Merci beaucoup à notre AFRO CONGO Innoss’b karibu kwa BURUNDI , tout les Congolais et Burundais Ensemble pour la paix, pour la Development de nos population 🇨🇩❤🇧🇮
Ubu you tubeur bwo muburundi umenga ntamitima bugira, ejo uzobona bashirako concert ngo raba ingene yahaturiye, uwo ndazi ko muburundi bwose atabantu 1k bazi imiziki yiwe, murisembaaaa Mana hamwe numva munduhishije, rya bike muryame kare ariko muhe icubakiro aba star bacu mukwerekena ko bari hejuru, niho nahandi bazobubaha
Igishurushuru n'igihunda part 4👇🏼
ua-cam.com/video/3LpZX85qXnA/v-deo.htmlsi=Znu5mD3vjREl4iim
Welcome to Burundi inno ….burundians we love u
Innoss'B respects sana ukoze interview utakwishima kurimwo bro
Merci beaucoup à notre AFRO CONGO Innoss’b karibu kwa BURUNDI , tout les Congolais et Burundais Ensemble pour la paix, pour la Development de nos population 🇨🇩❤🇧🇮
Innossb❤❤❤❤❤we love you 😊
Dj paulin big respect urumugabo kweli big up de belgique
Karibu Inoss'B. Kaze tukwakire cane
Courage and big up to pollin
Baheeee muta🔥🔥@african tv
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇨🇩🇨🇩
Quel journaliste Quel français?tu fais hote vraiment
Mbega ibiswahili 😂
🎉
Ngo numuntu mwiza 😢😢😢
Ubu you tubeur bwo muburundi umenga ntamitima bugira, ejo uzobona bashirako concert ngo raba ingene yahaturiye, uwo ndazi ko muburundi bwose atabantu 1k bazi imiziki yiwe, murisembaaaa Mana hamwe numva munduhishije, rya bike muryame kare ariko muhe icubakiro aba star bacu mukwerekena ko bari hejuru, niho nahandi bazobubaha
Swataa yapole ngiyo
Umudimudimu yubahwe kbsa
Molodoi🐅🐅
Franck igiswahili sikirenga eti balundi😢😢😢
🤣🤣🤣🤣
African TV🇧🇮🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇧🇮🇧🇮🇧🇮 tuza kuba duhari
Ati umusani azwi kwisi yosee ???mana yanje
Ego Innoss ari international, baza umenye
Wew uko mtoto kuriko wasan wa burindi km big fizzo nakina fally wanamujuaga
Kwa myaka ndio ila kubingine apana
Vuga witonz mukuvug urahurudoka
None mu burundi ninde musani bakorana ... Bidondo 😂😂😂
Mvugisha ukuri uyu Sinoza kumuraba Jew ntamuziki wa congo nkunda
NTAKIBAZO, NI DROIT YAWE, ARIKO ABANTU BOSE BARAZI KO CONGO KUVA KERA ARIYO BERCEAU MUSICAL, Même Kasongo yeye vient du congo depuis les Années 60,
Muri mbwa ntimuzi igi swahili
Non hoho uyu yaririmvye indirimbo iyahe hoho basha uyo mudimu dimu azotuzanira vyishi
Wewe uba muri iyi isi cange ?
@@AudaceSabu innosb est une star i connue mondialement ivyo uwutabizi nuwudakurikira ivyumuziki......
Sha uburundi bwacu nabwo bwaragowe non uyu numusani bazana mugihugu cacu kweli umu bono nkuyo
🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂Ibaze nukur ikikigabo ngo nimudimudim ntaco kitazotuzanir 😢😢😢
Why uvuga uhezagurika man??
Biri buzzard kwumviriza ingene uvuga
African TV🇧🇮🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇧🇮🇧🇮🇧🇮 tuza kuba duhari