Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Murakoze cane.yesu aguhezagire muvugabutumwa
Amena imana ige igukubira ka7 Nukuri ndagukunda cyane
Imana iguhe umujyisha mama buntu, nanjye nkunda kurira kuko numva Yesu kristo mufitiye urukumbuzi rw'ishi cyane, ndagukunda.
Amen uwiteka akomeze kukongera imbaraga kukonatwe uratubwiriza tugafashwa
❤
Komera Mukozi w’Imana. Ur’intwari , urumuhizikazi . Yesu akubehafi n’umuryango wawe.Ndagukunda cane ❤️
Imana Iguhezagire Umugisha mukozi w’Imana Ndagushimiye
😊😊
Urakoze cyane Pastor Denise, kwijambo ryiza ryo kuririra Imana, ariko urira aruko wuzuye umwuka w'Imana.
Ariko MANA icyampa guhura nawe ni wowe n,umutama wacu uherutse kwitahira EZRA MPYISI Inyigisho zanyu ziramfasha cyaneee
Imana kumpezagirire goose mukozi w'Imana aho wakuye ihonger vyishi,ikiruta vyose nkwipfurije kuzobona ijuru
Ndagukunda cneee maman wanje.Urimwo Ubushobozi bw'Imana.
Yes Maman Burundi preachhhh, Woman of God uraduhezagira cane Karorero kezaaa 🇧🇮😥😥
Mwiriweneza mukoziwi Mana Imana ikumpere umugisha kwijambo mwigishije
Imani guhe iherezoryiza mamy🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Amen amen Maman buntu.
Maman Uwiteka ajye aguha umugisha uri akarorero ku bagutanguriye nabariho none
Oooh my goodness , Maman Burundi Imana yame ikumpezagirira cane gose muri vyose kuri rino Jambo kutwibutsa akamaro kamarira , ubandanye uhezagirwa
muvuze ukuri mama pasteur, mwuzuye amavuta vyukuri,inyigisho zanyu ziranyubaka
Egom can komra muvyeyi wuburundi 🇧🇮❤️
Mwarahezagiwe cane Mama buntu
Imana iguhezagire kandi ikwambike imbaraga.
Ndagukunda cane muvyeyi wanje
Uko nukuri Mama
Urampezagiy muvyeyi icompa ivyo bihe
Amen
Gusa Ivyo vya mahereni nivyo vyomwizosi urabiheba,kuko urumusenzi satani ntaguhendesh ibishariza mubiri nivyakanya kanya gato,urabiheba plaise wigumire uko.kuko narunvise muntu yagiriw buntu atwibira binga kurivyo bintu,ngo bicuruzwa kugira uwibiguze naho yokorra Imana gt,avyambara bobo baba bashak abo bayovya.plaise urabiheb
Bibi gucirimaza mugezawe kk umucamaz niyesu wenyene nawe usangu fisibindi wazimiriyemwo ataramaherena twakire gukizwa tutaravye birya nabiriya
Wongerw amavuta imbaraga ubwaw abaw na famille yaw yos
Amahoro y'Imana Pastor Denize Mwakoze igikorwa gikomeye kugikorane mwakoze Igitega Ariko hacari icyo gukora hagati y! Ingoma yaba Perezida ningoma y'abami kumiyoborere mu Burundi Kugirango Amahoro abe yuzuye ubu n'Ubuhanuzi bubategereje
Umuntu Mugana ni Prophet Apostle Joseph Muhirwa Imana ibyemeye tuzobonana
Murakoze cane.yesu aguhezagire muvugabutumwa
Amena imana ige igukubira ka7
Nukuri ndagukunda cyane
Imana iguhe umujyisha mama buntu, nanjye nkunda kurira kuko numva Yesu kristo mufitiye urukumbuzi rw'ishi cyane, ndagukunda.
Amen uwiteka akomeze kukongera imbaraga kukonatwe uratubwiriza tugafashwa
❤
Komera Mukozi w’Imana. Ur’intwari , urumuhizikazi . Yesu akubehafi n’umuryango wawe.
Ndagukunda cane ❤️
Imana Iguhezagire Umugisha mukozi w’Imana
Ndagushimiye
😊😊
Urakoze cyane Pastor Denise, kwijambo ryiza ryo kuririra Imana, ariko urira aruko wuzuye umwuka w'Imana.
Ariko MANA icyampa guhura nawe ni wowe n,umutama wacu uherutse kwitahira EZRA MPYISI Inyigisho zanyu ziramfasha cyaneee
Imana kumpezagirire goose mukozi w'Imana aho wakuye ihonger vyishi,ikiruta vyose nkwipfurije kuzobona ijuru
Ndagukunda cneee maman wanje.Urimwo Ubushobozi bw'Imana.
Yes Maman Burundi preachhhh, Woman of God uraduhezagira cane Karorero kezaaa 🇧🇮😥😥
Mwiriweneza mukoziwi Mana Imana ikumpere umugisha kwijambo mwigishije
Imani guhe iherezoryiza mamy🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Amen amen Maman buntu.
Maman Uwiteka ajye aguha umugisha uri akarorero ku bagutanguriye nabariho none
Oooh my goodness , Maman Burundi Imana yame ikumpezagirira cane gose muri vyose kuri rino Jambo kutwibutsa akamaro kamarira , ubandanye uhezagirwa
muvuze ukuri mama pasteur, mwuzuye amavuta vyukuri,inyigisho zanyu ziranyubaka
Egom can komra muvyeyi wuburundi 🇧🇮❤️
Mwarahezagiwe cane Mama buntu
Imana iguhezagire kandi ikwambike imbaraga.
Ndagukunda cane muvyeyi wanje
Uko nukuri Mama
Urampezagiy muvyeyi icompa ivyo bihe
Amen
Gusa Ivyo vya mahereni nivyo vyomwizosi urabiheba,kuko urumusenzi satani ntaguhendesh ibishariza mubiri nivyakanya kanya gato,urabiheba plaise wigumire uko.kuko narunvise muntu yagiriw buntu atwibira binga kurivyo bintu,ngo bicuruzwa kugira uwibiguze naho yokorra Imana gt,avyambara bobo baba bashak abo bayovya.plaise urabiheb
Bibi gucirimaza mugezawe kk umucamaz niyesu wenyene nawe usangu fisibindi wazimiriyemwo ataramaherena twakire gukizwa tutaravye birya nabiriya
Wongerw amavuta imbaraga ubwaw abaw na famille yaw yos
Amahoro y'Imana Pastor Denize Mwakoze igikorwa gikomeye kugikorane mwakoze Igitega Ariko hacari icyo gukora hagati y! Ingoma yaba Perezida ningoma y'abami kumiyoborere mu Burundi
Kugirango Amahoro abe yuzuye ubu n'Ubuhanuzi bubategereje