Umuryango wa Général Alain-Guillaume BUNYONI waraye wankiwe kumuraba kuruyu wa gatatu

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 тра 2024
  • mu gihe bari bamugemuriye aho apfungiwe mw’ibohero rya Gitega . Amakuru ava muriryo bohero avuga ko intandaro ya vyose ari itegeko bategetse umwana wa Général BUNYONI ryo kwambura impuzu zose agasigara uko yaremwe kugira ngo bamusake nkuko vyari vyategetswe. Ivyo bibabaye mu gihe hari amakuru yari yavuzwe amenyesha ko umutekano wa Général BUNYONI muri kino gihe utifashe neza.
    🎧 Eloge-Divin REMESHA
  • Розваги

КОМЕНТАРІ • 4

  • @user-ne7bu8yn8b
    @user-ne7bu8yn8b 15 днів тому

    Nibabasake bikoneye kuko igihe yonona itunga dyigihugu nibindi ntiyiyumviye babarundi bakeneye ifashanyo amarira yi fhuvyi ntiyijana arasema Big up kubapolice bacunze ibohero arimwo💪

    • @abelnshimiyumuremyi649
      @abelnshimiyumuremyi649 14 днів тому

      Nawe urahuriw nn KO apfunzwe ibintu ntivyatey vyanka?Ubu izo mpfuvy nabapfakaz bariko bararonk ivyo bipfuz kubwawe 😂😂😂😂😂😂

  • @kingumwami1434
    @kingumwami1434 16 днів тому

    Technologie yicuma ca Scanner a l'entré niyo yonyene ikenewe,ntibisaba ko yambura impuzu ,ntaho bikorwa , kuma aéroport nahandi mumavambasaade namahoteri yiyemera umuntu aca murinyacuma ahagaze ,basi hama akarengana

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 20 днів тому

    Bazomumesa