • @SHIMAElla-h3v
    @SHIMAElla-h3v Місяць тому

  • @user-px7bq2ox6x
    @user-px7bq2ox6x Місяць тому

    ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉✌️✌️✌️

  • @Sam-mr2go
    @Sam-mr2go Місяць тому +5

    Kirikou karanshisha ntikubaha mais umusi azosubira kuburira indero B face tuzogukuta mushenzi ,Hama fabiyora nawe ndakwihanije kubahuka B face ukazosubira kumuvugira kuri stage nzogutera itomati nzoza ndazizanye kubwawe umbwa ww

    • @Nestor800
      @Nestor800 Місяць тому +1

      Mani aho turikumwe kwr Fabiola ari yemera ataho aragera

  • @iradukundathierry2609
    @iradukundathierry2609 Місяць тому +1

    Starboy fungura

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Місяць тому

    Nihoturi kabisa turinyuma turacipanga kwer kukomumuzik suwogupha kwijira inkeke zose batwerek akarorero kabisa nzotaha shiziko

  • @user-gt4km7gh3i
    @user-gt4km7gh3i Місяць тому

    Bubahwe bose turabashigikiye

  • @user-nd2kv8co6q
    @user-nd2kv8co6q Місяць тому

    😂😂😂

  • @user-bi1xr5wv1h
    @user-bi1xr5wv1h Місяць тому

    Starboy araho arasamye abandi bariko barakata isosi😂😂😂

  • @Thierryhatungimana-c6z
    @Thierryhatungimana-c6z Місяць тому

    ❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Місяць тому

    Natasha aposawa sana kubahamwe nabasazacu natasha turagukunda zuraha ibiganiro abahungubacu rabankaho turaryohew

  • @GustaveNdacayisaba-le6on
    @GustaveNdacayisaba-le6on Місяць тому

    Sinzobona harageze vrmnt

  • @CyriaqueHatungimana-q5d
    @CyriaqueHatungimana-q5d Місяць тому

    Ubundi Simba abasumba mumutwe nomunyaka

  • @julesakimana7839
    @julesakimana7839 Місяць тому

    Mubwire Natasha ati wubahwe mugo yari kongeramwo umukobwa kuko ibo bagabo bazonamwica 😂

  • @ZiziBurundiUwamahoro
    @ZiziBurundiUwamahoro Місяць тому

    Courang star boy ❤

  • @Ely-j9x
    @Ely-j9x Місяць тому

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @Okm-t2c
    @Okm-t2c Місяць тому

    ❤❤

  • @AbdulMunezero
    @AbdulMunezero Місяць тому

    Muzizi babwire

  • @Sam-mr2go
    @Sam-mr2go Місяць тому +2

    Fabiyora uriyemera ukanshisha

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 Місяць тому

    😂😂😂

  • @jeanclaudeofficial9653
    @jeanclaudeofficial9653 Місяць тому

    ❤❤❤❤