Jean Luc Impfuranziza urakwiriye agashimwe wallah! Iwacu turagukunda! Nitwahura tuzokugwa munda twongere tuguhe nagashimwe!!!! You are the greatest Mr the journalist!
J luc ndakwemera kbs commentaire zawe ziba zirmo ubwenge niyo mpanvu nzikunda kurireba no kuzunva kbs keep it up bro!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! big up kuri tv/radio 10 nibakubura bazaba babuze umunyamakuru kbs
Ibiganiro nkibi kumpande zose vyodufasha kumva ko turi bamwe abarundi n'abaturanyi bo hakurya ya kanyaru. Tv10 murakoze cane. Specialement jean luc. Komeza kuba imfura nkuko izina ariryo muntu!!
Jean Luc Impfuranziza urakwiriye agashimwe wallah! Iwacu turagukunda! Nitwahura tuzokugwa munda twongere tuguhe nagashimwe!!!! You are the greatest Mr the journalist!
Nukuri iyi video mbuz uko ndayivuga amosozi niyandenze yonyene ndagushimiy Luc Imana igukomeze mbifash nkaho uburundi nurwanda kandi burundi turakunda urwanda ndavuga ikindimwo kuko nje ndakunda urwanda kukaba nkako ntakindi gihugu dusangiyururimi iyi video inyerets kandi inyijeje ko uburundi nurwanda tuzosubira gusangira akabisi nagahiye Imana ihezagire uburundi nu rwanda
Long live Africa,
Long live Burundi
Thank you TV10, I'm proud of you Jean Luc.
ndagukunze caaane ico gikogwa wagikoranye urukundo, le foot est un seul médiateur rwanda burundi 😍😍🇧🇮🇷🇼❤
merci radio tv 10.love from burundi
🇧🇮+🇷🇼+⚽️=🏆🌟💕...Ndakunda cane ibi bihugu. One proud Burundian!
I can't stop to watch this for sure 🇧🇮💪
Nabandi bakwigireho uburyo usesengura bitanga icyizere cyiza ku barundi na banyarwanda bra pour l’équipe de Burundaise tubarinyuma
Grand reportage merci
Tu mérite d'être félicité ! merci Jean Luc
Il faut construire un grand stade pour eux, en guise de récompense et promouvoir le football en Burundi
Merci beaucoup Jean Luc
Un très bon documentaire.merci TV 10
Urakoze uduhaye ishusho yibyushimo byabavandimwe babarundi brovo.j luc
Thank you Jean Luc,
Thank you Radio and TV 10
Uwomunyamakuru agarutse buja atubwire azasange twamwokereje umukeke na amuster
IYO TELEVISION NDAYIKUNZE AHUBWO NIHUZE UBURUNDI NURWANDA TWONGERE TUGENDERANIRE
Ntaco dupfa mu bisanzwe abarundi n'abanyarwanda turi abavukanyi,dusangiyd ururimi,twahanye abageni...Ni ibere ryayaze.
merci bcp jean luc
🇧🇮Burundi mon pays, I Love You👍
Thank you jean Luc muduhamakuru meza cyane courage mukazi kawe
Iyi documentaire iraryoshe cane
Ni ho nkibona umunyarwanda avuga ukuri,afise ikinyabupfura.
Hey..... You are cute girl
Rahma Rahma salut
Merci bcp
woow documentaire nziza caane
Wakoze neza cane ivyo bituma abarundi nabanyarwanda tubabamwe
💪Jean Luc Imfurayacu🇧🇮🇷🇼
très professionnel
Ur professionnel kbsa...Rwanda-urundi
J luc ndakwemera kbs commentaire zawe ziba zirmo ubwenge niyo mpanvu nzikunda kurireba no kuzunva kbs keep it up bro!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! big up kuri tv/radio 10 nibakubura bazaba babuze umunyamakuru kbs
Iki kiganiro canyi gikoranye ubunyamwuga.Mukomere
u Rwanda n'Uburundi nabavandimwe. Ingorane za politique zikwiye kuhava tugasubira kubana nkabavukanyi bukuri
RadioTV10 Ndaryohewe cane niyi documentaire yanyu.Courage
you are professional....
Turashimye ukuntu radio na television 10 vyo mugihugu curwanda vyaje kwifatanya natwe abarundi mururu rukino,imana ibandanye ibagirira neza cane 😎😎
muri abantu b'abagabo turabakunda caneeee
Umunyamakuru mwiza,atangaza neza,amakuru meza,imfura nziza
Ese wofasha bino bihugu bibiri bigasubiza hamwe.ndiyumvise kugukunda pee
urumunyamakuru mwiza canee uvuga ukuri
RIP Papy, from DRC.
ndagunz p,wakoz igikorw ciza cn.nokubna nogushimira.
Hahaha haha.documentaire yamateka
History was made
👍🏾✊🏾🇧🇮
urwandan'urundi: voila l'origine.
Ibiganiro nkibi kumpande zose vyodufasha kumva ko turi bamwe abarundi n'abaturanyi bo hakurya ya kanyaru. Tv10 murakoze cane. Specialement jean luc. Komeza kuba imfura nkuko izina ariryo muntu!!
Jean lucky ndakwemeye cyane udukoreye umuti kabisa kandi abarundi n'abanyarwanda turibamwe
Amashiiiiiiiiiiiii Meshiiii
Kagame
Nice to see Burundi in Africa cup of nationa
Burundi mont peys love yuo
Mais, une fois à la CAN, vous n'avez même pas marqué un seul but : 3 matchs joués, 3 défaites, avec des valises de buts !!!
Intamba Murugamba.
Ubivuze neza cane.Uri umumenyeshamakuru w ukuri
🇧🇮💪💪💪💯💯
Abatabemera izabemeza
chikombe cha africa, tz Burundi, uganda, murungu,,,,,
vyiza cne
ndabakunze vrt
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
ikiganiro cari kirekire ariko sinarambiwe kuko ubuhinga ubwenge nukuri birimwo
duuhhh doocumentaire yamateka nmekubali
J luc vrt , uri inyenyeri mu mwuga wawe, nabandi bakurebereho j luc dukeneye kukumva kubitangaza makuri bikomeye kw'isi ! Kuko urashoboye pe!
TB reportage
Analyse nziza cane yumu professionnel ni vyiza!!!
🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦🇬🇦💥💥💥💥💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾💪🏾Can 2021 on casse tout
👏🏽👏🏽 what is the name of the song at 5min please ?
Urugendo by kidum
ua-cam.com/video/zckQ63boQCU/v-deo.html
Amavubi arananiwe pe, n ukuntu tubaha amafaranga menshi. stade amahoro bazayihingemo icyayi, ba Tibingana babahe amasuka
Alguien en Español?
Kbs mwakoze byiza ariko nubu murasubireyo
uyu musore arabizi kabisa! ati :" obameyang tumukubite tumwihanize! "
kuki mana toremankamwe cumi hama sigakira
Butundi oyeeh
Turashimiye TV10 yaje kwerekana urukino
Ego vrmt, Jean Luc ndagushimiye vy'imvamutima
RIP Pappy Fatty
🇧🇮+🇷🇼+⚽️=🏆🌟💕...Ndakunda cane ibi bihugu. One proud Burundian!