Adonai Praise Music still on fire in 2019, be blessed guys, indirimbo zanyu ziraduhezagira cane.. 2007-2019 ndacayumviriza kabisa.. Uburyohe ni bwabundi nyene
May the Lord bless you guys for putting it on UA-cam. I've really missed these great servants of God. Iyi ndirimbo irakomeye. Irankoreho. Iman'ibagezagire cane.
Aleluya Imana yacu n’Imana yumva kandi yishura Aho umwana w’umuntu ananiriwe, vyukuri jewe narayibonye inkorera ibikomeye ijambo ryayo rivuga muri yeremiya 33:3 riti mpamagara nanje ndakwitaba ndakwereke ibahambaye n’ivyikinze ivyo utari bwamenye Amen 🙏 hama Imanaihezagire Compositrice Ndayiragije Hélène Imana mukumuha ihishurirwa biciye muriyi ndirimbo
Amen Amen👏 urimana yunva kandi yisyishura Ahumwana wumunt Ananiriw.
Ibahafi abafise imitima imenetse ni Mana yunva pee 🙌🙌🙌🙌iyindirimbo irandema busha
Imana irumva pe, iyi ndirimbo nigisubizo canje
Uri Mana yumva uri Imana yishura yaa hallelujah habwicubahiro Mana
Bakoze neza mu gihe cabo! Barakoze kuduha iyi ndirimbo
Irumva nukuri ndabihamy1
MAna yanje Mana yanje ndakunda iyi choir cane yaramfashj murugendo rwagakiza rwanje
Ntakiyinanira pe
GOD BLESS YOU SO MUCH for putting the song on youtube! Ndabakumbuye cane... muntahirize na pastor ROMAIN. Imana ikomeze kubagura ndabakunda
Adonai Praise Music still on fire in 2019, be blessed guys, indirimbo zanyu ziraduhezagira cane.. 2007-2019 ndacayumviriza kabisa.. Uburyohe ni bwabundi nyene
Jolie chanson,uri mana yushura vyukuri
Amen ur’Imana yumva kandi yishura. Thank you Jesus 🙏🙏🙏🙏
❤❤❤❤
May the Lord bless you guys for putting it on UA-cam. I've really missed these great servants of God. Iyi ndirimbo irakomeye. Irankoreho. Iman'ibagezagire cane.
Amen
Amena
❤❤❤amen 🙏🙏
S'umwana w'umuntu irumva mwami ndagushimiye yesu kuvyokora amennnnnn
Reka ngucwa intègre kuko yesu arashoboye yaravuze mpamagara ndakwitaba
Ni Imana yumva pe
2024 Iracari Imana Yumva Kandi Ikishura.
Amen halleluya
Nimana yumva vyukuri
Iyindirimbo irankozeho
Murakoze
very powerful song, from Tanzania
For real bro
@@ndayizeyesygisbert7748 yeah really, I feel good when I listen up your songs
Amen soyez bénis
Amina amina
Amen