😢Ngibi Ibintu Vyatumye Duhagarika Youtube

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 26 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 186

  • @fabricenizigiyimana2656
    @fabricenizigiyimana2656 6 місяців тому +6

    Nicko Junior uravuze ahantu hinzara mokuburara mbona umenga urakoroye amosozi 😢😢😢ariko bibaho nukuri vyose bizahera vyose nikubwuhoraho ariko ndagushimira hariho igihe wamfashije ufasha numuryango wanje kuri challenge yabaye nubwo ntarindimwo mwihiganwa ariko uwomusi waransavye lumicash yanje twari tugiye kuburara ariko uwomusi twarabandanije tubaho bivuye kubwumutima wawe wahoranye Imana igukomeze diiiiii natwe turagukunda felicitation🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤

  • @desirehabogorimana5542
    @desirehabogorimana5542 6 місяців тому +2

    Turashimira Imana yatumye tukumenya👏👏👏👏 natwe tuzokumenyesha abandi kugira ibikorwa vyawe bishikire benshi kandi bize bibafashe mubuzima bwabo bwa misi yose. I wish you more Peace , Chance and success muvyo ukora vyose. God bless you so much🙏🙏🙏🙏🙏

  • @JamesShabani-wh6ut
    @JamesShabani-wh6ut 6 місяців тому +10

    Abakwemera nkanje mumpe like zanje

  • @ClémentNahimana-u4f
    @ClémentNahimana-u4f 6 місяців тому +2

    Jeep shining Bro

  • @IGIRANEZAfleury-ll5he
    @IGIRANEZAfleury-ll5he 6 місяців тому +2

    inyigisho zanyu zokuzamura abandi mukubereka inzira kugira nabo bashike kwihangiro nibintu bitamenyerewe nabeshi ariko vyose nimana ibidushoboza .much love for you leader

  • @SonBoy257
    @SonBoy257 6 місяців тому +3

    Niko ndi mubantu bagukurikira cane vraiment ndashima inyigisho uduha kandi zitugirira akamaro vraiment ahuri hose wubahwe uracari uwambere yitaho abenegihugu ❤❤❤❤🙏🙏🙏🙏

    • @Nickojunior
      @Nickojunior  6 місяців тому

      Murakoze cane imana inampezagirire 🙏

  • @AgaciroMediatv257
    @AgaciroMediatv257 6 місяців тому +3

    Komera cane Big Brother NICKO
    Ndi Homme du Changement nanje ndagushimira warandeze mu mwuga
    Mwarakoze cane

    • @Nickojunior
      @Nickojunior  6 місяців тому +1

      Murakoze gushima mutama ! Komeza usonga mbere nivyo tubipfurije kandi turavyizeye ko muzoshika kuntego mwihaye

  • @nsengimanaaime5
    @nsengimanaaime5 6 місяців тому +1

    Tubandanya tuguhunda amashurwe yawe mutama❤❤❤

  • @CedrickNiragira
    @CedrickNiragira 6 місяців тому +1

    Keep shine

  • @ihuriroGroup
    @ihuriroGroup 5 місяців тому +1

  • @IgiranezaOlivier791
    @IgiranezaOlivier791 6 місяців тому +2

    Keep up bro✌️✌️✌️✌️

  • @md1030
    @md1030 6 місяців тому +1

    Courage🎉

  • @julius875
    @julius875 6 місяців тому +2

    Courage brother

  • @Burundi.best.pictures
    @Burundi.best.pictures 6 місяців тому +1

    Nicko junior turakwemer can

  • @euphraimvyizigiro9208
    @euphraimvyizigiro9208 6 місяців тому +1

    Turakumva

  • @fabricenizigiyimana2656
    @fabricenizigiyimana2656 6 місяців тому +4

    I'm here now❤❤❤🎉umwanya nikibazo mutama ariko tuguma tugutegereje 🎉🎉🎉

  • @burundi20Carmel-on2qi
    @burundi20Carmel-on2qi 6 місяців тому +3

    Nicko ngukundira umutma mwiza ufise pe ubundi umutma ufise ugira bake pe ugafasha abantu utabazi kubw'ubumuntu muriwewe pe so May Jah Be with You ,Imana ihaze ivyipfuzo vy'umutima wawe pe

  • @desirehabogorimana5542
    @desirehabogorimana5542 6 місяців тому +3

    Welcome @Nicko junior

  • @geeryboyoffiacial
    @geeryboyoffiacial 6 місяців тому +1

    Ndakwemera boss

  • @OnesphoreTuyisabe-jc2jh
    @OnesphoreTuyisabe-jc2jh 6 місяців тому +1

    Vyiza cane ❤

  • @hubertofficial5544
    @hubertofficial5544 6 місяців тому +1

    Baguhe amashurwe yawe bwana nicko junior

  • @evrardniyubahwe1895
    @evrardniyubahwe1895 6 місяців тому +2

    Keep up the good work 🙏🙏🙏💪

  • @armelishemezwe
    @armelishemezwe 6 місяців тому +1

    neza cn nicko

  • @bebestonesime3487
    @bebestonesime3487 6 місяців тому +3

    Turakwemer cnee wubahwe❤❤❤❤

  • @bimenyimanasamuel-yu9nf
    @bimenyimanasamuel-yu9nf 6 місяців тому +2

    Courage junior

  • @tech-c1058
    @tech-c1058 6 місяців тому +2

    Nicko junior, nubwo ntararonka ifanta yawe, ndakunda kugurikirana cane.
    Ariko narigeze kugusaba vidéo yukuntu umuntu yogura Online bikamushikira ari ngaha muri Africa.
    Merci beaucoup mon frère

  • @wizthetiger
    @wizthetiger 6 місяців тому +2

    Ndakwemera sn

  • @IrakozeEric-qe6xh
    @IrakozeEric-qe6xh 6 місяців тому +4

    Birakomeye kweli 💔😒

  • @situtiezekiel257
    @situtiezekiel257 6 місяців тому +2

    Turahari kandi turakwemera. Urakarorero keza

  • @hawanibarere-mb1tm
    @hawanibarere-mb1tm 6 місяців тому +2

    Umutima wumuntu niwutuma atanga naho wobukorera meshi nayiwawe ntitwoyagutegekako kuko harabafise meshi can ariko atanumuntu bogurira amazi 🤔🤔Imana iguhezagire di boss wacu turagukunda❤❤❤🌹🥀🌷

    • @Nickojunior
      @Nickojunior  6 місяців тому +2

      Mbe wagiyehe ko nakubuze?? 🥲

    • @hawanibarere-mb1tm
      @hawanibarere-mb1tm 6 місяців тому

      @@Nickojunior boss ubuzima ntuziko bugoy ivyanj nibirebire urabura unyibuke muhungu ni danger ubumboneka nabi nabi kbsa👏👏

  • @vallesndayishimiye2396
    @vallesndayishimiye2396 6 місяців тому +2

    ❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @desirehabogorimana5542
    @desirehabogorimana5542 6 місяців тому +2

    Nicko junior le vrai patriote🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @Bellairadukunda
    @Bellairadukunda 6 місяців тому

    May god bless you more than bless others ❤🙏🙏
    Ahubwo ntakuntu woja urashirako movies🎥🎥

  • @ntizzolehardi1914
    @ntizzolehardi1914 6 місяців тому +2

    Komera mzee❤

  • @NdayizeyePacifique-l4y
    @NdayizeyePacifique-l4y 6 місяців тому +2

    Vyiza cane Junior, komerezaho turikumwe nawe oneHundred per cent

  • @horaceirahoza1853
    @horaceirahoza1853 6 місяців тому +2

    Courage muta

  • @FabriceNdayikengurukiye-g3s
    @FabriceNdayikengurukiye-g3s 6 місяців тому +4

    Je ndi mushasha umugenzi niwe akumbwiye. Du moins ndavye ivyo yambwiy vyatumye ndagukunda. Nkunda abantu nkawe Imana ikumpere ijuru. Amen. Ufise umutima mwiza

    • @Nickojunior
      @Nickojunior  6 місяців тому +1

      Imana ikomeze kubana namwe 🙏

  • @icihebeog
    @icihebeog 6 місяців тому +4

    No1 mump izo like🎉

  • @CedricniyomwungereCedric-fj6gy
    @CedricniyomwungereCedric-fj6gy 6 місяців тому +3

    Different

  • @MrLewis257
    @MrLewis257 6 місяців тому +1

    I Love you Junior 😭😭

  • @mugishayves8536
    @mugishayves8536 6 місяців тому +2

    Natwe turagukunda, ONE LOVE✌️💗

  • @awilliambigmaster3199
    @awilliambigmaster3199 6 місяців тому +1

    Ubuzima burahinduka Nico gituma tutohemuka ku Mana inzara urayivyukana bugaca ukisanga wafunguye ugasigaza.Courage Junior

  • @FaustineTuyisenge-mo8vx
    @FaustineTuyisenge-mo8vx 6 місяців тому +2

    🎉🎉🎉🎉

  • @methodnkundumukiza6367
    @methodnkundumukiza6367 6 місяців тому +1

    Helo

  • @NishimweChris-mf5ue
    @NishimweChris-mf5ue 6 місяців тому +1

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @delgaelbross-fb6og
    @delgaelbross-fb6og 6 місяців тому +1

    Imana ikutuzigamire yongere izigame n'Uburundi bwacu

  • @abdkgb8505
    @abdkgb8505 6 місяців тому

    Shukran

  • @gacekearsene479
    @gacekearsene479 6 місяців тому +1

    WAOUH, Ijambo ryinshi mutama Nicko Junior hama nivyo umwanya uragoge gusa vyose bizokunda!

  • @ericgikundiro
    @ericgikundiro 6 місяців тому +1

    Courage Mr Nicko gusa wumveko twe dukorera cane kuri UA-cam yaw utarigera uturemera nka encouragement kwl knd tugaruka kenshi

  • @elmirofabione2985
    @elmirofabione2985 6 місяців тому +1

    Nah maze ibihe vyishi ndagukurikirana ariko sishikigwe ariko sicika intege nanj ndaz yuko hariho umusi nimwirambire batama❤

  • @EzechielNdihokubwayo-ji9dw
    @EzechielNdihokubwayo-ji9dw 6 місяців тому +1

    Wewe nisawa ubikora neza cane nicko junior.iyo ndonse mega ndakunda ibikorwa vyawe

  • @methodnkundumukiza6367
    @methodnkundumukiza6367 6 місяців тому

    WE love you too♥️🤜🤛

  • @NshimirimanaRenovat-ux2wl
    @NshimirimanaRenovat-ux2wl 6 місяців тому +1

    Natwe turagukunda mutama IMANA Ibandanye Iguhezagira

  • @NshimirimanaMarcien
    @NshimirimanaMarcien 3 місяці тому

    Murakoze cyane! Wahisemwo neza kugira uje urafasha abantu , ubaha amahera, uwo n'umutima w'urukundo ufise. Sivyabose . Ugira neza kuko ufasha kabiri ati gute: mubiyago umuntu akuramwo inyigisho hama ukamuhemba. Wahisemwo neza kuko ukora iciza ukagisanga imbere. Bandanya ugira umutima w'urukundo.

  • @desirehabogorimana5542
    @desirehabogorimana5542 6 місяців тому +1

    Tukuri inyuma mubikorwa vyawe mutama

  • @Python2019
    @Python2019 6 місяців тому +1

    komera komera bwana nicko

  • @kimross5979
    @kimross5979 6 місяців тому +1

    Kabisa nicko junior turinyumz yawe mutama wamateka

  • @egidelighttv1952
    @egidelighttv1952 6 місяців тому +1

    Tuko hapa

  • @DarleneNahayo-sh8ep
    @DarleneNahayo-sh8ep 6 місяців тому +1

    Natwe turagukunda di boss wacu❤

  • @eliemuhayimana4630
    @eliemuhayimana4630 6 місяців тому +1

    Ewana,ur'umwe kabs

  • @SylvainNDIKUMANA
    @SylvainNDIKUMANA 6 місяців тому

    Komera mutama. Hama abavuga amajambo yo kuguca intege nibabandanye bata umwanya...Je ndabona neza k'uri umuntu w'umugabo. Kandi ufitiye akamaro abagukurikirana....we ❤❤❤❤ you!

  • @BornBoy-nh3lr
    @BornBoy-nh3lr 6 місяців тому +1

    Good mwarahezagiwe

  • @nduwimanainnocent3882
    @nduwimanainnocent3882 6 місяців тому

    Mwubahwe

  • @desirehabogorimana5542
    @desirehabogorimana5542 6 місяців тому +2

    Ubandanye uhezagirwa cane🌹🌹🌹🌹🌹

  • @NiyogushimaDesire
    @NiyogushimaDesire 6 місяців тому

    Ndakwemera sana mon frère xo kure
    Cane gashoboka nihonkwipfuriza gushika❤

  • @samychannel968
    @samychannel968 6 місяців тому

    @nicko junior keep shanning my brother, ,imbere ni heza never giver up

  • @onlinebusiness87
    @onlinebusiness87 6 місяців тому

    Thank you 💕 my brother l'm Ahishakiye Bienvenue from 🇧🇮 Eden

  • @AlexMuco-vz3sk
    @AlexMuco-vz3sk 6 місяців тому

    👏👏👏👏👏songa mbele Baba

  • @desirehabogorimana5542
    @desirehabogorimana5542 6 місяців тому +3

    I'm online now

  • @Lilpipene
    @Lilpipene 6 місяців тому +5

    Ww urafasha cane umuntu ataragire s'abonne yarahonvye nubu aracahomba vrmt turakwemera

  • @anniegrace3512
    @anniegrace3512 6 місяців тому

    Ivyo ukora umusaruro wavyo uzobumugisha kubazogukomokako💪💪

  • @animalslife_1-g
    @animalslife_1-g 6 місяців тому

    More love from Nduta camp Nicko Junior❤❤

  • @IGIRANEZAfleury-ll5he
    @IGIRANEZAfleury-ll5he 6 місяців тому

    thanks turagushimira kukuntu uguma uriko uratanga inyigisho zakamaro

  • @JohnJojowalker-fo1rp
    @JohnJojowalker-fo1rp 6 місяців тому +1

    Garuka mutama wongere uduhe inyigisho kugira natwe turabeko twokwitez'imbere erga izi mbuga naho tuzijako usanga ari kwishimisha gsa tutazi akamaro kazi💝

    • @Nickojunior
      @Nickojunior  6 місяців тому +2

      Nacane cane ❤️ tutabikora soon

  • @NJS-Sports
    @NJS-Sports 6 місяців тому

    Muta Courage kbx natwe turinyuma yawe Kandi tuzokor ivy dushoboye kugira urubuga rwacu router ruja imbere

  • @young_b_klos_bdi
    @young_b_klos_bdi 6 місяців тому

    Mukomera cyan turabakunda
    #Young_b_klos

  • @nahimh
    @nahimh 6 місяців тому

    Courage sana

  • @girukwishakajerome1316
    @girukwishakajerome1316 6 місяців тому +2

    Komera bwana Nicko turahari

  • @CedrickNiragira
    @CedrickNiragira 6 місяців тому

    Bro keep shine

  • @jeandarchabimana6128
    @jeandarchabimana6128 6 місяців тому

    Courage

  • @burundi20Carmel-on2qi
    @burundi20Carmel-on2qi 6 місяців тому

    Aka kantu k'inzara😢 vrt
    Arko twizeye Imana pe
    Bizoheraaa pe

  • @baranos5549
    @baranos5549 6 місяців тому

    Komer cane mwenewacu👏

  • @evrardniyubahwe1895
    @evrardniyubahwe1895 6 місяців тому

    Kure hashoboka Musaza🙏🙏🙏💪

  • @burundi20Carmel-on2qi
    @burundi20Carmel-on2qi 6 місяців тому

    Yoooh Brother War waraduhevy pe

  • @meilleursopportunites5959
    @meilleursopportunites5959 6 місяців тому

    Merci natwe turagukunda

  • @Aimable48
    @Aimable48 6 місяців тому +2

    Umuntu wacu cane🎉🎉

    • @Aimable48
      @Aimable48 6 місяців тому

      Mutama ndashaka numéro zawe ico tuvugana 🤦

  • @ChadrackGashirahamwe-v2n
    @ChadrackGashirahamwe-v2n 6 місяців тому +1

    Turahar kubwaw mutam junior

  • @hakizimanafulgence1019
    @hakizimanafulgence1019 6 місяців тому

    Courage chf

  • @AristideNiyomwungere-lt7fr
    @AristideNiyomwungere-lt7fr 6 місяців тому

    Ukomeze utera intambwe mutama wacu ❤❤

  • @elpromoter93
    @elpromoter93 6 місяців тому

    Courage mutama wnj

  • @Benbarek22
    @Benbarek22 6 місяців тому

    Courage❤

  • @nahimh
    @nahimh 6 місяців тому

    Courage le grad

  • @ericgikundiro
    @ericgikundiro 6 місяців тому

    Kwl ❤🎉

  • @NdayikejeVianney-jc7uu
    @NdayikejeVianney-jc7uu 6 місяців тому +1

    Komera

  • @Vianney2003
    @Vianney2003 6 місяців тому

    Imana ikutuzigamire Mutama Wacu 🙏🙏🙏

  • @burundi20Carmel-on2qi
    @burundi20Carmel-on2qi 6 місяців тому

    Egooo Junior wee yamipiraa😊😊

  • @diallo-gg7gi
    @diallo-gg7gi 6 місяців тому

    Nicko junior turakunda ibikorwa vyawe nubwo ntaratsinda chalenge

  • @MugishaElvis-se5vw
    @MugishaElvis-se5vw 6 місяців тому

    We are with u 🎉

  • @AmJustinKABURA
    @AmJustinKABURA 6 місяців тому

    Good

  • @yvannirema3075
    @yvannirema3075 6 місяців тому

    Natwe turagukunda diii