Barantanze mu kuzimu👹|umudayimoni yarara aranigura|navyaye umwana ava umukoyo mu mukondo😦|Christa
Вставка
- Опубліковано 2 гру 2024
- Intahe ya Évangéliste Christa irateye ubwoba cane ariko irigisha cane. Muyikurikirane muraza kwumirwa
#evangelisteChrista #intaheyubuzima
Intahe ya Évangéliste Christa irateye ubwoba cane ariko irigisha cane. Muyikurikirane muraza kwumirwa
MURANGWA Christa Imana Ikugirire neza Ncuti yanje
Imana ishimwe kubwawe Christa umu christo nintambara birajana nawe ukomere Imana yakurinze nubu irahari ntihinduka kandi ntizonahinduk gikuru nukuyigororokera ibindi irahar
hosy ndagukunda caneee ukora nezaaa caneeee
Imana ninziza ibihe vyose,niy ncuti idahemuka
Imana iguhezagir cane naw Christa urakoz cane mwiza Imana igume igukomeza mu gakiza ihezagire umwana waw ❤❤❤❤❤❤
Yesu abqndanye akwongera Amavuta mukobwq wa Yesu arahari ni Yesu aseruka hamwe ubona KO wewe wihevye
Ariko ico noguhanura nimba warafashe Inzira yo gukizwa Ntuzuze ushira Umutima wose kubavugishwa uwo mukozi w'Imana yaguhanuriye KO Umugabo mwavyaranye Atari uwawe ng'umureke Oya kweli sinumva KO arivyo Wapi kabisa hama gumamwo Neza Yesu azokugirira Neza.
ntamuvugishwa wukuri ahanura gusambura
@@uwigikundiroaline841 Oya Nukuri nta Mana yobwira Umuntu ngo Vana N'Umugabo mwavyaranye Abo N'amadayimoni abakoresha bakaja kubeshera Imana.
Noe Amal ww kuvug k uwomu prophèt yamubwiy nabi ,uw mugabo ww yamufashij ik vraiment gushik uno munsi ??
Kndi nah muri Congo ntiwobwir naw k atawundi mugore afis kuk umwana arakwij 3 ans without seeing his fathe!! so nibazako sahaw hogupinga ama prophetic words kuk kubwanj uwo yatanz iy prophetic word kur Christa yarabony k harih ikibazo cuwo Se wumwana gushika nubu atazi uk Christa abayeho numwana
@@amoniusirakoze9500 ashobora kuba nawe ari mubuzima bubi utegerezwa kwihangan Kuko urumva KO yanamusezeye kandi KO aronse ahora amurungikira yokwihangana agashakisha ubuzima buragoye.
Ibibazo waciyemwo ntiwabitewe n’Imana kuko Imana siko ikora- idufitiye imigambi myiza gusa. Bimwe bimwe waravyiteye (nko kugenda kurondera umuhungu muhuriye mu Kamenge rimwe ngo muvugane kandi, mugaca mu kundana- ivyo vyose ni vyaha, etc.) bica biha akaryo umugwanizi kugira akugirire nabi. Noguhanura ko wosoma ijambo ry’Imana, ukaja no mw’ishengero baryigisha kugira ugendere m’ukuri. Yesu ni we Gakiza. Kandi ni we tubwirijwe gushira hejuru, akamenyekana.
@Vanessa Lee uyundi munsi utaco ufise uvuga uzohore unuma!!
Yoooo christa vrt ndamuheruka arumwana muto 😭😭
YES AGIRA NEZA MUKOBWA WA YESU
Amen Hosy, dada christa wanje pole sana Imana ninziza yarakugiriye neza
Waouh Imana ninzizaa canee
Oooh pole sana ma nièce
Yesu agira neza caane ntawamuguyeko azogwa mukaga kuko numurinzi muri vyose .akomeze kugukuza mukobwa wacu
Imanigiraneza uzogumane agakiza kawe
Pole sana #Christa ndumv ibintu ntivyar vyoroshe na gato😭
☆☆☆Ati vuga ameN☆☆☆ madam pasteur
Yoo pole maman
Masikini pole sanaa 😥😥🥱🥱gusa muzondondere nanje ntange Biographie ya IHURIRO TV kugira benshi bazomenye ibitari bike kuvyavyabaye vyose...
Sabweee christaa ukibahop baby wiwacuu.. mporee
Turakuzi kbx mukayanza.
Wihangane sha imanirahari.
Imana igukomeze christa
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏👂
Ooooh Mungu wangu😥😥😢😭
wihangane christa imana irikumwe nawe
Amen. Ncuti
Ivyo avuze nukuri kuko jewe ndazi intahe yiwe ndimubapasitori bamukwirikanye jorike
Amen
Imana ishimwe cane
Pegge
courage Siren Vibers Tv
emwe yagiz hypoglycemie kuber inzara acabishiramuvyabadayimoni.mukama
Ameeeeeen amen
Tu peux mettre le mission qui parle le parole de Dieu ❤️❤️
Gusa n'uko hari abahora bashinga intahe kugira bacire inzira uwahashka akabura aho aca
Hosy wakoze kumuzana arko uyu mukobwa reka ndamwihanganishe nongera nsaba abashobora gusenga bamusengere kk ndumva nubundi umenga ntarakira agakiza gusa abantu benshi iyo bacinjira mumasengesho harigihe bahendwa ukamenga bari muri mpwemu or c faux. Gusa akomez gusengerwa. Kuba yarumva ibizunguzungu iyo ishobora kuba ari hypoglycemie kk yari yiriwe atafunguye muzoze muratandukanya la physiologie yumubiri hamwe nukuba uriko uraca mumageragezwa. Sindamuzi kndi sindiko ndamushinja arko biteye amakenge. Uwiteka akurinde
Aah yagize ibizunguzungu war umunsi wa1 yakoze amasengesho
Ni hatali kweli ndumiwe koko Ivyo bintu vyivyumba vyo kujuragirika mumashengero vy'ubuvugishwa n'uburozi wallah urumva ngo Bamuhanuriye ngo nahebe se w'umwana wiwe Nawe akavyemera hhhhhhh gusa niyegere umwami Imana ndumva umengo ari hatali ngo Imana yamubwiye KO azokwamamara kubera Intahe yiwe?? Ni hatali
@@amalarrgod8588 nukugenda buhoro shaa
Sha ntivyoroshe kandi ntubeshe kabisa abantu bubu barabaye nabi babigize busnes
Hosy gt
🙏🙏🙏🙏
😭😭😱😱😱
Christa🤔🤭🙊🙊ndumiwe
Christa mukanyanza turakuzi ntiwari woreshe nubu sindemerako ububandi wabuhevye niba warahindutse nivyiza
Bamugira ahomuvugiramajambo umva inyigisho ariko atanga ntushingire kuvyo yakoze 🙏🙏
Icambere nambere hosy uyumusi usa neza make up yatotse nta vyish wirunzeko
Pol xnaaaaa Christa murangwa🤦
Pol ncut 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
ua-cam.com/video/BPlf7usvKbk/v-deo.html
INKURU IVUGA UBUZIMA BWA SAT-B UBUTUNZI NIBINFI
Corona?
Kura ibi birofa ngaha, mukemesha uburundi nkuku kuberiki? Imbecile zimbwa
Hosy gt
Hosy gt