#Mashariki_TV
Вставка
- Опубліковано 5 жов 2024
- #Burundi #Tuyage #Ubutunzi #Urwaruka #SFCG #USAID
Mu rukurikirane rw'amakuru y'urwaruka ruriko rurakora ibijanye n'ukwiteza imbere n'ugutanga ubuzi, tubashikana muri komine #Kayanza intara ya Kayanza nyene, aho #Mashariki_TV yagendeye Claude Ndayishimiye arongoye ishirahamwe ry'urwaruka rukora ubworozi kijambere bw'inkoko.
Congratulations to thèse persons
Nivyiza cane irya shirahamw ryitwa gute
Nivyiza cane
bikunda mwoduha adresse yukuntu twobonana
None uwobarondera yobatora gute turipfuza contact zanyu
Nturindire kandi 2021 Nirwawe Tangura Umugambi Wawe👌👇👇👇👇👇👇👇ua-cam.com/video/-SoRoc_jK9g/v-deo.htmlsub_confirmation=1