Nice interview...Ba Isaac na ba Landry bakwigeho ukuntu wifata imber ya camera ur gukor ikiganiro n'ibibazo ubaza..Iyi interview itumye ngir subscribe kuko Kenshi iyi chanel nayireba gake..so Big up to U SPOKS..Mpise nkwibuka Ukir na ba 19th nanjy niga music kur Centre Jeune KAMENGE 😀..
Muriyi minsi umenga ni Fariouz akomeye Burundi kuki abandi mutaduha amakuru yabo ariko fizzo akaba ariwe ari trend Every well "ongelea na wengine wasani, TV online za burundi mnatucosha
Kabixa mubikoze neza
This presenter is very good and is very respectful person he ask important question wooooow big up
Big fizzo❤
Big up turabakunda sana big fizo nkunda song ze sana
Thx
Jama apewe sifa kko kuba umuziki ndundi uhari afisemwo uruhara runini kandi abo bose ubona barabiye kuriwe
Respect to @ Big Fizzo
#BirashikaBikaba
#DoItForLove
Beautiful show 👍🏾✊🏾🇧🇮
big up be tv nice big brother fizzo good idea
The presenter is the Don, very good others should learn from this guy.
Fizzo acha kweli uwe king wa buja freva unastaili sifa kbs mungu atazidi kuku bariki
Yee BETV murakoze cane iyi emission irafise akamaro cane kandi iri very interested!! ndaryohewe cane vraiment!!
God bless my country🇧🇮🇧🇮
Furious big up
Legend Big Fizzo
interview nziza cane ituje iryoshe kwumviriza
Big fizzo unyimubukij m nyakabiga kw mzungu shamb😂😍
Nice content you deserve more views keep it up
General🇧🇮 nakubaliiii sanaaa kbs
Respect 👌
Behind every successful person is always a painful story
Nice interview...Ba Isaac na ba Landry bakwigeho ukuntu wifata imber ya camera ur gukor ikiganiro n'ibibazo ubaza..Iyi interview itumye ngir subscribe kuko Kenshi iyi chanel nayireba gake..so Big up to U SPOKS..Mpise nkwibuka Ukir na ba 19th nanjy niga music kur Centre Jeune KAMENGE 😀..
Pol San mugani wanj nanj sinabony papa
Living Legend Fizzo 🔥🇧🇮
nakupenda bro. ndibuka tukiga muri 8eme secondaire twahora tuza kukuraba uje kuraba uncle crayz mwisoko. uri inspirateur na FONDATEUR wa buja fleva
True History ,, iryosh cane kumva
Warakoze kweri nikyogituma nzogukunda mpaka
Spoks kbs ntavyamajambo kuer ariyurije sana
Nice video 💪💪👌
Tjr BG fizzo
Narinkumbuy iki kiganiro. Nkunda ukuntu ubaza, inyifato yaw spo, terimber
He is a Live Legend🔥🔥
Wallah maisha yako yaniliza pia yanafuraha chapo changamoto ulipitia pole Fizzo bro 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Umunyamateka Fizzoooo,big up sana
Umuziki ndundi ugeze kuntambwe ishimishije kandi harimwo ukuboko kunini kwa Fizo.Bantu boiy yavuye kure
Yaaaayaaaa fizzo terimber buriya biva kure ark ukobereje urashika arko uraduhenze cnk wibagiye wavuze muntango ko so wawe wamubajije iyava ufise 18ans ubona kumenya ibimwerekeye none haraho wishuy NGO so Wade yashengeye ukiri muto cane utaramenya no kwiyambika...!!!Ana star bacu za muribuka ntimwihende munyish zanyu..!
Muriyi minsi umenga ni Fariouz akomeye Burundi kuki abandi mutaduha amakuru yabo ariko fizzo akaba ariwe ari trend Every well "ongelea na wengine wasani, TV online za burundi mnatucosha
Uyu type yavukanye imbuto 💫 ntabindi
Respect kwa Big Fizzo forever, 🎼🏅🏅🏅🏅🏅🏅🏅🏅🏅🏅🏅🏅🏅🇧🇮✔️
The subtitles not matchin the words!
Spokes ndakunz how ukoresh ikiganir urabishoboy
Fizzo ndumva ko Chameleone ari umujama wawe ! Muzokorane indirimo kweli kandi vyoturyohera cane
Good Benewacu!
interview nziza muga the man behind camera yoraba next time white balance
Cako ni cako Baba
Ikiganiro ciza cne muzotwongere
Kbs legend
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎖🏆 Rugamba
Big fizzo fans
Umuntu wese arya ubugari bwiwe, what?
✌️
Tjr mugani urumuga Bo
bantu bwoy for real
Iki kiganiro niciza ariko kiri bref cane bisaba Spoks usubireyo kuri histoire yiw ,azotubwire no kumubano wabo na Lolilo kera
Big fizzo mu Rwanda turamwera cyane gusumba ya mbwa sat b
Imbwa ni sowaw
yari muri 2000 iyo concert ya kidum je pense
Mweh sh murakuz murahiriw
Yani hakuna mutoto wa bwiza hakuchezea kuiba mahembe nasisi maembe ilikua noma sana mutangazaji jitahidi kumutafuta Natasha lanoma
Wubahwe
ikiganiro cari kiryohey ugutwi
bandanya
Ego vraiment interview iryoshe kabisa!!
Ako gatambara Fizzo afise nakakera,ndakibuka muri Leave me alone yaragafise
Komera mutama turakwemera
Fizzologie numuntu wacu sana turamwemera nabatamwemera azobemeza kuko ibikorwa birivugira