Natasha kuririmba sivyiwe vrmt gukina film vyomubera kurusha cank ivyubu video queen ..kuririmba niyegere ba mutama kidum,fizzo... ba mu training si non siheza ariko kandi gukora ivyukunda navyo si bibi any way courage
100% hajuwi kuimba sio kwamba tunamkataa ebu aliimba na fally pupa ile nyimbo iko wapi ? Angekuwa anajuwa kuimba bien hata mondi na kiba na jux na konde wote wangekimbilia kuimba naye pls angalia game ya yeye na fally tu kisha utachambua mambo hajuwi 100%
Uyo natasha na no mukarere liste dufise ntari boss ahubwo abandanye urya muzungu amwenda munyo ndazi ko atamuzungu yenda mugituba acana na mutama kidumu natasha uriko urakina ni timu utazi
isaac mimi niko zambia natasha nampenda saana ila mwambie neno la zarau aliache kusema kinama hakuna wa boy wala wayaya sio lizuri kwa nchi tofauti tulizo tembea kiyaya kinatumika wasomi na kiboyi sasa iyo zarau naomba umwambie ndugu yangu tna nampenda saana tna saana sikuamini kama anaweza kusema ayo pls umwambie.
Jamani..watu wa Burundi mnashida..wivu wa nini? Kama kazi huwezi acha wanao weza wafanye, wengi mna wivu na Natasha mtoto kiboko kabisa sema ana wakosha muache wivu😁😭😭
Non nkivyo gahaye kavuga....nigakine Tik Tok umuzik kareke,,,,,kuk ivyogahaye kavug ntivyar bijanye numusi😊😊nikururuk kidumu akokarobo....b""""""c kidumu it's not your size,,,joke with others turakwiyamye kubatama...give respect to them🙏🙏
Ino si tuyibayemwo tuziko atawukundwa na bose nubwo wokora ivyiza bingana gte bamwe barashima abandi bakagaya Natacha Imana iguhezagire kugikorwa ukoze ciza
Mubisazwemubuzimabusazwendamujunda arikongiyemundirimbo aririmbawapi ntakintu ibazenawenkumwanawawe ajimbereyawe urikumwebabashitsi cank numugabowawe ukajawumvango mwendemwende yarakwiyegukosora akagabanya ubusutwamukuririmba
Number one wapendaji wa lsaac tv abakunzi ba la boss na lsaac munkorere akantu
a tip : watch series at Flixzone. Me and my gf have been using them for watching lots of of movies during the lockdown.
Natasha kuririmba sivyiwe vrmt gukina film vyomubera kurusha cank ivyubu video queen ..kuririmba niyegere ba mutama kidum,fizzo... ba mu training si non siheza ariko kandi gukora ivyukunda navyo si bibi any way courage
Nibakure amajambo Natacha nahobavugakatazi kuririmba afise umutima wugutanga bibagiye kobose bavahamwe hagushira hamwe basanure Site yabo namajambo Natacha kora urekane nutujambo 🔥🔥🔥💪💪💪
Gusa Natacha araryosha stage, ariko ntazi kuririmba nagatoya, ariko ku motiva umuziki arabishoboye vrmt.
ABAKWANKA,MWANA BAZUMINGWA.WEWE SONGA MBERE ..JEWE MBA,HANZE YIGIHUGU,MPORA NDAKWEMERA GOSE.KANDI URAKUNDA GUFASHANYA CANE.IVYO WAKOZE,ABANDI BARIRIVYI,KOBATABIKOZE?NIBAGUHE AMAHORO.SIBINTU NAKARONGWE😀😀😀🇧🇮NATASHA ARAWAKIJE,NOMA SANA.KAMENGE NA KINAMA OYEEEEEEE.
Ndasavy abantuu mugum a muvuga Ngo ntazi kuririmba munyerek iziwany👐👐
100% hajuwi kuimba sio kwamba tunamkataa ebu aliimba na fally pupa ile nyimbo iko wapi ? Angekuwa anajuwa kuimba bien hata mondi na kiba na jux na konde wote wangekimbilia kuimba naye pls angalia game ya yeye na fally tu kisha utachambua mambo hajuwi 100%
unasema ukweli
Mwanamuke wakujielew Natacha maman Larukundo imana isubize ahukura 😍😍
Natacha Mutoto wetu ukojuu Urifanya wa Mama wengi Muno kwa siku ya le 8 mars tufurahiye Ishima kwako La Mwamikazi😍
Kidumu amateka yiwe turayazi!Ni gut nkuyo atakintu arakora yohagarara ngo araruta Kidumu!?!Ni yumve impanuro ziwe kuko yaramuboney'izuba muri vyose
🔥🔥🔥🔥wakuache mamalao hawakuwezii👌🏻👌🏻👌🏻
Ab'isi muragoy kwr Natacha ni mu mureke wew ibikogw vyiw aravyerekana wew ko wishinga uvuga amajambo ivyaw birih urik urerekana abarundi mufise inzigo mbi
Uravuze ukuri Bro abarundi niho tuzopfa dukeneny kubera inzigo
Birateye agahinda kurunganwe Burundi bweejo kuko indirimbo zawe nyinshi zigisha ubuhumbu nibitera soni... Aba ririmvyi bakera baradufasha guha indero runtu abana bacu nayo abubu murabonona mukwigisha ubuhumbu...😭😭😭
La Boss aho uri hose Ndagusavye Ntuzocibwe Ingufu Ninjavyi Abazi agaciro kawe Turi benshi wecapa kazi usijari jasho😘
Asha narye idolar yumuzungu kuririmba sivyiw uwo iyatagira inoti ntawari kumumenya
Eweeee Natacha Weee yarasaze.
Namwe ngo nukwishura kumbe show nzima 😂😂😂
Love from #Aisuper💓
Natacha urashoboye Abarundikazi Bumutima Benshi muritwebwe 🤩Turazi agaciro kawe Mwiza😘
Wakoze akantukeza
Ariko U muziki warakunaniye
La rukund 💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜💜 La AZANIA 🇧🇮🇧🇮🔥
La muhaho noma twebweturarinzwe mama La munato wew noomaaa saana my thé best Queen of the stage ☝️☝️☝️❤❤❤❤❤❤❤
Yavukiye kinama ariko yakuriye Bwizaaa? Haaaa? Ahubwo nomu Kinama ntahazi?? Kidum ntibazigera banganaaa
Isahaki uranyishe nukuri mdatabutse kuber uyumugore akubitanye ibisusu nanatasha muranyeguye kwer mwari mwakoze umuti😘😘😘😘😘😘💃💃💃👤👤👤🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮👌👌👌👌🤣🤣🤣
Uratwuzuza maman Imanikuzigame turagukunda kuk nawe witaho umuntu uwariwe wese
Ewe kuririmba wee🤣🤣🤣🤣numu comedienne wallah ico nico ashoboye
Big up bro urakora neza, tugukurikira Turi Nairobi
Jendamwikundir natacha uwumwank naw amwandurek nuwamber dufis muburund ntaw bangany kuririmb mubigem😘😘
Nuko utazi ingen baririmba niyo mpamv 🤣🤣🤣ereg abavuga ukuri ntibamwanka
Aramaramaza abakenyezi nagerageze areke kuriri mba ibishegu arondere amajambo meza
Uko cawa mubangine
Ntavyazi nyene kidumu yavuze ukuri pe
Ndakwemera Natacha wetuuu❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
💃💃💃💃💃👏👏👏🙏🙏🙏🙏 Natacha sante sana
Kidumu ni KING ni babe bareka kumwigereranya, uriya mutama turamubaha cane.
Natacha ntazi kuririmba nagato arahatirako ahubwo yokwakwanya akaronka udufaranga kururyamutama yaronse bikagenda neza kare ataramuhimba agataha nkuwuvuye kuragirira inarume
Kwatavyazi nigikocatumye umwumviriza iyo ninzigo punguza
@@alicenkundimana9251 turumviriza kugira twumve ivyo ashoboye mperuka kwumviriza indirimbo yiwe agitangura kuririmba sinosubira vma
@@cbanews4730 wamumeny gt?hahaaa..abatabizi ntibamenyekana bro..iyo ni jalousie shaa
Natasha afise umutima mwiza kandi afise amahera nagire lebo arabe abigeme babishoboye ba miss erika ba Esther nish nabandi we ahebe kuririmba
Vyukuri Natacha arafise umitima wogukundana knd iyongabire ntawutoyishima gusa ivyokuririmba wapi kabisa nivyogufyonderako
Natacha iyaba azikuririmb amakungu abatuzi.arazi gushush stegi.gusa yoronder uwuza aramwandikira gusa
Ntiyiyizi
Uvuzukur. Akeny ivyiyumvir vyo kuririmb. Kuko aririmba ubusa kwl. Arik iyab yaririmb ivyiyumvir bizim nukur ab geze kure cne. Kuk araberew no kuririmba arik ntavyiyumviro agira
Kabisa wavuzukuri pe
Kabisa wavuzukuri pe
Kabisa wavuzukuri pe
Aranyishe kwer🤣🤣🤣🤣❣️
Rkana nakirya kizeh sha gifashijiki uburundi nyimbakitakivugwa cihangane jureke bouch nikimnya menya ugiy knya ukavugako kidum arumurundi bahakwa kukwica ntibavyemra noe wumva uo muntu amariyiki igihugu toka rkabashoboy bakore navugire abakenya
Nibakurek urashoboy la birungo✌
La namba La bamba La Queen La Azania La amazi La munato La boss Natacha noomaaa
Arishe akaranga kabakenyezi pe.
Uyo natasha na no mukarere liste dufise ntari boss ahubwo abandanye urya muzungu amwenda munyo ndazi ko atamuzungu yenda mugituba acana na mutama kidumu natasha uriko urakina ni timu utazi
😳😳😳😳😳
big up la boss
abarundi turway indwara yugucana intege.
Bwege
From 🇧🇮 Saudia Natasha wakuwashe dad yang utupe raha 👌🤣🤣🤣🤣
Umuntu yabony oy mugore ampe Lak
Aririmba nibishegu
Vyonyene gusa
isaac mimi niko zambia natasha nampenda saana ila mwambie neno la zarau aliache kusema kinama hakuna wa boy wala wayaya sio lizuri kwa nchi tofauti tulizo tembea kiyaya kinatumika wasomi na kiboyi sasa iyo zarau naomba umwambie ndugu yangu tna nampenda saana tna saana sikuamini kama anaweza kusema ayo pls umwambie.
Wap Natacha ntabwazi kuririmba naze arikorer Tik Tok nizo mbona ashoboy kuririmba nabihebere ababizi ntavyazi. Ibishegu gusa nivyo aririmba
Ngumugabo wiwe azi gucumba.ibishegu gusa
Birasarishaa,ariko simpakanako Natacha atazi kuririmba vrtt,indirimbo ziwee zirimwo akaranga zifise,akanovera vrtt,iyaguma muriyo style yindirimbo zurupfasoni,vrtt c,était bon.
Nibazako atanumwe achobora kuja imbere yiwe kuko ivyakora murabibona nuyo mubona arikuwa mutumwa Kenya myaka mingi hajawayi kufanya jambo rorote nyumbani zaidi yamaneno kuweni munaaca upuuzi mutu akikupita maiSha sio wasawa yako amekupita
Natacha anaweza kupinzanya na diamond peke yake kwenye stage wengineo wangaliki mbali, weka like namaoni yako
Natacha oye urashobony
Mwari mwakoz umuti kwer
Ametisha kbs ila anahaha sana🤣🥰🥰🥰🥰
🤣🤣🤣🤣🤣hujasahau
@@princedesire6270 🤣🤣🤣 ajee tu ila wameinga kuhaha
Big up my sister I love u so much wanje
Umuvyeyi wacuuuu
LaAzania ni Laboss, niyubahwe kabisaa....ibikorwa birivugira
Izahake komera utugezaho bishasha
Bugira indero wubahe, ubona wohangara kidumu?
Ibikoti. Natasha Is the first woman
@@fifiannentitetereza7789 shenzi weye, naprofite urya muzungu arekane na kidumu, ntazopfa amuhambije. Kidumu nimutama twubaha
Ntanuwu,,ndi,,tuzoronka,nka,,Larukundo,,Lagukundwa,,,ahooo,,azobagwaza,,etsoma,abanunuze,nomumara,,namahaha,,,,rekasha,,,,uwo,nimana,yamuduhaye,,mamabikogwa,,nayabandi,,ngo,nukujakumafone,narekekuririmba,,ntavyazi,,zanavyiwanyu,,turabe,,umukenyezi,,wumwizigigwa,,nikiremesha,,muburundi,,nomumakungu,,nyooo,,azobareragusara,,🤞🤞🤞,ranomaaaa,,oyeeeeeee
Waruyavuze ntayandi yagusigayemwo hama ntavyazi akahari karavugwa
Uwo nisehuzana
Wew ivyarivyovyose ufyeta iwiwe🤣🤣🤣 niyompamvu utinya kuvugukuri.umutima mwiza arawufuse gusa ntazikuririmba buvugisha ukuri😳😳😳.
Abarundi mufisinzigombi yokwankana nukuri kandinimwe muzimaranira kubwi mitima mibiyanyu ntimushakakuwanya terimbere ijamboryi mana rivuga nguwankamwenese wundi numwicanyi namwentahomutaniye nabicanyi umuntakoriciza mumuhibituzi
Labos uwukwanka akwandurek labos 🙋♂️ kanyosh love natash😗
Natacha La merci 🙏🙏🙏🙏💕
Baguma mukirundi😀😀😀😀😀🥰
Ranoma
Ubuntu uyumuhore avuga biteyisoni ntandero bifise
Niwirambire muvyeyi uraturuhura
Wapi ntabintu biraho ntuzi kuririmba nihamwe hamahera gusa nayubundi wapi none aho nimpanuro. Iyihe irimwo atarubutofa gusa
Mwendemwend😂😂😂
mama wanj ndamusanze arigusaraguriki ngo ariko aratamba ashanje nomwitukira yoooo nukutiyubah 🙄🙄🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔uyo arumugore wanje nomuraza hanze ninkoni ziriko kabis 🙄🙄🙄😁😁🙄🤔🤔🤔🤔🤔
Nice one 👍
Gumana nurya mutama gusa umugume iruhande nayubundi wapi ntampanuro nimwe irimwo ntuzi kuririmba
Ririmba rwawe twumve
😊😂guhaha.
nic la namba
Ivyandimbagura kidumu avuga ukuri ntavyazi kuririmba azogend afat formation you mwaka
Jamani..watu wa Burundi mnashida..wivu wa nini? Kama kazi huwezi acha wanao weza wafanye, wengi mna wivu na Natasha mtoto kiboko kabisa sema ana wakosha muache wivu😁😭😭
Wambiye chaaa niwivu uyo
Usijali mumy wanadamu si wote wanao penda maendeleo ya mwenzao
Ashoboye comédie kweri
Ntavyazi kabisa Kidum avuga ukuri.Nibamushire muba danseurs kkkkk
😂😂😂😂😂
Turamukunda cane
👍👍👍👍👍💪💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
2 imana ihezagire natacha kubikogwa akora
Natacha ntandero afise,mumubwire ngo uwakize isemu yibagira icayimukijije
😂😂😂😂😂😂umugore araho aranyishe nukuri ngira yaraye arababara ukuntu yagacinye😂😂😂ngira yariko aracanga ikarato
Mubwibwir abatanganya amatako batoga hamwe ntibabwahamwe mutubir ikirere bahabamwo abamatako manini inyishu ndayishaka
Mashaallah I tv
None uyu niwe Uri muri compe na Kibido, .... Lakini shida yakidum naye nikama hakiri yake inakuaga mukaleso tu
Non nkivyo gahaye kavuga....nigakine Tik Tok umuzik kareke,,,,,kuk ivyogahaye kavug ntivyar bijanye numusi😊😊nikururuk kidumu akokarobo....b""""""c kidumu it's not your size,,,joke with others turakwiyamye kubatama...give respect to them🙏🙏
Mwendemwende ayiiiseeee🤦🤦🤣🤣🤣 noma🇧🇮
Oya ivyo ntacubahira bibahesha nibahuze bareke guterana amajambo
👌👌👌👌❤😘😘😘
😘😘😘😘😘
❤❤❤❤❤
👌👌👌👌👌
Iyo shirasoni Natasha ngo uwambere akomoka mu Burundi? Wapi ntakigereranye na Kudumu . Azorinda apfa ategereye Kidumu mumuziki
Je murantwenza🤣🤣🤣🤣kidumu indirimbo ziwe murazirirmba murusengero canke mumusigiti???vyose ko bihererengaha kwisi
Baguhenze ngowambere wanyuma
Anaimbia kwenye key muda wte
Mbay uwambere kabisa
Naiona ya Natasha ni bonge la ngoma
Naiona naiona
Titre ntihuye nivyo mani nkakidumu umuzanye gute
Mwende#mukirundi 😆😆😆
Jew,ndababwiremwese,uwumwanka,natasha,yemwe,azobagwazumutima,iconobabwiracoco,,agatigatere,,tsenimana,,,ntigahenugwanumuyaga,,,bandanya,mumwaguririmbago,,mbegaruryaruzehe,,muvugakogwavuzukuri,,iyoyahereye,,aririmba,2021,,nihabonye,katazikuririmba,,yooooo,,abamushikirira,,nibariwe,,kibido👈mumubwire,utikiterimanza,,yarongoye,,a bagorebabiri,,nukuri,,kidumu,,yahovyenabi👈tena,ashajenabi,,,mana,,,ngonumuzehe,,ashaje,,yurirabakobwabiwe,,mbengahoo,,ntabonako,,Larukundo,,arumukobwawiwe👈,,megusatewe,,ndasavye,,muzocumusumwe,,mutangumurongo,,jewe,nzenivugire,
Hhh,nukuri ntaco mbony wovugamwo ,ariko kweri ngo yurira iki?uwuvuz ukuri ntacaba umwansi waw,natwe bamw turabonako atavyazi kandi sukumwanka.subiramwo wumviriz uturirimbo twakidumu sha ,uhita wumva ukunz akazi yakoze
Iyaba vyakunda twozanye abahinga mumuziki bagahiganwa bobo ngira mwovyemera.ndakumenyeshako uretse ibikorwa akorera abantu kuririmba namateshwa gusa ntakintu
Kumamake Natacha hajui lolote😏😏
Aceni wivu Natasha oyeeee❤️❤️❤️❤️
Baba levo iyogwara watoye yageze muburund
Wow