Munyamakuru! Paul BIYA kwipfira ari President se ntibizateza CRISE POLITIQUE muri Cameroon?? Ese ubu Cameroon Ubutegetsi burakora akazi neza kandi President ashaje cyane?? Ubwo ntameze nka BIDEN?? Uzamutubarize!!!
Nonese Rusa kuba nta murundi wahambwe kubera inzara nibyo ushingiraho uvuga ko ntanzara ihari? Kandi ntutuye muburundi ngo umenye abicwa ninzara reka gushinyagura di
Nakubwiye ko nta makuru y'iwanyu ufite. Urebe mashariki niho ayo makuru yavuye ambassadeur w'ubushinwa yarivugiye ko ari don (inkunga) bahaye uburundi.
Dr russa 👏👏 ubusesanguzi bwawe nibwiza caaaane. Iyi misega iriko igituka nibipfu vyapfuye mumitwe imbobo imarine inzerezi umuntu ufise ubwenge ntabeshwaho nugusega impunga wap wapi agateka aho kamye.
Mwakoze kuzana Dr. RUSA. Murahitamo usezererwa hagati ye na MUGABE!
Nibyo rwose Dr rusa Pan-Africanism iganze ibyo byibihano rwose bakangisha abantu babireke
Munyamakuru! Paul BIYA kwipfira ari President se ntibizateza CRISE POLITIQUE muri Cameroon?? Ese ubu Cameroon Ubutegetsi burakora akazi neza kandi President ashaje cyane?? Ubwo ntameze nka BIDEN?? Uzamutubarize!!!
Ukweli,mutuzanira analystes beza!
Barakumara muzehe benewanyu bafise umushiha kuburundi kandi turabibona ntibibazeko tutari kubirabira mumacomantel💝
Mubwire azotange history ya urundi--Rwanda
Ntimukazane abantu nkaba. Ntabwo uyu ari analyste kuko nta ouverture d'esprit agira. Ni borné...Mujye mushaka abantu bagira icyo bongera ababakurikira.
Burundi ntankunda bukeneye butabaye buyobowe n'ibisuma nkababuyobora Kano kanya bwabaho neza cane kndi atankunga ziriho
Nonese Rusa kuba nta murundi wahambwe kubera inzara nibyo ushingiraho uvuga ko ntanzara ihari? Kandi ntutuye muburundi ngo umenye abicwa ninzara reka gushinyagura di
Doctor, utigize nkana ubona uburundi nta nkunga bubona? Cyangwa nawe uri naïf wemera ibyo sendagara neva abeshya abarundi. Nshobora kukubwira inkunga z'ubushinwa, ubuyapani, ubuhinde, etc uburundi bwahawe muri iyi myaka itatu ishize! Union Européene niyo yonyine yahagaritse inkunga ku burundi ariko abandi baracyayitanga harimwo na banque mondiale! Rero gabanya amarangamutima ahubwo usesengure ugendeye ku bushakashatsi.
@@vyuguruzumwangumwereka wew womenya imfashanyo yuburundi gt utari umurundi twebwe abarundi ntamfashanyo twakira ahubwo uduha ingurane tukaguha tukayiriha canke ukatwubakira tukaguha inzahabu raba tugira twubake nibarabara ryindarayi nawe ube urasama stade irimuguhera kandi yubatswe nabarundi ubu vyose tuzovyi nimba wipfuza kubona uburundi Bukenye uzorinda upfa utabibonye kuko uburundi nigihugu ciza cahezagiwe nimana
Ivyubushinwa,uburusiya , Inde ni donner à donner sinkunga barya ntabintu vyagusa boguha .
Nakubwiye ko nta makuru y'iwanyu ufite. Urebe mashariki niho ayo makuru yavuye ambassadeur w'ubushinwa yarivugiye ko ari don (inkunga) bahaye uburundi.
@vyuguruzumwangumwereka wew wondusha amakuru yiburundi gt uri umunyamahanga naje ndumurundi mashariki tv ndayiraba directe imisi yose bigenda gute umunyamahanga abariwe ushaka kwemeza abarundi ibinyoma kubijanye nigihugu cabo mugihe twebwe dusanzwe tuzi ukuri
Amakuru nta mupaka agira wa muswa we! Waruzi ko ibibera iwanyu bitadushikira. Muzabeshye abandi apana jye
Aka kagabo kaba kogeza u Burundi: ubundi kazagiyeyo kakareba uko igihugu cyapfuye.
😢😢😢 sad kwanga umturanyi
Uwu musega yiyita lock940 uburundi turya dukaravye wamavyiwe abapfuye nimwebw mutunzwe nugusega impunga😂😂😂 ntajambo ufise usega nyakurya inyo yanyoko uburundi haruwo urumva yishwe ninzara wamusega muzogaruke muburundi tuzobaca amavya basha ntimwibazengo ivyo muvuga ngo ntotubibika iminsi irabarindiye🔪🔪🔪🔪🏌️🏌️🏌️.
@Isa3th wa maheru, wa pumbafu we jya gushaka amasaazi yanyu na avocat 😂😂😂
Mwe ntimwagakwiye no kuvuga mwa mbwa Mwe.
@@rugurudarius bariya si abaturanyi ni abareezi
Ngo muburundi ntanzara ihari??amakuru afise aracuritse
Inzara iri murwanda ikubye iri muburundi 2
uburundi nigihugu cirwanako nigihugu cahezagiwe vyose tuzovyikorera atabakoroni badusize igitsure kwizosi kuko uburundi buratunze
Niko neva ababeshya ngo mufite byose? Hanyuma kuki mwemera inkunga y'abashinwa yo kubaka terminal y'ikibuga cy'indege cya Bujumbura? Kuki mwemera inkunga y'ubuyapani to kwagura icyambu cya bujumbura? Kuki mwemera inguzanyo y'ubuhinde yo kubaka urugomero rw'amashanyarazi mu cibitoke ca rugombo? Abarundi murasetsa!
@vyuguruzumwangumwereka kombona ubabaye ubabajwe niki none kwamakungu yadufatiye ibihano ariko tukaguma dukora ivyovyose udondaguye twarabikoze kandi atamfanshanyo yabanyaburayi barya batwubakira birya natwe tukabaha ibindi ni mpa daguhe nibindi turacubaka kandi tuguma dutera imbere dukorana nabashaka ntidukorana nabadutegeka twarikukiye uburundi nigihugu gikize hama prezida never yubahwe inyigisho ziwe zatumye abarundi twirwanaho twikura mubukene
Le Burundi est un pays béni
Un pays beni qui traverse une crise socio-politico-economique sans precedent? Le pays le plus pauvre du monde est beni en quoi?
@@vyuguruzumwangumwereka iyo crise iri mumutwe waww kombona urumunyarwanda ubabazwa nuburundi gt kuburundi bwacu bwiza uracababaye
@@vyuguruzumwangumwereka biba birimwo politique mukubugira ubwanyuma ubundi sinibaza ko arivyo
Iconkundira kwiga nico wumvise umuntu yize ariko aravuga ubawumva atandukany nazanjinji nka mugabe rabin malechar ...
Rabin na Marshal niba bavuga ibyo udashaka ntibisobanuye ko batavuga ukuri.
@prudencerubonezambuga1462 iyaba bavuga ivyontashaka simbandavyumviriza ariko ndabakurikirana ivyobavuga harimwo gufana no gufunga inguni