Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Nyimba bakinishimana ngo yabahaye urumuri,basome muri biblia barabe Mose ukuntu inkoni yiwe ariyo yavuye mwinzoka yamize inzoka za bakamenyi.Na Farao yarakomantaje umutima birangira vyamutaye ku wamazi.
Mana yo mwijuru😫🙏
Kuberiki abanyarwanda mukunda kuvuga ivyuburundi none iwanyu birera komutavuga umuzimu kagame naya illuminatif yanyu
Amatiku tuu😒 Nkunziza & Magufuri sont morts de Covid
Rek kubesha abarundi