RABA ABAVUZI B'INGOMA KARUHARIWE BO MU BURUNDI

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 14 січ 2025

КОМЕНТАРІ • 14

  • @gatonimugisha6411
    @gatonimugisha6411 4 роки тому +4

    Love thiiiissss😍😍😍😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @patricentafatiro4231
    @patricentafatiro4231 5 років тому +6

    Mwaramutse canke mwiriwe.
    Jewe nitwa Patrice Ntafatiro ndi umuhinga mu ngoma. Namuka mu muryango w'Abatimbokama ndazivuza kuva mu buto bganje.
    Naratoye ingene ingoma zandikwa ku rupapuro.
    Abo bavuzi b'ingoma jewe ndabashimye. Mugabo si karuhariwe nk'uko mbona vyanditswe. Ibituma ni vyinshi cane mugabo reka ngaruke kuri ibi gusa
    01. Abo bavuzi b'ingoma berekana ahanini ikintu kimwe: gusimba kandi cane. Basimba nka kumwe bose. Mu ngoma insimbo ni 14. Aho berekanye insimbo 4 gusa. Nta n'igice bashitseko. Iyo nsimbo yabo iri n'amahinyu kuko Umutimbo agarutse hasi ahakwa kugwa. Iryo ni ikosa ribi. Uwundi arasimba akagwa iyo atabgirizwa: Raba uwuhejeje ingoma. Ivyo birakwa amanota mu ngoma.
    02. Imirisho yose bavugije ivuga nka kumwe igatambga ahanini nka kumwe. Mu mudiho no mu vyo umuntu abona haba hari ikibuze. Ijambo rihora mu kanwa...
    03. Ingoma si intore, ingoma si urwegengwe, ingoma si ikinyarwanda. Hariho ukuntu abo Batimbo batwara amaboko n'amaguru bitandukanye cane n'umucokama w'ingoma. Wogira ni abigeme batamba. Kandi n'iyo vyoba vyo wogira ni "utumashine" nta bgiyoroshi burimwo. Abatimbo batatu bose basohotse, kiretse abagira agatebetebe, bose bashizemwo intambo itari ingoma.
    04. Abo Batimbo baratamba bafise ishaka. Mugabo bose berekana inguvu. N'ukwo kugira amaboko navuze kutari ukw'ingoma, wogira barafise ivyuma mu maboko. Bose batamba kumwe.
    05. Abo batimbo 2 batanguye ntibagira bimwe kandi ni ikosa. Umwe ashira ukuguru inyuma uwundi akujana ku bo bakinira. Babgirizwa kurondera abajana amaguru hamwe. Umwe agakoresha ukubamfu uwundi ukuryo mugabo yose akaja ku bo batambira canke akaja mu muheto w'Ikigabiro. Bamaze gusohoka ntibagira bimwe. Wogira ngo ni bimwe mugabo ntibasimbira hamwe. Mugabo basimba kumwe. Ico ni iciza.
    06. Agatebetebe ntikabgirizwa kurenga kamwe mu rukino rw'iminota nk'iyo. Ni ukuvuga ko bashira imbere amajambere ha murishokama. Kandi nta murisho kama n'umwe wavugijwe.
    07. Uwo atamvye ingoma zanumye yadenduye n'akaregarega. Nta Mutimbo atamba gurtyo ingoma zitavuga kuko uzi ingoma yariko atamba umurisho. Bavyita "gusimba ingoma itavuga" na ryo ni ikosa ribi mu ngoma.
    08. Akamo n'impundu ntibiterwa neza.
    Urakoze.

    • @dzelbahnijmb1765
      @dzelbahnijmb1765 5 років тому

      Wow!
      Nunva uzi ibijanye ni ngoma cane ubwo rero bakwiye kwisubirako.
      Canke bakakurondera ukaja ubafasha bagatamba ingoma neza uko bibwirizwa.
      Urakoze.

    • @seboomar3656
      @seboomar3656 5 років тому

      Patrice Ntāfátiro f

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 4 роки тому

      Mukwiy gutanguza ishure cank kwandik igitabo kranga Uyu muco kama. Ugakingirwa✊🏾🇧🇮

    • @evodehariyongabo4515
      @evodehariyongabo4515 4 роки тому

      Kura ubwishime ngahoo

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 4 роки тому

      Urabesha nturiwe

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 роки тому

    ✊🏾🇧🇮

  • @kuziririzaisabatosiitegeko7088
    @kuziririzaisabatosiitegeko7088 3 роки тому

    Ndabemeye

  • @kcdxjb6720
    @kcdxjb6720 5 років тому

    🇧🇮😗😗😗😗😗😗

  • @boraba3599
    @boraba3599 5 років тому +1

    .