Raba uko umu Candida wa CNDD-FDD mu matora ya 2020, Gen Maj Evariste Ndayishimiye yakiriwe atahutse
Вставка
- Опубліковано 18 вер 2024
- Inyuma yo kwizerwa n’ikoraniro ridasanzwe ngo azoserukire umugambwe CNDD-FDD mu matora yo mu mwaka w’2020, raba ingene Gen Maj Evariste Ndayishimiye yakiriwe atahutse.
Nuyo nuyo samuragwa 🇧🇮🥰🔥🔥🔥🤴
Igihugu c'amahoro, umutekano n'iterambere kiraryoshe kubamwo. J'aime vraiment ma Patrie et mon Peuple paisible et soudé. Ni ikimenyetso ntabesha ko imbere ari heza. Umoja ni nguvu na Mungu abariki nchi yetu na Viongozi wetu.
mukomere abarundi mubaye abambere mwerekanye icyomurusha Rwanda USA brundian turabashigikiye uwudushigikiye nampe like.
Oya rwose Bukuru Benjamin we , igitego cyiza gisukuye muragitsinze naho twebwe iwacu twikorera ibiseke koko !
Abarundi mukwiye amashyi 👏👏👏
its well for excellence MEG. general ndayishimiye evariste shall represent that part in election 2020 .WE NEED a good leader .
Nakuombea kwa Mungu akupe kibali cha kuongoza Burundi , naamini utaleta umoja na mshikamano ndani ya Burundi
Rwanda 🇷🇼 na Burundi 🇧🇮 dukurireho Hutu na tutsi tubashe kuva muntambara.🤣🤣🤣
Nivyiza ncuti ,ariko kagame ntabibona uko.
@@methodalex2735 Ivyo biri Rwanda iwanyu
@@methodalex2735 Ubwo mugushishoza kwawe urebesheje amaso ya kimuntu ikibazo ukibonye MURWANDA kwa Kagame?
Nangwa INYIGISHO ZA PARIDIHUTU na amashereka yurwango y'umuparimuhutukazi wonse yaguhumye amaso..?
Ninyigishoki ushinja Kagame atanga zitadukanya ABANYARWANDA?
Reba Compain za Kagame zose urebe niba zitaba zirimo ABANYARWANDA bose, abahutu nabatutsi...🤔
Nuragiza uhindukire urebe Iza CNDD-FDD maze unyerke UMUTUTSI byibuza umwe(1) rukumbi muriyi mbanga yose.
Ahubwo mbonereho umwanya wo kukwibariza. Ese Muburundi haracaba umututsi nangwa IMBONERAKURE ZIFATANYIJE N'ITEREHAMWEMWE ZO MURI FDLR ZARABAMENESHEJE AKASIGAYE KARAHAHAMUTSE?
Reka dutegereze turebe icyo uyu mugabo azahindura ndabona avuga Imana cyane, Icyakora Imana ibijemo bitazaba nki nawe bya baba padri bomurwanda bo muri 1994. Bashinga Imana iminwa ariko imitima yuzuye ubugome.
Anyway reka tumuhange amaso ke wenda ishaka ryabahezanguni CNDD-FDD ryavamo umutu ubona abantu bose kimwe.
Naho ibyo kugereranya URWANDA Nuburundi mubyubwiyunge urikure.
Kuko muburundi nta mututsi numwe wahirahira kuja muri campaign zabo kandi bagize icyo batemeranyaho kubwabo niwe IMBONERAKURE zabiryozwa kandi yebereye murugo.
Ariko iburundi ntabagabo bahaba urabonako hafu %70 ari igutsina gore mana fasha ibihugu bigendera kumoko. Intambara zatumazeho abagabo mana yanjye nakumiro.
Unomwaka akumwana koyoye ivu
Gwasa ategerezwa kubata hasi mwanka mwemera
Our future president needs more protection, komera komera 👌👌
welcome Burundi is better karibu burundi
Komera mutama turinyuma yawe
Kulibe
KOMERA MON Gen niwarambire abarundi turinyuma yawe
Tumekuona mzee wetu tunakuombea wewe ni Baba lao Mungu yupo pamoja nawewe
Hiii ni wapi
Komera,komera!
Gnl major Evaliste ndayishimeye komera komera can imana imujimbere mubikorwa vyiwe vyo kurongora igihugu
you need to know .the Burundi shall continue to be Burundi and the Rwanda shall continue to be the Rwanda nave days Burundi shall be the Rwanda and nave days the Rwanda shall be the Burundi .but about the triple of HUTU AND TUTSI THAT IS THE DIVISION WAS CREATED BY COLONIES BECAUSE WE SPEAK ONE LANGUAGE FROM THE FAMILY OF BANTU IN AFRICA .
tomorrow for our future I see shall be very better.
None nkabo bakecuru. Birirwa baravyina. Mubona. Badakwiye agashimwe. Abantu bazopfa barushe. Baruhirubusa. 💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃💃
Batambiraaaaa ivyokurya babahenda
Erega Wewe ubumvira imbabazi kubera batariko bavyinira wewe
Sadiq Sajan kweli ntanivyo babaha. Ahubwo. Umenga ntabwenge bagila urazi nkamafranga abobakulu bababafise nimeshi. Nabo abenegihugu batagila nayeboyebo yogushira mumagulu bilababaje
Awe raisi mwema ambae atajari maisha ya warundi wote ambae ataleta umoja asiwe na ubaguzi maana hatupendi kuona migogo ya hapa na pale
Ramba ramba, muga muri sécurité harimo aka désordre. Il faut corriger
Muramwemeje ; oya nimumwemeze maze abamwara bamware ,bamwazwa na biseke n'inkangara!!!
Nyakwubahwa nyenicubahiro general ndayishimiye mugiye kurongora igihugu, muzotubarize ibibera muri OTRACO aho abashoferi binjija imodoka mucumba ca controle technique batayinjiza udatanze 5000 vyiyongera kuyo warishe
Ntakije!!! Dd uretse gukenesha abanyagihugu igicabahendasha ifashanyo yinticantikize ntakindi ishoboye
ramba mon gen
Il est déjà President
Umutekano ntucunzwe neza n'aho ari ukwigina intsinzi n'ukuraba escorte igakosora kuko harigihe umwansi yinyegeza Aho nyene mu rwinshi
THE BURUNDI AND RWANDA WE HAVE NOT TRIPLE THAT IS THE DIVISION WAS BRING BY COLONIES.BECAUSE WE HAVE ONE LANGUAGE.IS THE BANTU LANGUAGE. SO NTA MUHUTU NTA MUTUTSI WE ARE THE ONE FAMILY
Moi auusi, je me pose la même question: pourquoi le Rwanda et le Burundi sont les deux pays alors que nous parlons la même langue et nous avons la même histoire. Peut être dans les années très anterieures c'etait une seule nation.
Iyindi migabwe nigombe yikure mu matora. Hanyuma babandi nabo bamye bikeka kwibwa amatora bashake binumire. Twarabarahiye ko tutazopfa dusubiye gutwagwa bufuni nabuhoro na bahima bari baraturiye imitsi ataco batumariye
Uzorwara umutima nutikuramwo inzigo yamacakubiri. Saba Imana imbabazi urababarirwa. Mbega wobura amaraso womenya ko wahawe ayuwo wewe wita umuhima canke womenya ko wavuwe nayo wewe wita umuhutu??????? Reka sha kwita amazina utandukanya abo Imana itatandukanije
Ni ugukomeza securite escorts! si non!?!.
Nkurunziza uri umugabo Kandi wakoze igikorwa k' indashyikirwa ,utanze ubutegetsi mu mahoro Kandi uzagira amahoro kuko ukoze ibyo Abarundi bashaka .Uri intwari.
Ni mukomere kw'ibanga Bagumyabanga namwe bakenyererarugamba ndetse bose Mbonerakure dukore duteze igihugu cacu inverse. Ijoro ni Umuraga
Imana ikuje imbere
Burakeye amajwi tuyamuhunde aje kw'ivola, arashoboyeeeeee!!!
Komera samurarwa nimiya kwamiya
Ng'uyu Samurarwa muze tumusanganire! Akuzuye ntikamurikwa...
NTIBAKORAKO KIRIMWO ABAGABO . READY. READY . NTIYARUZWA
Natamani sana nipajue Burundi inchi ambao baba zangu ndo alipozaliwa
Hangama kungoma mutama tuzagutora%
Ntagahora gahanze nabobahima uvuga ntibiyumvirako barekura,ibihe bihibindi
itsinzi nikashi biraboneka
Moise ntakirutimana wewe uvutse ejo nicogituma tubabwira kuzirikana igihugu tukabaha ni nyigisho zo kugikunda sikindi nuko mwomenya amateka yaco. Wewe ndumvirije iyi comment yawe iranyereka neza uwuriwe, ariko atahure niza ko mwene wacu urya nkubwira ko yaducuze bufuni na buhoro ko atariyo mvugo yiwe. Urabumviriza namajambo yabo bavuga igikozwe numuhutu umwe citirigwa abahutu bosi gisigure ko ihwa rigwa hasi ariko ko ritabora. Sukubanka ariko tubereka ukuri kwivyo bakoze hanyuma bareke tubane. Nikuki aho bari hosi mumitwr yabo bashaka kuba aribo barimbere gusa? Nibiciye munzira yamatora batavyevyemera! Wewe wonsigurira icatumye bica Ndadaye mu 1993 ??? Bamuhoye ikiiiii? Atari kuva umuhutu. Bonyene bivugira ko atagikete curira uburiri ndigurira ivyo data wewe uzi kwa amaraso aramwe. Ariko wibuke ko imitima atarimwe numushatsi atarumwe bisigure ko nubwenke atari bumwe.
ijwi ryiwanje abagumyabanga murarifise kweli ntegerezwa gushigikira iyo ntwazangabo mwashize imbere .kabisa ni mukomere ndabona bimeze neza .
Rambaa future président wancuu turinyuma yawe
Neva turamushigikiy100%
Ego birabereye cane burundi nubwambere turagukunda burundi ego busimbe imaga stimbatare muraberewe cane imana iraho turikumavi kabisa
Komera mutama
Ndabona ari ibirori