Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Murakoze
Komerezaho papa
Amakuru yo urayaduha kbs
Nukugerageza
Murahanura neza cane kumunshinga mwiza cane nimwirambire
Thanks
Turamahoro
Saw kbs
Ndabaramukije,je narakoreye mining mû ma fone atandukanye kuko iyanje yarise ikibazo arik Ubu yarasubiye gukora.muriyi update mot de passe sinayihinduye nagumij iyo nahorana.Harico vyakwica?
Yihindure
Nitegeko
Urakoze cyane jewe mfise ikibazo cyuko nuguruye compte yanje ituguruka Ngiye kumetta à jour nsanga bansaba kuyugurura nayugurura ikaguma izunguruka gusa nakora iki
Joingroup
chat.whatsapp.com/HYPDJsKonap0kj2mLCWmsm
Nonese nabakoze migrasio birabareba
Niba step5 yahindutse
Ariko nawe vyakunaniye vyanse
😂oya
Kuki ndikuja gufungur wallet yanj ntibikunde igum izunguruka gusa???
Siwowe gusa biraza gukunda
Je ntibikunda ko nshiramwo passphrase canj fingers ngonj mur wallet mwomfash
Wazanditse nabi
@@cryptonanditv oya nineza
Kuko narazanditse Ahantu
Bambwira passphrase invalid
Nonese nutarahinduye fone arabikora?
Niba babiguhaye bikore
Nonese nshuti udafite acces kuri sim card yafungurijeho,ese ntagumuntu yayihindura anyuze kuri email basi?
Yishake
@@cryptonanditv nsobanurira ndikubaza
Ndabaramukije, jew sim nugurujeko pi network iri muburundi nanje ndi Zambia byokunda kompindura password kandi ntayifise hafi??
Genda uyizane
Wew dusangiye ikibazo