Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Sha NICOLE imana ize iguhezagire ujabuke amazi ushike ino i buraya kuko numvirije ijwi ryawe rirateye igomwe kabisa! !abazungu wobatangaza pe 👌
Amen
👍
Imana ivyumve 🙏
Oya rwose natwe mu Rwanda turamukeneye n'ubwo wenda tutamufasha uko bikwiye, ariko ibyiza byose ntibijya I Burayi. Courage rata Nicole wacu!!
@@egidenduwayezuccg1337 ariko iryo jwi ni Made in Burundi nico gituma ndamwifuriza ko yotera imbere akajabuka n,amahanga 👌
Wawuuuuu!!!!ndashaka ko unyigisha kuririmba
Nicole ndifuza k wombera umwarimu nkaba umunyeshure wawe binkundir ndabigusavye🙏❤
salut , uba hehe ?
Nanjewe ndabvipfuza
@@nicoleirakoze uzodufashe nukuri
Mbaye number 2✌✌
Twakubona gute ngo utwigisha
😂😂😂 wayigiriye pe ! Kandi yari toppen
Woooww ibi birakenewe
murakozeee
Urakoze Nicole
Niryiza urturyoher
Courage mukobwa wacu 👌❤
Urakoze irakoze❤😂
Ndaguhezagiye
Murakoze kwama mwigisha mbere vyoba vyiza ugize na ka groupe whatsapp KO fasha cane
Nikundira ukunu abarundukazi mugamba
Mer6 mwiza uririmba neza
Ndagukunda❤
Asante sana urusha piano oh My God
Bravon m cousine ❤️
Tera imbere nkumuzinga
Irakoze urakoze
Uririmbaneza
nice one.nimba bikunda nashak contact zanyu kugira tuzovugane turikumwe.murakoze
TURAGUKUNDA CYANE
Nicole ndaguhezagiye 🙌
Murakoze
Uhezagigwe❤
Ijwi ryawe ryonyene ritera akanyamuneza🙏🙏
Vraiment 💓
Gose cane
Namahoro ncuti yacu? Mfise ingorane yoguhema nabi ndiko ndaririmba umengo ndirimbira mumzz
oooo pole ngira vyosaba ko ndakumva kugira menye ico nogufasha
Bite, umeze neeza?Musanzwe mukorere hehe?
Wow!!!
Kambisa urabizi kuririmba
Merci beaucoup muradufasha rwose
Yawe ndumva wakomeza ukaririmba nukuri esubu nange nzobimenya kweli
❤👌
Njewe ijwi ryanjye rizamo amakaraza can you help me
Ndashak unyigish vibrations 🙄🙄
Tanks
Ewe jewe yoo uranryohereje umusi

Bite, umeze neeza?
Musanzwe mukorere hehe?