UMURUNDIKAZI umugabo yakuye amenyo|kubera ASSIA avuye BUJUMBURA|Kuri Ingabire Immacule na MELODIE...
Вставка
- Опубліковано 27 вер 2024
- Niba wifuza kuvugana natwe, kuduha inyunganizi ku makuru tubagezaho cyangwa ukaba ufite inkuru idasanzwe ndetse n'ubuhamya wifuza gusangiza Abanyarwanda waduhamagara kuri +250784838126
Abarundi twimenyanire ahakwa Sabin🇧🇮💗💗
🖖
Turiho kandi tuzamaho 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
tupo
Twimenyanire ncuti
Tupo
Waooo waduserukiye mukobwa wacu nanje nkunda ugwanda nabarubamwo pe abatuye mugwanda mwubahwe👌👌🙏🙏🙏
Urakoxe
Namwe murakoze ikiganiro numva kitohera kiraryoshepe😅😅😅😅
❤❤🙏🙏
@sf kl s mugwanda ni murwanda
Natwe dukunda uburundi kandi urakoze.
Ariko Mana yange nkunda ukuntu abarundi bavuga! Abarundi mwubahwe ndabasuhuje
Urakoze cane. Nanje nkunda ukuntu muvuga
Burundi and Rwanda we like Brothers & Sisters ❤️🇧🇮🇷🇼
Turagukunda Asia wacu
Mugomba mutwika na Fanny vraiment
cibitoke ndimwo nanje ndagusuhuje Assia
Fany wacu hagiye gusha peee mbegibikobwa nikundira weee❤❤
Gucumita i Rwanda,n'ukwabir'umugore !!!Uvuzeko bagucumise sha,ub'uvuzeko umusore yakwinjijemwo igitsina ciwe muc'iwawe !!!!!!
Abarundi nkundako muganira neza ukuntu kandi mugasetsa🥰😍
🙏
Ariko natwe dukunda aba nyarwanda cane surtout ubwana tuvuga neza cane
Murakoz nshut💕🇧🇮
Komera katarina ugize neza gukorana nabarundi bacu. Turi inyuma yawe ❤❤❤
assia iburundi turagufana cane kandi fanny mrc bcp kuba wagumye uvuga ikirundi neza utahinduye
We love you assia . Love from🇧🇮🥰❤️
Wow! Fanny has visited Rwanda 🇷🇼. Ari muri gahunda ya Visit Rwanda 🇷🇼 😀 Ndabakunda mwese Fanny 🇧🇮, Assia 🇷🇼 and Sabin 🇷🇼. ❤️❤️❤️❤️
We are Brothers and Sisters.
Assia Burundi arakunzwe sha❤❤❤❤
🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🇧🇮🇧🇮🎤Umutumwa bwanshikiriye NTITWIGERATUNANIGWA🇧🇮🔥🔥🔥🔥
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇬🇦
Assia ndagukunda cyane kd komerezaho
Kd uwo murundi nimwiza kd ayo menyo ko tuyabona gusa gira kwihangana
Fanny pol san ubuzims ni shuri kd nukababare Imana niyo nkuru kd urabibona
🙏🙏😍😍😍😍❤️👍☺️😂
I LOVE YOU TOO my beautiful baby ASSIA vuba ndakurihira ticket yindege uze kundamutsa BUJA bzz💋💋
🤣🤣🤣🤣🤣Ndagutwenzeeee🤣🤣🤣🤣
😂😂
Fani wageze i rwanda 🇷🇼 wawo turabakunda frome burundi 🇧🇮
Sabin uraseka bikashimisha nkuva waza ukansekera nibura umunsi 1
Aho Ni fresh Kabisa fenyeni Mambo 🔥🔥 🇷🇼🇧🇮💋💪
Uburundi bwubahwe Fanny uriko urakoze EAC uzoyifata ni pole pole Love from Ijisho Media 4Life
Ndaryohew cane Fanny Lavine Na Assia ibintu bigiy kuba🔥 gatarina 🔥🔥
Fany nkunda KO uvuzikirundi neza arabia abakobwa n'a bigeme turagufana
Nanj ndamukund p atar aband bashik murwanda ukaz wumv batanguy kuvug ikinyarwanda bataz
Good
*Mpuzamakungu:International
*Gucumita:Kuzibura n'inguvu
*Mukirundi ciza ntibavuga gucumita urusginge,bavuga Gutera urushinge
Waouh fanny wiwacu 🇧🇮wahishikiy ndamukiriza assia ndabakunda
Asia&fanny ❤❤❤❤❤
Bite Vyawe Fanny urazi ingene ndagukunda washitse mu Rwanda🙏 terimbere un mukobwa wacu i BUKEYE
Ikiganiro kiza blagues inseko gutwenga Sabin ibi nibyo audiance iba ikeneye yaba twajyaga dukanda subscribe inshuro nyinshi bravo mon pote👌🏻👌🏻
Fanny nukuri turagukeje cane
Amahoro ✋
Sabin ngusabe wamfashije wakavyarawe ukampa number za Fanny ndamukunda caneee cane Ariko ndakwinginze uzimpe plz
Mu bisanzwe gucumita mu kirundi bikoreshwa mu gihe umuntu ashaka kukugirira nabi (kukwica, kugukomeretsa), ico mu kinyarwanda bita gutera icyuma umuntu = gucumita imbugita umuntu, no mukirundi bavuga gutera urushinge ntibavuga gucumita urushinge kiretse uwushaka kukugirira nabi. Bref gucumita gikoreshwa mu gihe kibi.
Haaa
Ubivuze neza.
Ego vrmt ubisiguye neza
Gucumita mu kinyarwanda cy ubu ni igishegu
Kuberiki arikinyarwanda cubu numuco wahindutse se?
Assia ndagukunda cane nukuri,Sabin naw abarundi wadukunze muriyi minsi kbsa merci sana
EMI ndakunda aba bantu bomi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏 ukonukuri fani
Kuki mutatumiye samsure koko ko hari gushya 🔥
Hazashya ikindigihe 😄🤣
Ingabire@ Ubu nibwo hari gushya neza bavangamo izo slang
harahiye harakongotse fanny yahishikiye hejuru hejuru
Waaaooh Fanny wacu🥰🥰 terimbere turakwishimiy😘😘 nezerejw kuhuye n'a Assia mwes ndabakund
Ndakunda ingene abarundikazi bavuga mugabo🥰
merci bcp
Abarundi turahari assia turabakunda🇧🇮
Wawooo byiza cyane assia Fanny ndabakunda runini❤️❤️❤️❤️
Wagarutse hhh
Wewe pegge muma commentaire ntubura ugum umyoy amaso😂😂😂
No ngaha kandi? We tur bamw pe!!
We muzung ur mudatangw nkanj ahonj hos nkusangay knd utonda oroje😂😂😍
Asia ndakwemera cyane
Turagukunda cane Assia uzoze basi tukubone amaso muyandi tuzotuma tukurihira amafranga❤❤❤❤❤❤❤😘😘😘
Abantu banje Fanny 😍🇧🇮❤️Assia🇷🇼😍❤️
Ah lavin wahishikiye ubasuhuze assia ati baragukunda karibu cane mu burundi
Basha dusigurire icogisigura Sabin icokintu muguma mutwenga??? Numvisoni kugisubiramwo nanj vyantwengej🤣🤣🤣🤣🤣! Courage bakobwa beza😘😘😘!from 🇧🇮 turahari
Imana ijye ibana namwe Sabin ndagukunda cyane
Muradusekeje cyane, Sabin yabera ateye igipara cy'urubyiruko rw'icyi gihe, twari tukuzi nk'umupapa wifashe cyane! Ikindi ni uko uyu murundikazi avugiye benshi muri twe. Dukeneye kubona Sabin kuri Camera.
Big up from🇧🇮 sana mukora ibiganiro neza biraturuhura bikanatwigisha .Hama ivyo vyuki vyose m'inspirent vraiment.Terimbere.
ASIA courage to grow your business
Fanny ndamukiriza caane Assia umumbwirire ko mukunda caaana from 🇧🇮
Tera imbere my sister Lavine we love you in our family
Ndabakunda mwese pee nimukomeze muterimbere
Nice .komeza mukine biraryoshe fresh.the best of the best assia .
Courage fany na Assia
fanny waoooooo mpera bizuuuu Asia nzoyigusubiza kuko ndamukunda cane goseeee
Fanny terimbere nkumuzinga wigisahira mukobga wacu😍😍😍😍😍😍😍🙏🙏
Turakwemera Assia
Ndabakunda cane
Wonderful story kabisa 😍😍💙
Uvuze gucumita=kujomba , Raba irya (ijya) mpene=reba iriya hene, icakunze=icyansi, umurunsi yabwiye umunyarwanda ngo twabuze umuntu (bapfushije), umunyarwanda ati mwagerageje kumushaka se? N'ibindi
mu kirundi umunya
Nanje ndakikunda gode ça asia.umenga nikibebe mukudeka
sha murantwengeje
Aline GAHONGAYIRE nanje ndamukunda cane. goooseee,ndamusihuje from🇧🇮🇧🇮
Fanny wacu terimbere,and Asia ndamwikundira cyanee
Ibi bajouu vyahuye fany and Asia ndabakunda canee from burundi
Waoooo ndagukunda cane fanny asia nawe ndagukunda cane kuvanakubona muri filme intareyingore naragukunze cane kufera nubu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💯💯
Aha Fanny ntaco vuze gusa ndagukunda cane bzuuuu ndashaka nakanime kawe
asia vyiza cane gukorana na fanny biraryoshe cane abarundi turabakunda cane.
Jye Assia mukunda Kubi kuko ntacika intege,abavuga ujyubareka bavuge nawe ukore.ubahe akazi ko kuvuga gusa
Ndayikeney pe
Ndabakunda can assia Fanny ❤️❤️
Yuuuu Fanny wacu yashitse ndanezerewe cane kuba ubonanye na Assia nkunda cane muri Gatarina,
Fanny 🙌 Et Assia and Chita mbasuhuje mwese 🙌🙌 ngongwikii?? gucumita🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Fanny bakugurishije njye ndabizi mukinyarwanda utabisobanukiwe ansange Inbox mubwire🤣🤣🤣🤣
Fanny na assia Bravo narinsanzwe nkunda assia ubuho ngiye kurenza kubera udukundiye mushikiwacu bravo
😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀 Wallah mundane neza peeeeeee 👌👌👌ndasetse ndanarira
abarundi🇧🇮🇷🇼 nabanyarwanda turakumburanye rwose
Fanny ndagushimiye kubona utashitse ikigali ngo uvuge ikunyagwanda nanje undamukirize sabin kweri
Fanny wacu❤nkunduburyo wama wishimye wakoze guhura na Assia nawe 💞 ababakunda nkanje like
Kandi Sabin usigaye uri umunyamafuti uzi iyo uhuye na samusure!
Ndebera nkiyi introdaction ni impamo.wabaye akaraya pe.😷😷😷
ucuruje ifu c😂😂😂😂😂😂😂😂
Félicitation Fanny lavine
Assia nanje ndamukunda cane ndamwigiralo vyinshi nipfuza kugera mukirenge ciwe
Asia & fanny abakinnyi nkunda cyaneee ahubwo mutugirire vuba izo film turazishaka
Assia turagukeney mu Burundi please👏
Nanj Bruce melodie ndamukunda Fanny
Murasekej kwel Lavine na Assia nivyiz cyan birahimbay🇧🇮🇧🇮💕💞🌹🌹
Tkx lavine biranezeye kuba uri hamwe na mutoni mwubahwe
nimw mwatwivy ahubwo kuk bavuga kumurundi urumv nyen ni k'umurundi ahubw namw nagira ni kumunyarwanda 😊
igihe cose nzoshaka gutwenga nzoreba iki kiganiro
Assia ndamukunda kweli
Mukomere cane mais murakunda gucumita
Nice wow me to am Burundi hi 🇧🇮❤️👍🥰😘😘☺️☺️😁🙂☺️💋
Wow. Akina neza Fanny thanks Sabin ✌️🙏
umushurwe ncanke ishurwe
Namwe mutangiye gukoresha amagambo ateye isoni?
Uburiza
Assia iyomba nfise umuhungu yombereye umukazana akaza iwacu iburundi ndamukunda runini🥰
Sha nahora ntagira commentaire mais uyu musi nyigize kubera iyo sujet yo gucumita psk naje naraje Aho mu Rwanda muri 2015 jusqu'à 2017 Hama haranyuzuye kirundi nkivuze bakanseka Hama mvuze iki kintu kirancumise Bose bakanseka, nkuko kwanyu ubwo rero tubihurijeko Hama turabakunda Assia na fanny
Umurundi wacu na Asia wacu turabakunda
Wolper wo muri TANZANIA aherutse kwibaruka umwana nawe Assia dukeneye kubona uteruye akanya twebwe abafana bawe
Fany Lavine kalibu cane turakwishimiye
Sain kuki utatumiyemo Makuta koko??
🇧🇮🇷🇼 we one we broz and sisz
Assia abarundi turagukunda can.fany terimbere mukobw wacu kand nanj ndifuza kowonshira muri team yaw tugakinan film nanj iyompano ndayifise
Fanny na Assia mwubahwe nukuri na Sabin muramvuniye imbavuye
Ndabakunda canw
Waouh Fanny ndagufan cane hamw na Assia ndamufan fresh
Asia ndagukunda setu
Collabo izohindura vyinshi muri industries ya film ya EAC Love from BUJA TODAY TV
Wauu biraryoshe cane muhuye mbakunda
Natwe turagukunda Assia🇧🇮🇬🇦