BREAKING:INAMA ISOZA INTAMBARA NTIKIBAYE KUBERA PUTIN🔥ARAHURA NA PEREZIDA WA IRAN BAVUGUTE UMUTI✍️

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 28

  • @ihimbazweyabex
    @ihimbazweyabex 6 годин тому +3

    Nkunda ubusesenguzibwawe

  • @innocentniyonkuru9809
    @innocentniyonkuru9809 14 годин тому

    Ibujumbura ndabumva 5/5
    Yves ndashaka ishuli mugihugu 1 murivyo muvuze mrc

  • @amanitoto258
    @amanitoto258 4 години тому +1

    Kubumva bituma menya neza ukuri kwibiriho courage

  • @niyonkurugerard-l3i
    @niyonkurugerard-l3i 15 годин тому +4

    Yves ndaguku nda cane, kandi ndakunda iki kiganiro cawe cane ariiko ja ugabanya inkuru wibande kunkuru nyamukuru

  • @andybirman3363
    @andybirman3363 12 годин тому

    Keep it up

  • @nohelijeanpierre9530
    @nohelijeanpierre9530 7 годин тому

    Yves, icyogiterezo nicyaba arikiza kuko Russia yabavigambaniye abasirikare bayo na donbas

  • @TwizerimanaEvode-ms6dt
    @TwizerimanaEvode-ms6dt 4 години тому

    ❤😂 lemonte idahari😂 Yves weeee😂😂! Uzi kuganira no gusobanura neza

  • @TheophileRutikanga
    @TheophileRutikanga 12 годин тому

    Guterana intwaro kirimbuzi byoroshye kurusha guterana ibipfunsi byo mumaso.......

  • @horanimanaleonard
    @horanimanaleonard 5 годин тому

    Nkubu titre watanze siyo uvuzeko.Uriko uratakaza crédibilité

  • @JeanparfaitNtiranyibagira
    @JeanparfaitNtiranyibagira 14 годин тому

    Murakoze cane kumakuru muduha brothers!! So ndabasaba muzoduhe amakuru nombre yindege F16 Ukraine baribayihaye nizisigaye haruwo numvanye amakuru yuko zarasiwe mububiko muradutohorer ayomakuru mwe turabemera cane!!

  • @ntawuhiganayotheogene2639
    @ntawuhiganayotheogene2639 15 годин тому +4

    Uzadusobanuriere impamvu uburusiya atarasa kwazeresyi iwe murugo cy,muri ofise yiwe?

    • @ndayambajemartin7986
      @ndayambajemartin7986 15 годин тому +2

      Abarusiya bazi neza ko intambara barwana atari zerensky wayiteye❤ kumugaba ho igitero siwo muti w'ikibazo kiriho ibyo babizi neza.

  • @ericnzambimana4336
    @ericnzambimana4336 14 годин тому

    Uzi ukuntu igene ukore imvugo mbabarira amatwi vraiment ukantwenza

  • @NdagijimanaCelestin-hn8vg
    @NdagijimanaCelestin-hn8vg 15 годин тому

    Bahungu bange murakoze ejo mutubwire ingaruka z'isubikwa ry'urugendo rwa Bayiden muri Angora harateganywa iki?

  • @LinoNiyobisabwa-z5v
    @LinoNiyobisabwa-z5v 14 годин тому

    bandanya uduhamakuru yumwibahwa wacu putine

  • @InnocentTuyishimire-q9n
    @InnocentTuyishimire-q9n 8 годин тому

    Turakwikirije bwana Yves

  • @HakizimanaFelix-mu2vx
    @HakizimanaFelix-mu2vx 15 годин тому

    Le 18 byo ibigo bya leta haribibabyahebye kbs

  • @shifanimuminu3253
    @shifanimuminu3253 16 годин тому +1

    Bawuvugut nez bikiz abanz ariko ngo president wa Cameron yitabye imana ntamakur waturusha

    • @NtakiyimanaEmanueli
      @NtakiyimanaEmanueli 15 годин тому

      Yanze imigati yomubufarasa

    • @shifanimuminu3253
      @shifanimuminu3253 15 годин тому

      @@NtakiyimanaEmanueli nukur d nibapfe Wenda ibibisaz biyoboh Africa nibigabanuk ntibazonger kujy badukand cyane

  • @NeyimanaJules
    @NeyimanaJules 16 годин тому

  • @fredfila2953
    @fredfila2953 7 годин тому

    Umukobwa ushirisoni ndamureba akanshisha nubushacye bugashira

  • @horanimanaleonard
    @horanimanaleonard 5 годин тому

    Yves,nama ngusaba ko uja directement ku ntumbero ukagabanya blague,kuko aba followers si bose bafise umwanya wavyo.Basi ba ubiherukiramwo.

  • @emmanuelnijimbere490
    @emmanuelnijimbere490 7 годин тому

    Buja 2riku1 5/5

  • @bigirimanaAaron-fb8ot
    @bigirimanaAaron-fb8ot 12 годин тому

    yves bamukora icabazanye murashobor kumar 20min mutwenga ubusa nkahumenga aba follozi banyu ce sont des bidons à explorer,,,hama mutange titre ihuye na emission mwateguye ntimu profite vues..

  • @NDIHOKUBWAYOSaleh
    @NDIHOKUBWAYOSaleh 6 годин тому

    Ndabumba

  • @innocentniyonkuru9809
    @innocentniyonkuru9809 14 годин тому

    Ibujumbura ndabumva 5/5
    Yves ndashaka ishuli mugihugu 1 murivyo muvuze mrc