Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Sabass congratulations Yesu ashishikare kugira neza
Film yari irimwo impanuro nyinshi vrmt. Courage Sabbas, tegura nizindi
Oh wow turabashimiye ukuntu mwabitunganije neza. Hanyuma rero tubakebure, Kajeneza uwo fiance wawe hanyuma muze muraraba ntakine yambaye impeta kandi ar'umwigeme. Murakoze iyo film yari number one. Ntimudutevye mutunyarukirize iyindi.
Yooooo intuntu yanyu yarindembej sabbas ndabaza nyamb utazindi ufite kk iyinyandiko yawe irarenze sabass, Mario mfalme, fany lavine, Abel, mwubahwe mukwandika lov from🇰🇪🇰🇪
Yooooo mukomere caneee nagira tuzobona ikindigice ariko iraragiye yooooo ntakundi kweri. Ndukwiriye kubana ubusima bwongusabana imbabazi nokubana neza nabantu. Murakoze kumpanuro nziza munduhaye, Imana ibahezagire kandi murushirizeho kububwaneza murivyose kandi tuze tungire urugendo ryize tuzetubonanire mw’Ijuru.Amina Amina Amina 🙏🏾🥰🇧🇮🥰
Murakoze cn Imana ibaj imbere mubikogwa vyany Vyos Mutanga ivyigwa vyish Can gose Iy ndik ndabirab nanj binyish ivyakahis arik Ivy'Imana igomb nivy vyiz can
Sinarinzi ko Maman wa Enock yohinduka kimw nivyiza vyose vyamenyekany sabbas uwo mutim wurukundo uzowamane tur💞💞💞💞💞
Iyifilme yarimw inyigish zikomey cane mwubahwe muracar namba one
Sabbas.ndakwinginze ntihere ndakuvye imbabazi muyikomeze kuko nimpanuro zikomeye cane gose iyi film iributse abantubeshe sabbas ndaciye bugufi ndakwinginze dufashe uyikomeze irahanura cane gose courage mwubahwe mubikoranezape.ariko ntimubwireko iheze norira muranyubaka mukanyuzuza abarundi oyeeee iyi film niyope🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯💯❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
iyindi vuba
Muranyigishije kabisa mama chéilla Imana igihezagire kabisa urandemesheje cane nyuma yoguhemukirwa hariyo umugisha nukuri yarinyigisho yukuri kabisa.
Akaryoshe ntigahora mwitama 🙆🙆🙆 courage murashoboye muduhereze utundi
Guhitamo uwo muzokubakanaua-cam.com/video/TmLt3P41ZB4/v-deo.html
Murakoze cane mwese Kajeneza Imana iguhezagire cane kuriyi nyigisho nzinza mutwigishije abenshi ikintu co kumbabarira kiratugora cane Imana idutabare cane
Izompanuro nizo sabbas yubawe courage uduhe nizindi ntigobura uwo bifasha agahinduka
Good sabbas.urigisha neza cane.uhezagigwe.
Mana wee mureke yitwe Imana ,Imana ntaco ikorera ubusa ikorera kumwanya wayo mr6 kuntigisho zanyu nziza mwaduhate courage2 cane mwese.
Sebbas imana ibahezagire mubikogwa vyanyu Murategura kbx❤️
Murakoze k'umutima wanje Yesu Azakomeze kubaganza no kubarongora..Murakaramba
Abavyey bamez nk Mama w Enock bihanure kuk agat gateretsw n, Iman ntihanurw n,umuyag sabbas wagiz nez kutabasohor ng bangare 🥰🥰
Yoooo iracabandanya. Sabbac. Nukuri. Dufashe. Tumenye. Iherezo. Ryabose.
Félicitations sabbas ndagukunda cne uraguma kwiyo mana wakwirikiye
Sabbas nizere ko izobandanya
Vyoryoha cane hamw wob uko uvuga Imana woba ariko ubirimw.poa much love our sabbas
Iryozina Yesu niryubahwe💃💃iyo mutamwakira aba abataye hanze🤣🤣🤣🤣
Mwarimwagerageje kutwigicha imana ibahe umugicha iyomwayibandanya vyarikuba vyiza
Nicole tantine wa sabbas ndagukunda pe.Film nziza nukur murakoze cane kunyigish nziza mutanze
Yoooo iraheze yariryoshe cane courage. Nibindi
Sebbas ubitegura neza can.Imana ikuje imbere udukorere P6 turayikeneye.
Ndabakunda cane bikancanga mwakoze kutuzanira igice naganu ♥️💞🇸🇦🇧🇮🙏
Kuki ihez vrt oyaha suite 🙏🙏mwubahwe murazi gutegura♥️♥️
Yoooo iraheze murakona neza kbs nukuri urabirenze ivyoyagukoreye uramurwajije imana iguhe imigusha kabisa
Yooooo ndababaye Kuba iheze yari ryoshe canemuhezagigwe gose mubikora neza
Imana ibandanye ibashoboza miratwubakira ubuzima💞💞
Iyi film irankozeko pe,ndumva inkuy ahantu ingez ahandi kbs
Bug up xn ark muradutebereza cane knd mushoboye vrt courage
Imana ibahezagire igume ibongerereza ubwenge n'inkomezi mugume muduhanura
Imana ibakomez film iragish vyinsh Kbis muhezagigw
Sabass wubahw ukin nez kand nukumeny Imana nivyiza👏👏👏uhezagigw
Vrt this movie is the best yigisha ibintu vyinshi cane i can't understand how imaz 3months ntari bwayirab go ahead guys God bless u Sabbas and your team 🙏💗watching you from Australia🇧🇮🇳🇿
Samy courage cn
Ndabakunda Can muradukinira neza
Oyanukuri ibandanye movies nziza nukuri inyibukije ubuzima naciyemwo 🙏🙏🙏
Inyigisho nziza cane.hezagirwa sabbas
Wow nice move terimbere broooo sabbas imana ikujimbere
Yooooo iraheze🙄🙄🙄 Film nziza caane iryoshe caane🔥🔥🔥🥳🥳🥳🥳🥳❤❤❤❤❤❤🇸🇦🇧🇮
Murakina neza kwl courage mubandany nizind nyinsh kuko harimwo inyigisho
Yooh iraheze yariryosh,gusa ihez neza!Sabbas uratanze icirwa gikomey cane co kubabarira nubwo bigora benshi!ndashimy uko wavyitwayemw nubwo waciye mubiruhije!Imana ni nziza yam ica inzira ah zitari.Twiteze iyind film yaw vuba much love.
Samy aranyishe ati kumbe nawe uratinya gupfa 💕💕😂😂😂🙏🙏🙆♀️🙆♀️
Ndabakunda sabbas nawe afite inkebuzo igana akariho
❤❤❤❤ ariko it film yararagiye cyangwa izagaruka
Muriyesu harivyose warakoze sabbas kubahindura
Imana ibahezagire mutanga impanuro nziza🙏🙏🙏
Kuberiki ari final nukunt muryosh film turabakunda cne l love you so much ❤ 😍 💖
Imanishishikare kukwongera expérience vrmt
Mama Enock nubw ajanjagurits umutima kukanyuma abonek nkumuntu afis umutim ugumye😉😉😉😉 but Sabass I love you you have talent😍🥰😍 respect
Yooo betty arimuganga ndaryohewe ko nsubiye kubona betty Muri film ya NYU mumukomerezemwo turamukunda kabisa yakinye heshi
Urakoz cn kumpanur uduhay sabbat
Ndabakundacan Iman ibafash ibakomez
Sabbas zana iyindi film 🔥🥰
Sabbas uranyemeje kweli uwo mutima ufite bake
Film nziza cane,IMANA ibakomeze,ibongere ihishurirwa ryingene mwozana abandi kuri DATA mukomeze kwigisha abantu. Mwarahezagiwe
arko yemw iraheze kokoooooo; twayikunda cane vuba muduhe nshasha muzoba mukoze
Love from kuwait ❤film nzuri 🔥🔥🔥
Murakoze cane twari tuyishaka kubona final
Abarundi tumenyane hejuru canee sabbas
Filam nziza cane mubahwe
Ubwobuzi mama chania yarezemw chania bunyibukije ubuzim ndezemw abana banj
Ndi sure ko hari umuntu yize kubabarira muri iyi film
murakoze
Film
Fyonda Kuri profile umpe subscribe nanje ndaguhe duhane subscribe dutezanye imbere
Film yigisha cane. Nafashijwe kweri
Munguwee mbega filim irandijij gushika kimw irigisha Sabbas wubahw uterimber hamw na coupl yaw mwubahw🤗🤗😘😘
Wawooo komwarimwadutebeje gose twaritubakumbuye vremnt l love you so much 🤩🤩❤
Yooo iheze ariho narinkiryoherwa kbx kaka courage vrm ndagukurikirana cane🔥🔥🔥🖐🖐🖐
Yo iraheze gusa harimwinyigisho mwarakoz mutwibuke muduhiyindi
Kaje neza nitwari 💪💪
Sabbas,gerageza ukungene woyikorera ama séries yagizw n'ama épisode
Murabamber kbsa Iman ibajimbre Ndabkunda mwes
Mbega film iryoshe irimwo impanuro nziza muhezagirwe caneeee🙌🏿
sabbas ndagukunda cane, ndipfuza kubonana namwe
Yoooo birababaj gusa iraryosh can abagore bakora ikibi babaho ariko iyumuntu ari muri Yesu vyose biratsindwa
Courage naho iheze kwer nimunduhe iyindi
Yoooo basha ntimuyihez please iyi film yatumye ndibuka vyinshi😓😓😓sabass thank you so much 💗🙏🙏
Imana irakinda ipfuvyi
Yahez nab nabw twarituvyitezuk Arik courage 🔥🔥🔥❤️❤️🙏🙏
Love from Rumonge 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Sabbas na sammy nabandi courage mwese ndabkunda❤❤❤❤
Imana ibahezagire kunyigisho nziza💗💗💗
Yooo pore mama🤗🤗🤗🤗
Film Nziz Kand Ifis Umwany Ukwiye Kandi Ihez Nezaa 👊👊👍👍👍
ndabakunda❤❤ mukina neza can
Balikiwa kabisa murakina neza
Egosha nukuri murigisha iyaba igihu gukirimwo nkabantu bamezenkasabase coteyimbereee
Sabbas wubahw cn ubandany uhezagigwa nuhoraho muvyukora vyos
Yooo iraheze nukuntu iryoshe yemwe iyoba hari abantu bafita impuwe nkizo Sabbas afise uburundi bwokize.
Iyompeta ya fiance wa kajeneza yishibintu arko ndaba❤❤❤ cane
Sabbas urumunyamugisha inyigisho muduha zidufashavyishi
Sabbas Iman'iguhezagire courage uranyigishije pe😭😍
Pièce bien mise en scène ! Soyez bénis
MBE BASHA NANJE BAZONZANIRA IZIWANJE RYARI? AHA USANGA NANJE NDUMUNYAMERIKA? 🤣🤣🤣YEAH Ndabakunda cane Gose IMANA Ibahezagire kuko mumfashije kumenya uko nzokwitwara mubuzima busanzwe! Thanks so much
Ntawiringiye Imana ngo akorwe nisoni
Filim nzizaa cane💝💝💝💝💝
Flm ubuzima nukur num 2 murabe muyiduhe kabsa terimbere sabbas
Sabbas murandijije😭😭😭😭❤️❤️❤️❤️❤️
Courage mubikoraneza cn
Mwubahwe ncuti courrage
Sabass congratulations Yesu ashishikare kugira neza
Film yari irimwo impanuro nyinshi vrmt. Courage Sabbas, tegura nizindi
Oh wow turabashimiye ukuntu mwabitunganije neza. Hanyuma rero tubakebure, Kajeneza uwo fiance wawe hanyuma muze muraraba ntakine yambaye impeta kandi ar'umwigeme. Murakoze iyo film yari number one. Ntimudutevye mutunyarukirize iyindi.
Yooooo intuntu yanyu yarindembej sabbas ndabaza nyamb utazindi ufite kk iyinyandiko yawe irarenze sabass, Mario mfalme, fany lavine, Abel, mwubahwe mukwandika lov from🇰🇪🇰🇪
Yooooo mukomere caneee nagira tuzobona ikindigice ariko iraragiye yooooo ntakundi kweri. Ndukwiriye kubana ubusima bwongusabana imbabazi nokubana neza nabantu. Murakoze kumpanuro nziza munduhaye, Imana ibahezagire kandi murushirizeho kububwaneza murivyose kandi tuze tungire urugendo ryize tuzetubonanire mw’Ijuru.Amina Amina Amina 🙏🏾🥰🇧🇮🥰
Murakoze cn Imana ibaj imbere mubikogwa vyany Vyos Mutanga ivyigwa vyish Can gose Iy ndik ndabirab nanj binyish ivyakahis arik Ivy'Imana igomb nivy vyiz can
Sinarinzi ko Maman wa Enock yohinduka kimw nivyiza vyose vyamenyekany sabbas uwo mutim wurukundo uzowamane tur💞💞💞💞💞
Iyifilme yarimw inyigish zikomey cane mwubahwe muracar namba one
Sabbas.ndakwinginze ntihere ndakuvye imbabazi muyikomeze kuko nimpanuro zikomeye cane gose iyi film iributse abantubeshe sabbas ndaciye bugufi ndakwinginze dufashe uyikomeze irahanura cane gose courage mwubahwe mubikoranezape.ariko ntimubwireko iheze norira muranyubaka mukanyuzuza abarundi oyeeee iyi film niyope🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯💯❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
iyindi vuba
Muranyigishije kabisa mama chéilla Imana igihezagire kabisa urandemesheje cane nyuma yoguhemukirwa hariyo umugisha nukuri yarinyigisho yukuri kabisa.
Akaryoshe ntigahora mwitama 🙆🙆🙆 courage murashoboye muduhereze utundi
Guhitamo uwo muzokubakana
ua-cam.com/video/TmLt3P41ZB4/v-deo.html
Murakoze cane mwese Kajeneza Imana iguhezagire cane kuriyi nyigisho nzinza mutwigishije abenshi ikintu co kumbabarira kiratugora cane Imana idutabare cane
Izompanuro nizo sabbas yubawe courage uduhe nizindi ntigobura uwo bifasha agahinduka
Good sabbas.urigisha neza cane.uhezagigwe.
Mana wee mureke yitwe Imana ,Imana ntaco ikorera ubusa ikorera kumwanya wayo mr6 kuntigisho zanyu nziza mwaduhate courage2 cane mwese.
Sebbas imana ibahezagire mubikogwa vyanyu Murategura kbx❤️
Murakoze k'umutima wanje Yesu Azakomeze kubaganza no kubarongora..Murakaramba
Abavyey bamez nk Mama w Enock bihanure kuk agat gateretsw n, Iman ntihanurw n,umuyag sabbas wagiz nez kutabasohor ng bangare 🥰🥰
Yoooo iracabandanya. Sabbac. Nukuri. Dufashe. Tumenye. Iherezo. Ryabose.
Félicitations sabbas ndagukunda cne uraguma kwiyo mana wakwirikiye
Sabbas nizere ko izobandanya
Vyoryoha cane hamw wob uko uvuga Imana woba ariko ubirimw.poa much love our sabbas
Iryozina Yesu niryubahwe💃💃iyo mutamwakira aba abataye hanze🤣🤣🤣🤣
Mwarimwagerageje kutwigicha imana ibahe umugicha iyomwayibandanya vyarikuba vyiza
Nicole tantine wa sabbas ndagukunda pe.Film nziza nukur murakoze cane kunyigish nziza mutanze
Yoooo iraheze yariryoshe cane courage. Nibindi
Guhitamo uwo muzokubakana
ua-cam.com/video/TmLt3P41ZB4/v-deo.html
Sebbas ubitegura neza can.Imana ikuje imbere udukorere P6 turayikeneye.
Ndabakunda cane bikancanga mwakoze kutuzanira igice naganu ♥️💞🇸🇦🇧🇮🙏
Kuki ihez vrt oyaha suite 🙏🙏mwubahwe murazi gutegura♥️♥️
Yoooo iraheze murakona neza kbs nukuri urabirenze ivyoyagukoreye uramurwajije imana iguhe imigusha kabisa
Yooooo ndababaye Kuba iheze yari ryoshe canemuhezagigwe gose mubikora neza
Imana ibandanye ibashoboza miratwubakira ubuzima💞💞
Iyi film irankozeko pe,ndumva inkuy ahantu ingez ahandi kbs
Bug up xn ark muradutebereza cane knd mushoboye vrt courage
Imana ibahezagire igume ibongerereza ubwenge n'inkomezi mugume muduhanura
Imana ibakomez film iragish vyinsh Kbis muhezagigw
Sabass wubahw ukin nez kand nukumeny Imana nivyiza👏👏👏uhezagigw
Vrt this movie is the best yigisha ibintu vyinshi cane i can't understand how imaz 3months ntari bwayirab go ahead guys God bless u Sabbas and your team 🙏💗watching you from Australia🇧🇮🇳🇿
Samy courage cn
Ndabakunda Can muradukinira neza
Oyanukuri ibandanye movies nziza nukuri inyibukije ubuzima naciyemwo 🙏🙏🙏
Inyigisho nziza cane.hezagirwa sabbas
Wow nice move terimbere broooo sabbas imana ikujimbere
Yooooo iraheze🙄🙄🙄 Film nziza caane iryoshe caane🔥🔥🔥🥳🥳🥳🥳🥳❤❤❤❤❤❤🇸🇦🇧🇮
Murakina neza kwl courage mubandany nizind nyinsh kuko harimwo inyigisho
Yooh iraheze yariryosh,gusa ihez neza!Sabbas uratanze icirwa gikomey cane co kubabarira nubwo bigora benshi!ndashimy uko wavyitwayemw nubwo waciye mubiruhije!Imana ni nziza yam ica inzira ah zitari.Twiteze iyind film yaw vuba much love.
Guhitamo uwo muzokubakana
ua-cam.com/video/TmLt3P41ZB4/v-deo.html
Samy aranyishe ati kumbe nawe uratinya gupfa 💕💕😂😂😂🙏🙏🙆♀️🙆♀️
Ndabakunda sabbas nawe afite inkebuzo igana akariho
❤❤❤❤ ariko it film yararagiye cyangwa izagaruka
Muriyesu harivyose warakoze sabbas kubahindura
Imana ibahezagire mutanga impanuro nziza🙏🙏🙏
Kuberiki ari final nukunt muryosh film turabakunda cne l love you so much ❤ 😍 💖
Imanishishikare kukwongera expérience vrmt
Mama Enock nubw ajanjagurits umutima kukanyuma abonek nkumuntu afis umutim ugumye😉😉😉😉 but Sabass I love you you have talent😍🥰😍 respect
Yooo betty arimuganga ndaryohewe ko nsubiye kubona betty Muri film ya NYU mumukomerezemwo turamukunda kabisa yakinye heshi
Urakoz cn kumpanur uduhay sabbat
Ndabakundacan Iman ibafash ibakomez
Sabbas zana iyindi film 🔥🥰
Sabbas uranyemeje kweli uwo mutima ufite bake
Film nziza cane,IMANA ibakomeze,ibongere ihishurirwa ryingene mwozana abandi kuri DATA mukomeze kwigisha abantu. Mwarahezagiwe
arko yemw iraheze kokoooooo; twayikunda cane vuba muduhe nshasha muzoba mukoze
Love from kuwait ❤film nzuri 🔥🔥🔥
Murakoze cane twari tuyishaka kubona final
Abarundi tumenyane hejuru canee sabbas
Filam nziza cane mubahwe
Ubwobuzi mama chania yarezemw chania bunyibukije ubuzim ndezemw abana banj
Ndi sure ko hari umuntu yize kubabarira muri iyi film
murakoze
Film
Fyonda Kuri profile umpe subscribe nanje ndaguhe duhane subscribe dutezanye imbere
Film yigisha cane. Nafashijwe kweri
Munguwee mbega filim irandijij gushika kimw irigisha Sabbas wubahw uterimber hamw na coupl yaw mwubahw🤗🤗😘😘
Wawooo komwarimwadutebeje gose twaritubakumbuye vremnt l love you so much 🤩🤩❤
Guhitamo uwo muzokubakana
ua-cam.com/video/TmLt3P41ZB4/v-deo.html
Yooo iheze ariho narinkiryoherwa kbx kaka courage vrm ndagukurikirana cane🔥🔥🔥🖐🖐🖐
Yo iraheze gusa harimwinyigisho mwarakoz mutwibuke muduhiyindi
Kaje neza nitwari 💪💪
Sabbas,gerageza ukungene woyikorera ama séries yagizw n'ama épisode
Murabamber kbsa Iman ibajimbre Ndabkunda mwes
Mbega film iryoshe irimwo impanuro nziza muhezagirwe caneeee🙌🏿
Guhitamo uwo muzokubakana
ua-cam.com/video/TmLt3P41ZB4/v-deo.html
sabbas ndagukunda cane, ndipfuza kubonana namwe
Yoooo birababaj gusa iraryosh can abagore bakora ikibi babaho ariko iyumuntu ari muri Yesu vyose biratsindwa
Courage naho iheze kwer nimunduhe iyindi
Yoooo basha ntimuyihez please iyi film yatumye ndibuka vyinshi😓😓😓sabass thank you so much 💗🙏🙏
Guhitamo uwo muzokubakana
ua-cam.com/video/TmLt3P41ZB4/v-deo.html
Imana irakinda ipfuvyi
Yahez nab nabw twarituvyitezuk Arik courage 🔥🔥🔥❤️❤️🙏🙏
Love from Rumonge 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Sabbas na sammy nabandi courage mwese ndabkunda❤❤❤❤
Imana ibahezagire kunyigisho nziza💗💗💗
Yooo pore mama🤗🤗🤗🤗
Film Nziz Kand Ifis Umwany Ukwiye Kandi Ihez Nezaa 👊👊👍👍👍
Fyonda Kuri profile umpe subscribe nanje ndaguhe duhane subscribe dutezanye imbere
ndabakunda❤❤ mukina neza can
Balikiwa kabisa murakina neza
Egosha nukuri murigisha iyaba igihu gukirimwo nkabantu bamezenkasabase coteyimbereee
Sabbas wubahw cn ubandany uhezagigwa nuhoraho muvyukora vyos
Yooo iraheze nukuntu iryoshe yemwe iyoba hari abantu bafita impuwe nkizo Sabbas afise uburundi bwokize.
Iyompeta ya fiance wa kajeneza yishibintu arko ndaba❤❤❤ cane
Sabbas urumunyamugisha inyigisho muduha zidufashavyishi
Sabbas Iman'iguhezagire courage uranyigishije pe😭😍
Pièce bien mise en scène !
Soyez bénis
MBE BASHA NANJE BAZONZANIRA IZIWANJE RYARI? AHA USANGA NANJE NDUMUNYAMERIKA? 🤣🤣🤣
YEAH Ndabakunda cane Gose IMANA Ibahezagire kuko mumfashije kumenya uko nzokwitwara mubuzima busanzwe! Thanks so much