Ange-Michel Muhayimana ati: GUTANGA IKIGIRACUMI/ICYACUMI SI ITEGEKO MW'ISEZERANO RISHASHA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 3 жов 2024
  • Abakristo benshi bagendana ibibazo kuvyerekeye gutanga ikigiracumi kuburyo hari abigisha ko utagitanze uri umusuma,utazoja mw'ijuru,uzokwama ukenye,abana bawe bazorwara bakanapfa,n'ibindi vyinshi birimwo iterabwoba.
    Ikibabaje nuko abavyigisha ari benshi cane kandi bemewe cane...ariko ikibazo twokwibaza ni iki: Mbega ivyo bigosha vyoba arivyo Bibiliya yigisha?
    Muri kino kiganiro,Ange-Michel Muhayimana arishura ibibazo bitandukanye vyerekeye igituma Aburahamu Yatanze icacumi,ubwoko bune (4) bw'ibigiracumi Bibiliya yigisha,ikigiracumi co muri Malaki cigishwa cane ko kitariko kibwirwa abakrsito bo mw'isezerano rishasha rya Yesu...Mbega Yesu Yarigeze Atoza Ikigiracumi? Mbega Intumwa nka Paulo na Petero barigeze bavyigisha nkuko vyigishwa ubu? Mbega Udatanze ikigiracumi uba wivye Imana?
    Ivyo bibazo n'ibindi vyinshi abakristo benshi bibaza birishurwa muri ino nyigisho.
    Wibuke kuyisangiza abandi no kuba umunywanyi w'Ukuri kubohora kugira uzohore uronka video igihe cose dushizeko nshasha.
    Murakoze!

КОМЕНТАРІ • 42

  • @Jesusavior
    @Jesusavior 5 місяців тому +3

    Nibwo bwa mbere nabona umupasiteri w'uminyakuri utishakira indamu pe.Imana iguhe umugisha

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora  5 місяців тому

      Urakoze cane ncuti.Burya hariho abandi batunamiye bayali.si benshi Ariko bariho.
      Yihe abandi babohoke nabo!

  • @scholastiquemukambabazi3819
    @scholastiquemukambabazi3819 4 місяці тому

    Allô PST Ange Michel !!!

  • @mushimiyimanamarie4533
    @mushimiyimanamarie4533 4 місяці тому

    Twarabisenjyeye turasubizwa ni ngombwa icyacumi muri maraki yumve ngo nzahanindyanyi mbega bivuga ibihano mwanyimye umugabane wa cyimwe mu icumi n'amaturo ,muravumwa wa muvumo😮..... ahaaaaa ubu koko😢

  • @JeanBoscoSibomana-n5f
    @JeanBoscoSibomana-n5f 4 місяці тому

    Uko n ukuri,Ikanguro rigiye kuza rizokoreramwo abafise ukwo kuri gusa

  • @kabagambemoses-uw1xq
    @kabagambemoses-uw1xq 5 місяців тому +1

    Have abundant blessings journalist and pastor

  • @MukaruzigaSaidati
    @MukaruzigaSaidati 4 місяці тому +2

    Ndakubwiza ukuri icyacumi Imana igikuyeho amatorore yafunga aba apostle naba bishop bose babivamwo burundu abakorera Imana byukuri byagaragara

  • @yanartmel
    @yanartmel 10 місяців тому +2

    Tuvuga ururimi rumwe!!!! Glory to Adonai🙌🙌🙌

  • @elvismunezero7881
    @elvismunezero7881 4 місяці тому

    Pasteur Imana izogukubita Iyaba warahawe mpwemu yera ntuba uriko uvuga uko sindabivuze kugira ngo uvyemere vyumve gusa

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora  4 місяці тому

      😂😂Izokubita abaguma babiba bakoresheje Bibiliya…jewe ndazi ico ndi nico Imana iri kuri Jewe:Papa!🙏🏾

  • @NgenziInnocent-b4r
    @NgenziInnocent-b4r 4 місяці тому +1

    Icacumi kugitanga sitegeko babihatirizabantu ko aritegeko kuberinda zabo kandi nabo bataryubahiriza nyategeko nawewe ubwiwawe ntaryo wubahiriza uriyizi ntanuwugitanga uko bikwiriye nimitego bababohesha namwebwe mukiboha

  • @mushimiyimanamarie4533
    @mushimiyimanamarie4533 4 місяці тому

    Niba kuriwe abonatari ngombwa,nabireke,ark ye kugandisha abandi oya uri umunyabinyoma pe sindi pst ndi umuklisto usanzwe ark kucyireka lmana iragukubita ugahomba ukarwaragurika ...... nabiceceke

  • @felixbarisesa6780
    @felixbarisesa6780 5 місяців тому +1

    Ange merci bcp

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora  5 місяців тому

      Urakoze cane mugenzi.
      Yihe abandi nabo bafashwe

  • @NzabampemaAudace
    @NzabampemaAudace 11 місяців тому +3

    UHORAHO UMUREMYI WACU MWIZA AKWONGERUMUGISHA WARAHEZAGIWE.

  • @trophywilson7211
    @trophywilson7211 4 місяці тому

    mmmh Dunia kwisha

  • @graceb2398
    @graceb2398 5 місяців тому

    Ofcourse gutanga ikigirachumi si itegeko but n’urukundo ukund’imana yawe. It is all about the measure of love, the love to your Lord. Lundi sha uwiteka n’umutima wawe wose, n’ubutunzi bwawe bwose (vertical love between man to God) there is also what we call Horizontal love (penda jirani yako) love between man to man.

  • @jeanclaudeniyonkuru5662
    @jeanclaudeniyonkuru5662 3 роки тому +1

    Umushuzo wowo nikibazo,abantu bicwa namadeni bayatwaye yose kwa pasitori bagasigara bararya amadeni ngo Imana izomenya uko ibatunga niko benshi bigishwa

  • @mushimiyimanamarie4533
    @mushimiyimanamarie4533 4 місяці тому

    Um um um um ari muri bamwe barwanya iby'lmana kuko icyo lmana yavuze,ntijyihindura ntabwo lmana ikora gutyo ihindagurika?!! Oya oya

  • @Kevinones59
    @Kevinones59 6 місяців тому

    Mpaye mbaza nitworeka gushikana nkuko, mutubaliye Mucungagi cange ,Ishengero ryokwishugwa iki? Gushikana niyviza kbs wowe uzosome neza wigarure

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora  5 місяців тому

      Izo shengero Yesu hari uwo yatumye kuzubaka?Ba Paul na Petero bubatse zingahe?barigeze batoza ivyacumi?

    • @steveigiraneza-vp4mc
      @steveigiraneza-vp4mc 4 місяці тому

      Amaturo akoriki?

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora  4 місяці тому

      @steveigiraneza-vp4mc Nayo gufasha abakene,impfuvyi,abapfakazi,kujana ubutumwa bwiza kure hamwe no gushigikira abigisha UKURI atari abo babesha bakaniba abana b’Imana!

  • @baranyizigiyediomede2739
    @baranyizigiyediomede2739 3 роки тому +1

    Amen

  • @KayitesiAline-qs8ct
    @KayitesiAline-qs8ct 5 місяців тому

    Ni itegeko ahubwo banza ukiranuke nabi ufite imyenda

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora  5 місяців тому

      Ntakibazo ncuti…ibandanirize mumategeko niwaruha Yesu Arahari

  • @maguybuno
    @maguybuno Рік тому

    So wahawe ubupastor n' abantu,changwa se Warahamawe n' Uwiteka. Leta rero nyabwo ikorana na Yesu Kristo. Leta nikogirwamana

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora  5 місяців тому

      Nabuhawe na Yesu ariko abo dukorana babishingira intahe ko ntihenze.

  • @only_Jesus1
    @only_Jesus1 11 місяців тому

    Shalom,
    Mumbarize pasteur: KWUBAKA INSENGERO MW'ISEZERANO RISHASHA COBA ARI ICAHA? MBEGA DUKWIYE GUSENGERA MUSI Y'IBITI NONE KO YIGISHIJE ATI:"INSENGERO NI IMIBIRI YACU."?

    • @yanartmel
      @yanartmel 10 місяців тому +1

      Harya ni aho kwikinga izuba!! Hahinduka ingoro y’Imana aruko abana b’IMANA bahari!

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora  5 місяців тому

      Imana ntiba mu mazu yubatswe n’intoke z’abantu…hama aho wosengera hose Imana Irakwumva!

    • @MukaruzigaSaidati
      @MukaruzigaSaidati 4 місяці тому

      Isinagogi niki?

  • @jeanclaudeniyonkuru5662
    @jeanclaudeniyonkuru5662 3 роки тому

    Birasobanutse rwose,abigisha ica cumi ntibanigisha Kristo

    • @ukurikubohora
      @ukurikubohora  3 роки тому

      Ikibabaje nibo benshi kandi bakurikirwa na benshi.Ikinyoma kiranyaruka kurusha ukuri.

    • @jeanclaudeniyonkuru5662
      @jeanclaudeniyonkuru5662 3 роки тому

      Imana iduhe umutima wokwemera kwiga ivyanditswe twongere tubibwire abandi bamenye inkuru nziza

    • @unitedpentecostchurchiname9061
      @unitedpentecostchurchiname9061 Рік тому

      Niguki atatanze phone number yiwe?
      Ngo tumuhinyuze ukwo gutwara abana b’Imana munyigisho zamadayimoni zizimiza.

  • @NzabampemaAudace
    @NzabampemaAudace 11 місяців тому +1

    2 ABO I KORINTO 4: 2.
    TWANSE IBITEYE ISONI BIKORERWA MU MPISHO ,NTITUGENDA MU BUGUNGE NTIDUFUDIKA IJAMBO RYIMANA ,ARIKO KWEREKANA UKURI NICO TWISHIMAGIRISHA MU NYONGA ZIMANA KU MUTIMA WUMUNTU WESE.

  • @ntungane2024
    @ntungane2024 3 роки тому

    Intambara nziza :ua-cam.com/video/bW_OiEVwMOk/v-deo.html

  • @alphonsengarambe4276
    @alphonsengarambe4276 4 місяці тому

    1/10 nitegeko nshuti