Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
So sad😢 ntawakwishimira ikibazo cya mugenzi we ariko ku Isi hose ifite iduga ry’ibiciro ariko muburyo mubyitwaramo nicyo kizagenda gifasha uburundi none ufunze umupaka kandi hari byinshi byama bicaho mu makamyo kuri make None uzumva umuntu uzazana mayoneze ayicishije Tanzania azaguca Angahe? CNDD ireke kuvanga yite ku mwenegihugu 🙏
😢😢😢uburundi nubwomuri ruj 😢😢imana nirabe amarirayabzrundi azobahumira😢😢😭😭😭🙆
Jew ndarindiye uko aziyamamaza avuga nzocamemyako hariho abatamaramara niyahagarara hejuru yabamyagihugu ngariko ababwira bamutore😢😢😢😢😢😢😢😊
Davi ningorane ikomeye cane ndakubwiye😂
Ikigihuca cacu kirashobora nokumena umutwe Imana yakiremye kuko uravye abarongozi in gene bapfuma munda abobokijije ni agahomerabunwa.
Nukuri ahubwo lmana irihangana hageze kugihugu cuburundi hoho ntivyorosh
Maze satani yitegereza u Burundi , yifata kumutwe agira ati "YESU WEEE"
merci Davis ha ntakindi n' incompétence des représentants kuko muri Aest Afrique ntahandi ibi biri sauf mugihugu camata nubuki😅dukeneye ABA revoilà liste socialistes
Umwami yabajije Samandari, ati mbe Samandari ko ari wewe nashinze kugena abashikiranganji no kugenzura imirimo yabo, none nkaba numva mugihugu cose, mu bisata vyose ngo abanyagihugu bararira ngo ibibazo vyabaye ndanse, none wewe ntaco uriko urafasha abanyagihugu banje bariko bararira?!_ Samandari ati ndabafasha cane mwami w'uburundi; ndabafasha kurira...!!! 😇😇😇😂😂😂😂😂😂💩.
Nkunda ibiganiro byanyu
'umurundi ataba muburundi novuga KO ahiriwe.
Avugur
Myabuna abavuga bikaner kure nimudutabarize inzara iratwishe kubera iduga ryibibintu
Nimureke wana 🤣 reka tugwane ukunyene aha ibibihe turimwo bizorema intwari nyishi aha ndazi mugira muntuke
Davi,ufise kazoza keza.Ukomeze ukwo gusa uze wirindekuvuga aho uhagaze kugira umwuga wawe ugende neza.Kugeza ubuuhagaze neza
Sinorengana aho mbonye uriko uravuga kuko uduha ibintu vyumvikana Davis, hezagirwa
Siduga ryibiciro ahubwo nitaryagaciro ryamafaranga yacu nayo ibiciro vyo nivyabindi nyene
Wapi Never we ntiyakije,vuba abarundi inzara irabica.
😂😂😂
So sad😢 ntawakwishimira ikibazo cya mugenzi we ariko ku Isi hose ifite iduga ry’ibiciro ariko muburyo mubyitwaramo nicyo kizagenda gifasha uburundi none ufunze umupaka kandi hari byinshi byama bicaho mu makamyo kuri make
None uzumva umuntu uzazana mayoneze ayicishije Tanzania azaguca Angahe? CNDD ireke kuvanga yite ku mwenegihugu 🙏

Davi,ufise kazoza keza.Ukomeze ukwo gusa uze wirinde
kuvuga aho uhagaze kugira umwuga wawe ugende neza.Kugeza ubu
uhagaze neza