Theojen kiukweli mi Ni mshabiki wako saaaaana''''niko Tanzania mwanza napenda Sana nyimbo zako nimekuwa siendi kanisani muda mrefu Ila kwa maneno yako haya narudi upya mungu yupo nyimbo zako zinaishi milele nataman nikuone:🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤❤👍
Ndakwibuka utarater imbere cane tuyaga waje mu Kayanza ku Kirema (Église Pentecôte) wari uciye bugufi caaane. Uvyiyumviro ufise ni bizima kandi ni ubuzima bwa misi yose birumvikana ko ata buryarya burimwo Courage.
Theojen kiukweli mi Ni mshabiki wako saaaaana''''niko Tanzania mwanza napenda Sana nyimbo zako nimekuwa siendi kanisani muda mrefu Ila kwa maneno yako haya narudi upya mungu yupo nyimbo zako zinaishi milele nataman nikuone:🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤❤👍
imana yarakubabariye nshutiyacu
Imana irishura Théo knd ntaho itavana umuntu kndi ntaho itamugeza,vyose biva mugusenga❤
Theo kuvugisha ukuri nivyiza cane lmana yarakubabariy
Lots of Love from 🇺🇬🇺🇬🇺🇬🇺🇬 Katonda akukurembere era akuwangaaze
Muzatubwire papa wawe nyuma yo kubanga Amaherezo ye kugeza uyu munsi Murakoze
Papawawearihoariturifuzakuzamubona
Théo humura Imana ntikora nkabantu.Ndubatswe nintahe utanze naho nkiyumva nagize agahinda kenshi ariko urangije ndi mu mashimwe .Uhoraho akomezekubananawe yongere akuduze kuyindi levo .Ngaho Aho waririye niho uririmbiye kandi abagusuzuguye nasigaye bakuramutsa n'icubahiro.Ico naco ndagishimira Imana pe.komera
Bukongera bugacya n'ejo bugacyaaaaa!!! Komera komera Imana ni byose kuli twese abaYemera
Imana ishimwe ko itaretse ngo ugume mu mwiza. Ikongera kuguhamagara ukitaba. Ndakunda indirimbo uririmba. Buzaca❤
Murakoze cane ,kuba mudushikirije intahe ya Théogène kandi ndamukunze caaane kuntahe yiwe numva indyoheye cane .kuba avuze KO u Burundi arco gihugu cambere kW isi akunda
Teo uvuga ukuri nanje ivyondimwo biranenze ariko fire yesu ndmubigeragezo
Théo Ur umuntu muzima sha intahe zawe ziramfasha
Ndagukunda cyanje ntandirimboyawentazi
Theo ndanezerewe nukuri ndasubiyemwo naho Imana itogukura nukuri 🙏🙏
Ntaho Imana Itakur'umuntu.
Intahe zawe ziranyubaka,Imana ikomeze kukuduza gose
Ubundi Cael niwe Wambere ukora Neza ibiganiro kandi Ubaza n'ibibazo bikenewe . Uvuga ukuri Theo❤
Imana iguhezagire theo!
Ndakwishimira Cne Theo Imana ikomeze ikutuzigamira
Ko imana yaguhezagiy,kandi uracari muto biraboneka ko ufise kazoza,rero tekereza ukore ikiganiro neza urek ibisazi mugutangura ikiganiro.nukuri vyogufasha
Nkunda ibiganiro vya Theo vyose , harimwo ubutumwa budasanzwe kandi agacishamwo agatwenza , Imana ukorera ibandanye ikwagura mumpande zose zubuzima bwawe
Ubuhamya kwa Theo igihe cose bwama bumbera bushasha nukuri. Imana imuhezagire kndi izomuhe iherezo ryiza
Ukuri Kwa nikwo kukwanje ugire umugisha
Ntaho imana itakura umuntu.😊
Imana ikongere inkomezi ukurinde imyobo yumugwanizi
Imana ibandanye igukomeza
Imana yaramutabaye arabiheba
Yoooo mbega ubuhsmya kobybabaje wavuye kulepe umuntu nimugari
Ntaho Imana idakura umuntu
Yooo vyari bibabaje cane ugabo vyose kazima lmana yahabaye
Yoo,pole sana kukubura umuvukanyi kubera inzara.Birababaje cane.
Nkunda indirimbo ziwe cane Imana imuhe umugisha🎉🎉🎉🎉
Urakoze kuba umugabo
Théo ndagukunda kdi hahirwa ugwa Akabyuka ujye wirinda izonkobwa ❤
Mwiriwe cane.
Burya Mwenedata Théo ivyavuga n'ukuri, abantu benshi benshi bishira hejuru, ndashima Ku ndirimbo *Ikigeragezo si karande*
Nabonye uyumugabo in 2008 acyiri agasore gatoya, arahindutse cyane rwose
Welcome again Theo wacu!gusa intahe yawe ikora ahantu umuntakumvko bugye gukomeza buca
Ndakwibuka utarater imbere cane tuyaga waje mu Kayanza ku Kirema (Église Pentecôte) wari uciye bugufi caaane. Uvyiyumviro ufise ni bizima kandi ni ubuzima bwa misi yose birumvikana ko ata buryarya burimwo Courage.
Ndakwemera komeza
ndagushimiye gael ndashimiye theogene aranyigishije caane akomez kumererwa neeza
Ivyo uguma uvuga ngo iyi poum idasanze , ukaguma ubisubiramwo sivyiza. Ntivyumvikana neza!
Ahubwo nivyo vyiza, bavyita ibirungo.
Imana ikongere amavuta Théo
Wari intwari ugiye tukigukunda Imana ikwakire mu bwami bwayo irait impamvu iguhamagaye
Nukuri lmana ikurinde kandi igufashe
Nongeye kugukunda Theo yandirimbo wakoze yitwa "UBURYO IMANA YACU ARI NZIZA NTIWABIVUGA NGO URANGIZE KKO UKO BUKEYE TUVA MUBWIZA TUJYA MUBUNDI TUVUGA IBYIZA YAKOZE TUGATANGAHO N'INGERO ABATABIZI BIKABACANGA BAKATWITA ABASAZI ARIKO NTABWO TURI ABASAZI AHUBWO TURI ABASIZI" KUBW'UMUTIMA W'IMBABAZI W'IMANA IFITE NIWO UZATUMA UMUSEKE UDUTAMBIKIRA UZAMURIKIRA ABICAYE MU MWIJIMA NO MU GICUCU CY'URUPFU" IMANA IGUHE UMUHISHA THEOGENE I'M your lover Theophile from Southern province
Ndakwikundiragacane meddy
Nukuri lmana shimwe yakugaruye peee❤❤❤
Igihe c'Imana cama ariciza. Isaha igize iratabara
Ndagukundacane komeramuriyesu
Big up Théo !komeza mugenzi IMANA imbere hari nahandi we gumamwo uzagera kure cane
Uvuz ukuri kabisa theo
Karibu muvandimwe turagukunda
Karibu cane turagukunda theogene❤
😭😭😭😭😭
YESU akubabarire 😭
Merci pe
Ubuhamya bwawe bunkozeho cane
Turakwishimiye mu bwami mutama Theo 🙌🏿
Ntacyo bitwaye umuntu ahora ahindagurika ariko icyambere nukumenya ko wacumuye ukagarukira Imana.
theo wubahwe intahe yawe ntamuntu numw atokwiyumvamwo kuk uwutazi ubuzima nkubwo haricatarabona tuze duha agaciro umuntu ukwariko kose kuk nikiremwa cimana
Akirishimwe ngushimiy
❤ Imana ikomeze ikugirira neza Théo, ubandanye uremesha abantu
Urigisha pe
Egoooo Nanjye ndahimbawe ndanafashijwe
Impano y'ukwihangana irakomeye cane. Uhezagirwe 🙏
Theo ndakwikundira rwose
Gaël nawe wubahwe kwl urumusesanguzi nemera❤
Theogene pole wavuye kure
ISASE RIVA KU CUMA, NKABA NDIGURUKIYE! BENAMATWI BENEKUBONA! UMUHUSHURO.GISYO!
Ntamuntu w,lmana uhera
Waauuu ikiganiro ciza cane
Ibintu biba bikomeye umuntu avakure
Theo urasetsa pe
Haaa umukubito utuzaniye inkuru iryoshe
Theo komera caane kandi wongere ukomere
Nice Ameen ❤❤❤❤
Gusa Theo urabeshe icaha co gusambana, kwica sico kimwe nokubesha cank nivyo bindi . Ubikora ukumva amahoro na wewe ubwawe uba ufite ikibazo kubijanye na Mwemu Yera .
😢😢😢😢thx m'y mate
Ok thank u 2 ur
Merci Gael
Pole Theo warabayeho nabi😅
Thanks
Théo ATI " père inconnu sinunva icarico".ikintu yabivuze nicocantwengej.
Gael big up bro
Mwari mwarose umutumire adasanzwe mukomeze
Ndakubaha teugene
Kuba waragarutse munzira nziza nibyambere
Ubuhamya bwawe bunkora k'umutima kdi nkwifuriza gukora kuburyo Imana itazicuza kukubera so😢
Naho utabivuga varikumenyekana kuko wari wavyaye umwana ntawuhisha umwotsi inzu isha
Theo ukomeze uririmba indirimbo Zaw ziratwubaka vrt
Girumugisha theogene bosebabireba
Ikiganiro ciza cane
Urakoze kutuzanira theo
Ntivyoroshe ibigeragezo birarytana nukuri lman ninziza ntakure habi itokura umuntu🙏🙏🙏🙏🙏
Waw
Nuwambere pe
Pore theo
Komer teo
Uwushaka indirimbo ziwe naje kuri UA-cam yandike Theogene bosebabireba
Kbs tho imana ikura kure
mbaye uwambere mump rink
Umukubito hezagirwa mutuzanira abantu bensi badusubiza mwintege zokwizera
Hallelujah Nice 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Abantu niko bameze gusa bajye bibukako iyabahaye niyo yatwimye natwe dutegereje ibitangaza by'Imana
Théo❤
Amen
umuhushuro hushura nne ncut mumpere piss theo bose babireba oyee
BUNYONI