Béni ivyo bintu ntitubikeneye iyo ni style ya ba nyarwanda turaziko chaine ya comédie ya BUJA HIT kwari BURUNDI TV, rero iyo Comédie mwari kuyishira kwi chaine yanyu ya comédie(BURUNDI TV) twe dukeneye amakuru ari réel,ibisigaye ABARUNDI ntago turi ibijuju
Basha nukuri abo bahungu barakwiye umuntu yize bible hanyuma bakabafasha vyukuri boshika Kure naho bamwe tutemeranya KO bashoboye vrmnt barafise impano
Ndabakunda kuko ivyomukina vyose ndababonamwo gutinya imana yaremye isi nijuru
Bemwandika titre ihuye n'ivyo mugomba mwerekane. Mudomeko
Big up papa ariko busubiramwo amajambo ya bibiliya wigishe abantu vyofasha benshi
Muburundi haragasya wallah🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗
Wetu turagukunda cane uradutwenza cane ubahwe
Charité courage vraiment wagize creation ya comedy style nziza!! Bless up!!🇧🇮🇧🇮
Ababatipe bafise impano idasanzwe kabisa courage murashoboye peeee
Ma kafiri hawa wanatokeya wapi ya Rabbi
Yesuu 😅😅😅😅😅
Mbavu zangu weeee😂😁😁😁😁😁😀😀😀
Wedu😅😅😅😅😅😅😅😳😳😳😳😳😳❤❤❤❤❤❤💖💖
Uyo yesu wetu wa bujafleva fanta iko tayari
Manawe kuvaho mwakoreye ikiganiro muza mwanyemeje aba nabambere wallah
Yesuuuuuu
Kandi ivyo WETU akina ni vyiza ni comédie turabakunda cane nkizindi comédies ariko MUREKE kutugira ibijuju ngo SAT .B
😂😂✌courage
😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀ibi bigabo rwose
Courage turabakunda
Kbx murashoboye
uwomugabo witeze igitambaro cyomumutwe afite ubwanwa wagira aheruka kubusokoza bukimera
Hhhhhh
⚘⚘⚘⚘⚘⚘⚘⚘⚘⚘
Murashoboye
😀😀😀😀
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮😘😘😘
Yoooo.muranyishe
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪🤣🤣🇸🇦🇸🇦
Natwe BMB turimumahanga muratunezereza tugashima cane.
Béni ivyo bintu ntitubikeneye iyo ni style ya ba nyarwanda turaziko chaine ya comédie ya BUJA HIT kwari BURUNDI TV, rero iyo Comédie mwari kuyishira kwi chaine yanyu ya comédie(BURUNDI TV) twe dukeneye amakuru ari réel,ibisigaye ABARUNDI ntago turi ibijuju
😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣😂
😅😅😅
Nimunfashe mumpe Channel yabobagabo please bararyoheye cane. Nihagire uwubinfasha mukubona page yabo 🙏
Yitwa charité le comedien
😂😂😂😂😂😂
Iyo style niyo kbsa.arisangije.knd birimwo nogutezimbere abaririmvyi
Fabelove mb wew ari mubik mutubariz ham sat b nawe natere imber
Barashoboye nuko batatubiye aha twobakura mukurabira ibikogwa vyabo
Bitwa charité le comedien
Nahenzapye
Weweweweeeeeeee🤣🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤🙄🙄🙄🧏♀️🧏♀️🧏♀️
😁😁😁😁😁😜😜😜wetu nihatar
Uyo pujam arashoboye
BENI URAZI JOURNALISME URAZI KUBAZA IBIBAZO
None Benni nawe uranyish! Nta objectif rero ufita🤦🤦😀😄😂 Ko uri introduction watubwiyko ugiy kuvumbura sat-b munzu nshasha aheruts kugura!!!!?
Tuze turabakurikirana
😂😂😂😂😂mama we
Hahaaaaaa ndamanyuts
Makubwa aya duniani shida
Hhhhhhhhh yooooooo
ngo murabikora nkihorera mukibaza ko mpwanye namwe muragowe abatitura ijambo ryimana
Neza cane
Hahaaa
😂😂😂😂muratesa
😂😂😂😂😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥
Kweri kbx murashoboy😂😂😂😂🇧🇮❤❤
🤣🤣🤣🤣 dabemera pe
😂😂😂😂😂😂😂
Haaaa
😂😂😂😂😂😂😂Muranyishe
🤣🤣Ariko se murantwengej
be mukora ibiraba. apana gufyina nivyimana
Nonsense
None nta utube bafise
P
Muburundi haragasya wallah🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗