Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
❤❤❤❤❤❤❤ndabakunda caaae Imana izompe tubane mwijuru
Amen! Yesu aguhezagire ! Paul nawe yabivuze neza avuga amajambo bene ayo ko abwira aba Tesalonike 4:13-18Imana ifashe cane abariko baraca mubihe bigoye.
Amen namwe abahezagire
Amen Amen inyuma y' ububuzima hariho ubundi buzima
Hahirwa abapfa bapfira mu mwami!!! Ameen
Amen you Iman nukur yesu yaranesheje Iman ikwiteh urimwiz Iman byiz ndagukunds
Your voice and the message conveyed in your songs really arouse one's spirit!
Imana ikongere amavuta mukozi w'Imana❤❤❤❤
Yesu akonger amavuta💕💕
Aameen!Uhoraho agukomereze igikorwa co kuvuga ubutumwa biciye mu Ndirimbo mwene Data.
Amena emn
Amen.Yesu aguhezagire cane.Aduhe ivyizigiro twibukeko inyuma yubu buzima hariho ubundi
Hahirwa abapfa bapfira mu mwami Yesu🙏🏾
❤❤❤❤❤❤ lmanishimwe kukumwewese ozomusarurira kucoyabovye❤
😭😭😭inyum yububuzim harih ubundi shimwa mwami wanje ❤
Yegooooo Hahirwa abapfa bapfira Mumwami Yesu Kristo Yesu weee Umpiherezo Ryiza Mwami yesu nzembane nawe Murikirimba c' Icuju
Amen
Shaa nukur imana izobahe iherezo ryiza muburundi muri kukivi❤❤
Hezagigwa ndagukund mukozi wi mana iyindirimb irimwo amajambo akomey
❤❤❤❤Amen 69072544
Amen benedata imana ibakomeze cane
Vyukuri inyuma y,Ubu buzima hariho ubundi aaamen binyongeye ivyizigiro
Amen muhezagirwe cane mukozi W'IMANA
Ndagukunda CN imana igukomereze impano yaweee❤❤❤❤
Uhezagirwe yesu aguhe umugisha iyindirimbo yarambereye indemeshanyo 2022 mbura umuvyeyi
Yesu akomeze kukujimbere vyose bizogenda neza
Yesu aguhezagire maman Mariam ndagukunda
God bless you for reminding us the only secret of a live in other life💕💕💕
Hallelluah lmanishimwe cyane ninyamaboko
Ameen,mama miriam umutima wanje urakukunda chane.
Amen murakoze nanje ndabakunda
Harahiriw abapfa bapfira mumwami natwebw Yesu azoduh iherezo ryiza
Yesu akuvugutire cane.nukuri ivyizigiro vyacu birihoHahirwa abapfa bapfira mumwami.
Ibanga ni rimwe abari muri Yesuuu kristo
Ndagukumda urampezagira.iyindirimbo irandemeshejeko inyuma yuu buzima harihubundi
Urakoze mwizaa11 indirimbo iremeshaaaaaaa
Keep shining grande Follow yr dream
Yesu aguhezagire kuturemesha
Keep it up,Mirriam!
Good Luck my sister
[Mpwemu at egooooo baruhuke ubutame bwabo ] Amen Amen
Imana iguhezagire cane,ufise amavuta
I love you so much mummy❤
Nukuri ndasabye nime ziwe muzob mukoze cane ndabinginze uwuzifis azimp
Imana iguhezagire mme
Amen mwarahezagiw
Ndagukunda cane amavuta
Imana iguhezagire kubw'iy'indirimbo ituremesha mubihe tuba twabuze abacu
Hahigwa abapfa bapfira mumwami mana ndagusavy kuzomp iherez ryiza
Ameni nivyo gufyira mumwami nivyovyiza
Ndafashijwe
Imana ibambikimbaraga mubandanye miyivugira
Komeza iyingabire ntizime Maze Imana izoguhemba dada
Courage ❤
Imana izabampere ijuru muvyeyi
Hezagirwa muvyey wanj ndagukunda
Amen .God bless u SisterThis is an Uplifting song😍
😭😭😢😢data uzohora utugumizamwo ibanga ryabakwakiriye😰😥😥
Asante murampimbay❤❤❤❤
Congratulations Miriam,wariwaranyegeje link
Muhezagirwa aba mama beza.
Hezagirwa,nivyo hahirwa abapfa bapfira mu mwami
ivyizigiro vyabubahimana biriho koko
Nice too!
Amen 🙏
Hahi rwabapfa bapfira mumwami.
Muhezagigwe
Be blessed
Imana ikwongere amavuta
Manuzampe iherezo ryiza
Hezagigwa
Bavyeyi murashoboye caanemuhezagirwe
Terimbere mwana w'iwacu!!!!
Indirimbo nziza cane😭😭😭
Nanjye iconsaba niherezo ryizaa gusa ibind byooose nubusa gusa
Nukur
Komeza
❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Je darlene ngukund🥰🥰🥰amen
Hezagirwa cane
Ego can hahirwa abapf bapfir mumwami
Mwaratse nz
Indirimbo zirimw'ubugingo gumakurugamba muzoronkimpera
Ego vraiment ivyizigiro vyabubaha lMANA biriho
Indirimbo iremesha ababuze ababo
Hezagirwa
😢😢
😢😢😢🙏🙏🎉🎉
Imanikongeramavut
MWOTUROSA NIMERO Y TEREFON YUYU MUDAMJ MARIAM MWOB MUKOZE
YESU NASHIMWE BENEDATA NPGOMBA KUBASABA INIMEROVYUYU MUDAMU MARIAM YARIRIVYE IYI NDIRIMBP HARUMUNTU UMUKFNEY CSNE PP MURABA MUKOZE
Miriam WE ubandanyuk usabe yesaguhinkomez
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤ndabakunda caaae Imana izompe tubane mwijuru
Amen! Yesu aguhezagire ! Paul nawe yabivuze neza avuga amajambo bene ayo ko abwira aba Tesalonike 4:13-18
Imana ifashe cane abariko baraca mubihe bigoye.
Amen namwe abahezagire
Amen Amen inyuma y' ububuzima hariho ubundi buzima
Hahirwa abapfa bapfira mu mwami!!! Ameen
Amen you Iman nukur yesu yaranesheje Iman ikwiteh urimwiz Iman byiz ndagukunds
Your voice and the message conveyed in your songs really arouse one's spirit!
Imana ikongere amavuta mukozi w'Imana❤❤❤❤
Yesu akonger amavuta💕💕
Aameen!Uhoraho agukomereze igikorwa co kuvuga ubutumwa biciye mu Ndirimbo mwene Data.
Amena emn
Amen.Yesu aguhezagire cane.Aduhe ivyizigiro twibukeko inyuma yubu buzima hariho ubundi
Hahirwa abapfa bapfira mu mwami Yesu🙏🏾
❤❤❤❤❤❤ lmanishimwe kukumwewese ozomusarurira kucoyabovye❤
😭😭😭inyum yububuzim harih ubundi shimwa mwami wanje ❤
Yegooooo Hahirwa abapfa bapfira Mumwami Yesu Kristo Yesu weee Umpiherezo Ryiza Mwami yesu nzembane nawe Murikirimba c' Icuju
Amen
Shaa nukur imana izobahe iherezo ryiza muburundi muri kukivi❤❤
Amen
Hezagigwa ndagukund mukozi wi mana iyindirimb irimwo amajambo akomey
❤❤❤❤Amen 69072544
Amen benedata imana ibakomeze cane
Vyukuri inyuma y,Ubu buzima hariho ubundi aaamen binyongeye ivyizigiro
Amen muhezagirwe cane mukozi W'IMANA
Ndagukunda CN imana igukomereze impano yaweee❤❤❤❤
Uhezagirwe yesu aguhe umugisha iyindirimbo yarambereye indemeshanyo 2022 mbura umuvyeyi
Yesu akomeze kukujimbere vyose bizogenda neza
Yesu aguhezagire maman Mariam ndagukunda
God bless you for reminding us the only secret of a live in other life💕💕💕
Hallelluah lmanishimwe cyane ninyamaboko
Ameen,mama miriam umutima wanje urakukunda chane.
Amen murakoze nanje ndabakunda
Harahiriw abapfa bapfira mumwami natwebw Yesu azoduh iherezo ryiza
Yesu akuvugutire cane.nukuri ivyizigiro vyacu biriho
Hahirwa abapfa bapfira mumwami.
Ibanga ni rimwe abari muri Yesuuu kristo
Ndagukumda urampezagira.iyindirimbo irandemeshejeko inyuma yuu buzima harihubundi
Urakoze mwizaa11 indirimbo iremeshaaaaaaa
Keep shining grande Follow yr dream
Yesu aguhezagire kuturemesha
Keep it up,Mirriam!
Good Luck my sister
[Mpwemu at egooooo baruhuke ubutame bwabo ] Amen Amen
Imana iguhezagire cane,ufise amavuta
I love you so much mummy❤
Nukuri ndasabye nime ziwe muzob mukoze cane ndabinginze uwuzifis azimp
Imana iguhezagire mme
Amen mwarahezagiw
Ndagukunda cane amavuta
Imana iguhezagire kubw'iy'indirimbo ituremesha mubihe tuba twabuze abacu
Hahigwa abapfa bapfira mumwami mana ndagusavy kuzomp iherez ryiza
Ameni nivyo gufyira mumwami nivyovyiza
Ndafashijwe
Imana ibambikimbaraga mubandanye miyivugira
Komeza iyingabire ntizime Maze Imana izoguhemba dada
Courage ❤
Imana izabampere ijuru muvyeyi
Hezagirwa muvyey wanj ndagukunda
Amen .God bless u Sister
This is an Uplifting song😍