Prezida Neva asaba abakozi gukora bakagwiza umwimbu bakirinda ubunebwe.
Вставка
- Опубліковано 8 лют 2025
- #Burundi: Mu gihe hariko hahimbazwa umusi mpuzamakungu w'abakozi n'akazi wabaye kuri uyu wa 01 Rusama mu ntara ya #Kayanza, Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye asaba abarundi kuvavanura n'ingeso yo gusabiriza kandi bagatahura ko umukozi atari uwukorera Reta gusa.
Neza cane muvuga ijambo ririmwo ubwenge nibiharuro vyumva bake cane!mwami salomo
Iyaba urwo rutwe rwaw runganuko rwari rwuzuyemo ubwenge vyari kuba saw, nn rwuzuyemo amazi tu
Nimwiririsi gusa mwibuke uko buca niko mwegereza imva zanyu rero bana neza n'abandi mwese mufise umutima mubi wuzuyinzigo
Ko ntabona inkwavu?
Imbwa yubahirwa amajigo ngaho ntihabura uwukwubahuka
AGNES : Umuryango wa RWIGARA urazira ubugambanyi/CONGO izabona amahoro KAGAME atakiriho- ua-cam.com/video/ABVb05dz7k0/v-deo.html
Ahubwo ntan'isoni mugira