Umukama ni mwiza, mu rugendo rw'ubuzima bwâcu aradukingira muri vyinshi tudaca n'ikanda

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 11 січ 2025

КОМЕНТАРІ • 9

  • @thereseuwimana-mz3hr
    @thereseuwimana-mz3hr 25 днів тому

    Amen.vyukuri Imana uwayizigiye numutima wiwe wose,siwe agwana,ahubwo Imana imutsindira ibitero vya shetani atigeze anabibona.nukuri ivyo tubona ni bike ugereranije nibiduhiga ijoro numurango tutanamenya.
    Dufise Imana ikomeye
    Ninahazwa Mukama Yezu Kristu wewe utugwanira,wewe bukomezi bwacu

  • @mushimiyimanaflora
    @mushimiyimanaflora 26 днів тому

    Amen

  • @seraphinemukarwego7143
    @seraphinemukarwego7143 25 днів тому

    AMEN, MERCI BEAUCOUP

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 26 днів тому +1

    Kristu shemezwa

  • @NtahomvukiyeCélestin
    @NtahomvukiyeCélestin 25 днів тому

    Uri mwiza caaane Mukama Yezu

  • @carolinenakirutimana1559
    @carolinenakirutimana1559 26 днів тому

    Imana izikubitira mu kirere, kuko twebwe abantu tugenda nk,impumyi, ibitero umwandi atugabako ni vyinshi gosee. Ariko afande Michael ararurwana, Raphael nawe akaduherekeza mu mayira yose tunyuramwo.

  • @carolinenakirutimana1559
    @carolinenakirutimana1559 26 днів тому

    N,ubusa bizoruhira gutsindwa . Kuko Imana niyo iri hejuru ya vyose. Babwire baveyo, Dusabe Imana ibakoreko baruhuke.

  • @carolinenakirutimana1559
    @carolinenakirutimana1559 26 днів тому

    Amakarata Yezu arayacanganya bakamera nka babandi bariko barubaka umunara wa babeli. Nanje narabibonye Patiri. Narasengeye mucumba iwanje mbarira Imana nti ndarindiriye inkoni yawe Mana,kuri aba bantu niba ariwewe wampaye Uri rugo. Yarabikoze ndatangara. Ndavuga nti eeeee kumbe hari igihe Imana yumva amaganya y,umusavyi wayo.

  • @carolinenakirutimana1559
    @carolinenakirutimana1559 26 днів тому

    None ga Patiri ntuzi ko hari abarogwa bakabura abobaresha kandi ari beza bakazorindiraaaaaa akarinda yeguka adashatse kubera ko yarozwe