Mur’abantu beza cane,Imana ni nziza ibihe vyose,umugambi wayo ni mwiza kuri twebwe,naho ibintu bitogenda uko dushaka ntidukwiye kuyivako,merci pour le bon message.ikirundi warakigumanye Fabrice,ni vyiza cane
Waouu, nishimiye gusubira kukubona Maya wanje narakureze kuri GETO warankunda cane nakorana na papa et ta maman était une amie.. Nishimiye kandi couple yanyu more blessing.
Ndabakunda Imana izabampere abana
Ohh nzjya mbafatira muri KANGUKA Imana ijye inshoboza
Imana ibahezagire cane ni couple nziza kandi ikunda Imana
Ndinginze Papa wo mwijuru wampaye kubyara ngaheka, ngo namwe abampere utwana bavandimwe, kubura urubyaro nikigeragezo kitoroshye, kandi Uwiteka ari mukazi Mukomeze mutwaze
Mw'Izina Rya Yesu Kristo , Amen.
Ibyo nibyo najye mbasabira mwizina rya Yesu!!
Nakunze iki kiganiro. Nakunze cane ukuntu muzi neza kandi mukavuga ko Imana yacu ar'Imana ishobora vyose. Buno ishobora vyose, naho itobikora ntimusenga izindi Imana. Kandi nubwo itobikora, iguma ari Imana. This is a good news ikwiye kwamara hose. Nakunze kandi ukuntu Imana yabigishije vyinshi murizi 10 ans mumaze mwubatse kandi nakunze nirya ndirimbo "Nje gushima." Imana ishishikare kubahezagira no kubaba hafi muri vyose na hose.
Imana ibahezagire ndabakunda trop
Mur’abantu beza cane,Imana ni nziza ibihe vyose,umugambi wayo ni mwiza kuri twebwe,naho ibintu bitogenda uko dushaka ntidukwiye kuyivako,merci pour le bon message.ikirundi warakigumanye Fabrice,ni vyiza cane
Turabakunda cyane yoooo narinziko mufite abana disi Uwiteka azabasubiza ndabakunda cyane
Manaaaa ndabakunda cyaneee Kandi Imana yumve gusenga izabahe abana
Ikirundi ca Fabrice sasa, waouuuh😍😍 vous formez un beau couple. Mukomere gosee mu gukorera Imana, mubikiwe igitsibo mw' ijuru
Baririba neza n amajwi meza gusumb harimw ivyuma bihanitse🙂🤣.I love the way you sing
💯 and be blessed
IMANA irabakunda ,ni nziza kandi irabitayeho.Mu buntu bwayo izi ibibereye ,komera mubandanye igikogwa cayo;ibisigaye mugiye kubibonesha amaso yanyu.Amen
We love you Fabrice and Maya ❤❤ May God bless you abundantly
Mana aba bantu ndabakunda cyaneeeeee rwose ❤🎉🎉🎉🎉❤
Murakoze caneeee Maya et Fabrice. Muri bezaaaa. Maya usa nezaa caneeeeee. Tu es rayonnante
That's true, twigisha Imana itanga ibintu byose dushaka, niho bipfira!!! Murakoze kuri message nziza
mutanze!!
Imana ibahe ibyishimo biruta ibindi ikiri kumitima yanyu gikomeye ikibahe muruyumwaka 🙏🙏🙏🙏🙏
Muhabwe umugisha cyane bakozi b'Imana, mbakuyeho isomo rikomeye. Ndabakunda cyane❤❤
Yoooo nanjye ndabakunda Fabrice na Maya muri abakozi b'Imana nzima nukuri kandi muza mw'isengesho ryanjye kenshi kandi ntabazi. Numva mfite amatsiko yo kureba aho Imana ibajanye kuko ni kure kandi heza. Imana mwizeye izabatangaze mutangare nukuri🙏
Ubugombe bw'Imana nibwo bwiza mu buzima bwacu...Halleluiah!
Fabrice & Maya❤❤❤ God bless you!! Fabrice ikirundi uracakivuga neza vraiment, félicitations !!!
Turabakunda Maya and Fabrice Uhoraho Imana yomwijuru izonatwenze nkuko ya twengeje Sala
Maya! Turabumva from Zambia 🇿🇲
Waouu, nishimiye gusubira kukubona Maya wanje narakureze kuri GETO warankunda cane nakorana na papa et ta maman était une amie..
Nishimiye kandi couple yanyu more blessing.
Munvugiye ibintu bakozi bimana yesu na paholo barabayeho ata mariage atabana je suis fière de vous soyez bénis les serviteurs de l'éternel.
I love and miss you guys,may the glory of our Lord be with you.
Couple yuzuye ubwiza bw'Imana. Ndakunda ukuntu muvuga ibintu mu kuri.
Nkunda ingene muri humble
Jye ndabakunda cane gose cyane cyane
Ooh Imana mwakoreye mukihanganirana izabigararize vuba mwizina rya Yesu
Ndababaye pee!!! Uwiteka Abatabare rwose, Bizaza muhumure, abana numwandu uturuka k'Uwiteka
Waaauuuu Imana izobaha numu bebe wabo turavyizey
Love u big. You're such a gift blessing sent from heaven
Deep words we love youu so much ❤❤ The Album is also amazing 😍🔥
Blessings to you servants of God❤
ooh mbega nahora ndabakunda noneho vyikuvye kenshi🎉
Mwami weee,muri umugisha utangaje❤
Imana izabampere abana beza banje .
Yes' abahezagire cane ndafashijwe cane
Ndabakunda cyane Maya na Fabrice
Muri abakozi b’Imana 🫂
Nsubiy kumva ndabakunda birenze.fabrice ndagukunze kuko uvuga ikirundi❤
Ndinginga imana ize ibahe guheka kuko mwarayikoreye
Ooh wow couple nziza, umukama abakomeze mumurimo
imana ibibuke muruyu mwaka ibahe umwana
Ndabakunda❤
Wow wow !!
Yooo sinarunziko barya bana atarabana biologique Yesu abibuke numwizigirwa ibih vyose twizere ko muzogaruka mushinga intahe mwaribaruts
Ndiho yumve ubusabe mwanyu abahe icyo umutima wanyu ushaka
Maya❤
Fabrice, uretse kuba uri umuririmvyi, urafise n'ingabire y'umwigisha mwiza
Hallelujah
Intahe nziza cane!
Uburundi butunze ibintu vyinshi kbx
Nkibihe? Nkibindi bihugu
Ikirundi ca Fabrice!🇧🇮
Woow love it
🥰🥰🥰🥰🥰
Yoooo lmana ibegere kurushaho kandi ibahezagire .
Yooo man birababaje nukuri kutabona ibibondo ariko niko imana yabishatse
Nabafise abana baragira umubabaro reka kubivanga
Ukuntu fabrice akivuga ikirundi neza. Uranezerey pe
MY PIPO KP THAT ZEAL MAYA and FABRICE
Ndanezerewe kuraba iki kaganiro
TURABAKUNDA
Waaauuuu Imana izobaha numu bebe wabo turavyizey
Uburundi butunze ibintu vyinshi kbx