Ngo amazi yo kw'isi isoko yayo ni mu burundi? Wibaza ko Rusizi iva he? Rusizi iva mu kivu ku ruhande rw'u Rwanda ikisuka mu rukoko imbere yo kumeneka muri kiyaga tanganyika! Ibyo utabizi nuko wigishijwe nabi.
KNC, Vous dites tout haut ce que les autres disent tout bas. Je viens de te classer parmi les grands hommes du pays frére, le Rwanda. Tu dis une vérité objective malgré le malentendu entre nos pays frères. Igihugu c'uburundi gifise Nickel en sous sol 6% des réserves mondiales. Uburundi ni 2è pays gifise amazi meza après Neppale. Mu Burundi Imvura igwa 10mois/12mois, cultiver ni toute l'année. Mu Burundi la vraie cohésion sociale iri en bonne voie. Mu Burundi imfungurwa zaho nyishi, zifise un goût adorable kandi à bas prix qu'on ne peut le croire. Abarundi tubashije gutsinda shetani izanana de l'extérieur n'iyiri à l'intérieur, demain même, nous pouvons être indépendants du néocolonialisme. Et même la sous région en profiterait.
Tanga link yerekana ko uburundi bufite 6% des reserves mondiales za nickel. Mube mureka gufana nk'injiji. Iyo reserve twayibwiye kuva turi muri primaire mu ngagara dans les années 80 ariko yaheze mu msgambo gusa! Iyo nickel muhoza mu kanwa muzayerekana ryari. KNC we mureke atekereza nk'indaya y'ipede afite icyo ashaka ku dealinga n'aba DD anyuze kuri radio yiwe! Ngo mufite amazi meza inyuma ya Nepal? Iyo rapport yakozwe nande ryari? Umazi kubona amazi yo mu migezi iwanyu ukuntu asa? Ntahangwa, Nyabagere, Mutimbuzi, Kinyankonge, kanyosha, yose asa na Orange kubera itaka ryizuyemwo! Abarundi mwitera amajeki ntacyo mufite!
Ariko se uwo mugabo ko ajya impaka urwanda ko rwatanze ibigo rurushya umusaruro uburundi don't hypocrite. Mind your own problems live burundu alone. Big up papa roro
Big up never , knc uravugisha ukuri. Bank Mondial irabogama none se koko uburundi aho budakize nihe. Ko mwirirwa mushira impapuro mpesha myenda kwisoko wari wumva narimwe uburundi bubikora. Big up barundi mukomere kumuntego
Impapiro mpeshamwenda na Amerika izishyira hanze, nonese bivuze ko uburundi bukize kurusha Amerika? Mwagiye mwandika kuri domaine musobanukiwemwo koko mukareka kwivuyanga mu rwondo nk'ingurube!
Au Burundi, le taux de malnutrition chronique est l'un des plus élevés d'Afrique. On observe une situation de malnutrition aiguë globale de 6% de la population avec un taux d'insuffisance pondérale de 29% et un taux de malnutrition chronique de 56% chez les enfants de moins de 5 ans.
mu Burundi nta essence: irahari kandi nyishi ku mipaka, gusa hari amahane menshi n'uburyarya mu kugitanga. mu Burundi nta ma devise: idollar riza aruko mushoye hanze, ntiriza rikoroka rivuye mwijuru. mu Burundi nta kazi: akazi burya ntigatangwa na Reta gatangwa n'abigenga bagira amashirahamwe n'ibindi bikorwa vyabo. Reta ubwayo ishobora guhakazi abantu bakeyi cane mu bahejeje amashuri. Rero hatabaye ingingo zorohereza abikorera ntako muzopfa mubonye Mu ncamake gutera imbere kwuburundi kurashoboka kandi mu kanya gato.
Reka sha ibi bibazo ushira kuburundi ni rwanda biruzuye komeza gutukana icowanka turakizi Ndayishimiy ari kurugamba rukomey go kugwana nizi njavyi ziremera mubwonko🇷🇼
Uyo mugabo apinga Uburundi bamutumye...abansi b'ubwa Burunga bamyeho kandi bazokwamaho ariko tuzoteba dutunga biboneke kw'isi yose. Imana iradukunda cane. Big up sana nshuti yacu wew utahura Papa Burundi
Iki kiganiro kiraronka viyuzi kbx kuko muratumye abarundi mubereka ivyo mutama Neva avuga❤🎉🎉🎉
Hahhhh iburundi harakize.
@@kalimbaedouard8250cane gose
It's true .Africa is so rich. We don't need any help from outside
We are proud of our country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 you guys you don't know what you are talking about. And we love our president ❤❤❤❤
muvuze ukuri ntabyo gufana mushizemwo, burundi abantu baho baguma baca akenge, ugwanda muguma muri incuti kuko ururimi muvuga ntamusobanuzi akenewe ngo nuko atari ikirundi 👍👍👍
URWANDA
Murakoze cane bavandimwe bacu ntangura muduharirireko kuko président wacu yubahwe ni mvuga kuri ntiturabo gufashwa ahubwo turabo gufasha,uburundi ni gihugu ciza mu bindi bihugu vyose,ni gihugu Uhoraho yahezagiye cane murabiye mu bigaragara mwotwihendako ariko nanje nemeranya na président wacu ko turi abakire ba mbere kw'isi,uburundi ni bwiza cane,uburundi butemba Amata n'ubuki,nta gihugu na kimwe kibuzemwo abantu bakenye,ntanikibuzemwo ibinebwe n'imborerwa,nkunda uburundi cane hahandi kuba nisanze Uhoraho yangize umurundikazi numva arivyo gushima buri musi,Uburundi Uhoraho abuturindire ibihe vyose❤❤❤
Ndayishimiye ibyo avuga njyewe ndabyemera.
bravo pour une bonne et constructive emission.big up to knc
mutabaruka urantangaje,ese mukarere gifite essance,sindi umurundi ariko hari ahandi bahuye nibibazo abarundi banyuramo, igihugu cyaba cyimeza nkikitariho so uburundi bravo
Baragupfunga wangu ihorere urazi ukuntu koffi twamubuze umwe yatangaza amakuru yakarere
Niba se yarihaye gukora ibidashinga 😂😂😂 ajye annya aho yerestwe
@@luizfigo1133so yarakwiriye urupfu?! Ubwicanyi mwabuhaye intebe kweli
Hhh ubu nkawe uvuga Koffi ikintu yavuze cabaye nikihe kweri ko kahoraga karirimba ngo karipfuza intambara rero reka kayibonere Aho kari
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️ hejuru cane
Muvuze ukuri ikiganiro cyanyu kirankoze k'umutima aha mu Burundi uraronka imfungurwa za 700fb ubugari bw'ibigori n'ibiharage birimo imbonga b'intore bikaranze neza
Nisawa kabisa ni edeni koko
Ahi nihehe ga shaaa ko ngaha i matana atazo turonka zamajana indwi huuu henda abandi
Mwihangane muyobowe n'umukinnyi wa comedy.@@NinaZouzou-p4d
Nobywo bo vyemera man
@@NinaZouzou-p4dariko 1000fbu urarya ?
Mutabaruka ba wemera Zambia yarafashijwe n'uburundi
Rwose uburundi burinibiryo pe njye ndabihamya rwose
Basha tubivuge dukure sishyari muburundi ntabwo dukenye jewe ntabyo nemera exemple duheruka gufasha zambia Kandi ubwacu ntabufasha bukenewe❤
Ibitoro ntaco bitwaye Imana iduhe imvura gusa ibisigaye tuzabyimenyera❤burundi
Kumbe mugwanda hariyo abavuga neza uburundi
Nanj narinziko bose batwanga !!!
@@joemac7463ntawubanga bro turi abavandimwe🇷🇼🇧🇮
Cane barahari benshi.
Babanga se babaziza iki? Abanyarwanda n'Abarundi twese turi abavandimwe.
Turabakunda ahubwo namwe mukundane mureke abanyapolitic bo baba bakina izabo twe abaturage tukabirenganiramo
Erega mwabagabomwe kubyukuri Uburundi burakize gusa nuko ababubanjirije kubuyobora batari bafise umutima ukunda igihugu .ariko ni haboneka abinyanga mugabo Uburundi bwaba nka singapol ya kabiri muri afrika
How can I congratulate you KNC? not because you say about Burundi, but your ideas!!! Good
Nukuri u Burundi buruta u Rwanda mubyo kurya abarundi barakora cyanee Kandi bahera hasi ntibipasa muremuremure Reba ifaranga ryanyu ryataye agaciro ibihumbi icumi byamajyarwanda ubu bihaha iki oye muve mu nzenya u Burundi burakataje
Hama icumi ryamarundi risuma iki??mukunde ivyiwanyu ivyiwacu turazi iyo bipfira
kura ibyahoo uzajyeyoo, ntacyo uziii
Uri ikijuju mubona mwarirukanye Abarundi bene wanyu baratataniye mubihugu bitandukanye musigara muri bakeyi mukumva ko mwakize? Mubanze mureke bene wanyu batahe musangire izo ndya zanyu murusha u Rwanda Turi gutunga impunzi zanyu none ngo murusha u Rwanda ubukire
Umva dukenye amahera yagaciro bavandimwe ibiryo biruzuye cane
@@rusakazatv7930 impunzi zuzuye isi yose kandi HCR niyo izigaburira siwe uzigaburira kura induru ngaho.impuzu z'abakongomani zuzuye cankuzo na ruyigi ziri iwanyu?
Zambia twayihaye tonnes ibihumbi bitanu zibiribwa!! Neva wacu arabibonako u Burundi ari igihugu cambere gikize kwisi, kand namazi akoreshwa kw,isi isoko ryayo riri i Burundi
Ngo amazi yo kw'isi isoko yayo ni mu burundi? Wibaza ko Rusizi iva he? Rusizi iva mu kivu ku ruhande rw'u Rwanda ikisuka mu rukoko imbere yo kumeneka muri kiyaga tanganyika! Ibyo utabizi nuko wigishijwe nabi.
Uburundi bwacu burakize yewe ba mureka , mujye mureba ibyanyu. Umusumwe muzatangara nabado💕
Ndabakunda cyane ndi umurundi yemerako igihugu gikize cyane ahubwo ho habuze abo gusarura bazana mukigega ubundibwo. Nivyinshi bihari vyotuma uburundi bunabaho imyaka niyindi barya ibyigihugu camye(means amatunda yacyo)
KNC, Vous dites tout haut ce que les autres disent tout bas. Je viens de te classer parmi les grands hommes du pays frére, le Rwanda. Tu dis une vérité objective malgré le malentendu entre nos pays frères. Igihugu c'uburundi gifise Nickel en sous sol 6% des réserves mondiales. Uburundi ni 2è pays gifise amazi meza après Neppale. Mu Burundi Imvura igwa 10mois/12mois, cultiver ni toute l'année. Mu Burundi la vraie cohésion sociale iri en bonne voie. Mu Burundi imfungurwa zaho nyishi, zifise un goût adorable kandi à bas prix qu'on ne peut le croire.
Abarundi tubashije gutsinda shetani izanana de l'extérieur n'iyiri à l'intérieur, demain même, nous pouvons être indépendants du néocolonialisme. Et même la sous région en profiterait.
Tanga link yerekana ko uburundi bufite 6% des reserves mondiales za nickel. Mube mureka gufana nk'injiji. Iyo reserve twayibwiye kuva turi muri primaire mu ngagara dans les années 80 ariko yaheze mu msgambo gusa! Iyo nickel muhoza mu kanwa muzayerekana ryari. KNC we mureke atekereza nk'indaya y'ipede afite icyo ashaka ku dealinga n'aba DD anyuze kuri radio yiwe! Ngo mufite amazi meza inyuma ya Nepal? Iyo rapport yakozwe nande ryari? Umazi kubona amazi yo mu migezi iwanyu ukuntu asa? Ntahangwa, Nyabagere, Mutimbuzi, Kinyankonge, kanyosha, yose asa na Orange kubera itaka ryizuyemwo! Abarundi mwitera amajeki ntacyo mufite!
Wow uyumus ndaryohewe cane p
Burundi hejuru
Neva komera
Bravo NEVA
🎉🎉🎉❤❤ ivyo ni vyo cyane
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Neva wacu hejuru cane❤❤❤❤🎉🎉🎉
Turazi ko Neva akunzwe nu ubwoko bumwe gusa
❤KNC uyu munsi yashatse gushimisha u Burundi ati
Nonese ifaranga ry'uburundi ryasumbye iryo mu Rwanda
Erega ubundi uburundi ni Igihugu cyiza kandi cyirera cyane , gifite ibyiza byinshi. Ahubwo abarundi bakure amaboko mu mpuzu bahinge , borore biteze imbere urebe abazungu batacyifuza.
mutama amaboko ubu twarayakuye mumpuzu turarima tukorora ibintu bimez neza kandi turimbura namafaranga akaboneka kweli
@@bizomenyimanaelias5455burundi oyeee
@@bizomenyimanaelias5455muryoherwe KNC arabashyeshyenze namwe ngo yeee ntimuriho, inkwavu Neva yirirwa yerekana n'izo zabakijije?
@@bizomenyimanaelias5455ababuvuga nabi nabo ivyo nivyabo nabo ba journaliste umenga ntibavyunva bavyigira nkana twe iwacu turakora ntidusakuza uwuhaje niwe abibona uwusoma ivyandikwa nawe nafate ivyo kuri internet
Abarundi twarakuye amaboko mu mpuzu,ahubwo hari akarwi k'abarundi birirwa barabuvuga nabi ariko birabasha
Uyumugabo kwapinga ko UBurundi bukize Man shaaa turakize mwanka cank mwemera
Ntakwashi irimuburundi nukuri. Ivyinzaranavy nomurwanda barayirara. Hm nimburiguhakana kwatanfashany twahay zambia impamv nuk aruburundi mwanka tjrs. Numvise umuntu umwegusa yatahuy uburundi God bless you
Iki kiganiro abaraho birirwa baravuma igihugu bacumva bari Kumaramara,kubona ababanyi batuvugira igihugu neza natwe twese twoja hamwe tukabonako Uburundi ari ubwacu twoba duteye imbere
Ndakunda ukuntu mutwitwengeta ,bisa nkaho mudukunze😂😂😂🎉🎉✊✊
His the real African president❤ nabandi bamurebereho
Ndabemera❤❤❤
Erga nivyo uburundi atagahemo burakize kumpande zose.habuz abarongozi bazima.ubundi ubutaka bwonyen bwuburundi burahagize kuzamura igihugu cose dukuyemwo ibindi!! Ikindi muburundi ntakwashi p
Uyu Mu President ndamwemeye, ubundi inkunga ufata ingana ningano yikiziriko bagushyira mu ijosi bakujyana aho bagushaka, kubura igitoro ni Embargo babafatiye bakabuza inzira zose zoroshye zo kwinjiza igitoro mu burundi 🇧🇮
Mutabaruka nciye mwanga🥴
Ariko se uwo mugabo ko ajya impaka urwanda ko rwatanze ibigo rurushya umusaruro uburundi don't hypocrite. Mind your own problems live burundu alone. Big up papa roro
ndayishimiye ari mukuri cyane kibaye abanya frican batekerezaga nkawe byatanga umusaruro bigahundura nimitekerereze yabatuyobora muri african kabisa NEVA numugabo !!!!!!
Yes ukuri nuko.
Dukeneye aba perezida nka Eva,traoré,.....muri afrika
Essence,birasanzwe,tuzobaho,ukw'Iman'ishaka,Imana irakund'uburundi.
Ntibitangaje,urwanda bafungura vyinshi biva iburundi:ibiharage,ibijumba,ibigori,ubududu,tutibagiye Ikawa yacu yagaciro mutwiba.
Mubiduhera ubuntuse nitubaha amafaranga mukagura ibyomudafite?
@@nell388nnhRk cha
Jye ndi umunyarwanda nakuriye iburundi. Nakuze mbona u Rwanda rwa habyarimana rwohereza ibirayi bya Ruhengeri mu Burundi kandi abarundi babikunda cyane! U Rwanda rwa kagame rwagurishaga amsta y'inyange, itabi ry'intore, ifi za tilapia, n'ibindi byinshi mu burundi. Ntiwishinge uburyarya bwa KNC ngo wumve ko mu burundi murenze!
Imfura y'iwacu iba ari imfura buri gihe n'ibitekerezo bye biba birimo ubupfura !
Thanks a lot!!
Twentidukenye ahubwo turacafise abarundi bababirigi badakunda igihugu
Mungu awabaliki sana kwa habali zuri iyo diyo ina takiwa kwa wafrika kuji tabuwa❤❤❤❤🎉🎉
Nukuri nange ndakwemeyepe kenisi kuba wumvise ibyo ndayishimiye yavizepe ase kuvugako abasirikare buburundi bishyura bagiye kwicuruza cg babasanze muburundi babasabako babishyura bakaza kubafasha
Sm proud of my country Burundi 🇧🇮
Uburundi hejuru caane!!!!!
Knc ibyo ivuga iyaba washoraga kubyigisha muburyo burambye kuko benshi ntibabyumva
Knc najye ndakwemera kbs analysis ziwe ziba zirenze cyane
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤
Burundi, hejuruuuuu
True abazungu mwarabamenye dusi Imana ibahe umugisha.
Mutabaruka we arashakako u urundi bwakabaye bimeze nkurwanda kand ntabareshuape ahubwo ndayishimiye nakomerezahope ngewe ndamushyigikiye
Kenisi wubahwe👏👍👏👏👏
Ntibizamugwa amahoro!Azasome amateka ya Thomas Sankara.
Kuba Intwari ntibisigura kubura ubwoba Neva ategerezwa gutsinda ubwoba
Nibemere abo bagabo k umutama wacu Neva k atikunda twebw ubwac turavyemera Tano kwa tano❤❤❤
Hasigaye kuja ku kivi Barundi🎉🎉🎉
Brothers reka mbabwire ikintu gikomeye ,,, abo bazungu bavuga ngo uburundi burakenye kandi bataba mu Burundi barabesha cane
Muvyukuri uburundi bwej sibwo bwunomusi turi munzira nziza kand uwuguhaye misiyosi akwibagiz gukora ndagukunda Burundi🇧🇮
Knc nintwari aravuga ibintu byanyanwo 👏👏👏
Big up never , knc uravugisha ukuri. Bank Mondial irabogama none se koko uburundi aho budakize nihe. Ko mwirirwa mushira impapuro mpesha myenda kwisoko wari wumva narimwe uburundi bubikora. Big up barundi mukomere kumuntego
Impapiro mpeshamwenda na Amerika izishyira hanze, nonese bivuze ko uburundi bukize kurusha Amerika? Mwagiye mwandika kuri domaine musobanukiwemwo koko mukareka kwivuyanga mu rwondo nk'ingurube!
Baraburara nyene nimba niwacu ugenda kumuvanyi akaguha ijumbu
Ndagukunda cyanee knc❤❤❤❤
❤❤❤BURUNDI Oyeee 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪
Knc wowe ndakwemeye ibyusobanura nibyo pe njye ndikuruhande rwawe
ibyo mubimbaze izari hano Dares salaama bazibujije gusubira i bujumbura ubuzamaze kwambikwa prack za tanzania mazutu barikuyijyana Rubumbashi binjiriye Zambia
😂😂😂😂😂mujeee narwoo. Cank mushaka mumusuke😂😂😂😂😂😂
Wewe ushigikiye ivya Neva ndakwemera cane
Muranshimisha cyanee
Nta bwake ntabwo pe,nabaremwa n'inyankaburundi.
Muradutwengeje Kabisa muradutwengeje ariko nubwo biruko turabavukanyi abarundi nabanyarwanda 🇧🇮🇧🇮Rwanda🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uyu mumyamakuru numunyeshari ariko abarundi turakize k❤
Ariko abanyarwanda mudushakoho iki abarundi kumenga ivyacu bibaraje ishinga mugihe ivyanyu bibananiye.haribindi muzi usivye amacakubiri ya bazingamitse mwabarozi mwe
Burundi umutima wafrika❤❤❤❤❤
Ariko mwakwemeye Ko KNC ibyo avuga ari ukuri koko. Erega ikibazo cy'abarundi n'urwanda ni ugupingana umurundi ntiyemera u Rwanda kandi Rwanda narwo ntirwemera Uburundi kandi ibyo nabyo bigaragara nk'ingaruka z'ubukoroni kandi ABANYAFURIKA NTIMUKUNDANA RWOSE IKIBABAJE NAMWE MWIZE NTAKINDI MWAVUGA URETSE KUBIBA URWANGO. NIZEREKO MUSOBANUTSE MUDFITIYE ISHYARI ABARUNDI NUBWO TUBARUTA ARIKO NABO NIBATERE IMBERE NI BYIZA MAZE ABAZUNGU BAZABURE UMWANYA MURI AFRICA
Mbababarira umbwire icyo turusha abashingantahe
@peacelove2109 Njyewe simba Burundi ariko mvugana nabantu baturuka Burundi kandi nabo bemera ko tubarusha byinshi nubwo nabo hari byinshi baturusha. Tubarusha ibikorwa remezo kandi ibyo ni ukuri kuko Abarundi bamaze igihe bari mubihano byatumye tubasiga. Ikindi kandi uburundi buracyafite abarya ruswa benshi cyane. Ibyo nibyo nzi nabavukayo barabyemera
Nta gihugu bararya ruswa.
Mwese muvuga ivyo mutazi.
Uburundi bwamye buruta urwanda kuva kera.
Nyerere yakibahaye abategetse ko nabo bazamuha diamand ninzahabu byose by igihugu.. atahandi bazajya kugurisha ubutare bwose bw igihugu..
Abaswahili ni ababandi kandi barabusazana...
Uko nukuri ntakwashi Iri muburundi
Au Burundi, le taux de malnutrition chronique est l'un des plus élevés d'Afrique. On observe une situation de malnutrition aiguë globale de 6% de la population avec un taux d'insuffisance pondérale de 29% et un taux de malnutrition chronique de 56% chez les enfants de moins de 5 ans.
Uko Niko kuri vrt ntanzara ihari ariko amafaranga yagaciro ni ikibazo
Uri igitangaza! Ivyo bandika ntibihuye nibiri kuri terrain ! Des rapports politiquement motivés @@kimgasabo8325
Wamenya gute ko nta bwaki iri mu burundi niba igihugu kidafite urwego rwa statistics ngo abantu bamenye imibare y'ubukungu. Uburundi burimwo ruswa nyinshi kandi ruswa imunga service zagahawe abaturage! Nta kuntu rero bwaki yabura mu burundi.
Reka kubesha abarundi... Shaa... BURUNDI nta essence, nta devises (money), nta kazi.... Reka kuduseka.....
Kimb udashk gukor uraza mukirehe tukaguh ak kaz n mur mishiha
🤣🤣 ati ntakazi karondere sha ataruko nah uzoguma mumyidogo ja kurima di
mu Burundi nta essence: irahari kandi nyishi ku mipaka, gusa hari amahane menshi n'uburyarya mu kugitanga.
mu Burundi nta ma devise: idollar riza aruko mushoye hanze, ntiriza rikoroka rivuye mwijuru.
mu Burundi nta kazi: akazi burya ntigatangwa na Reta gatangwa n'abigenga bagira amashirahamwe n'ibindi bikorwa vyabo. Reta ubwayo ishobora guhakazi abantu bakeyi cane mu bahejeje amashuri. Rero hatabaye ingingo zorohereza abikorera ntako muzopfa mubonye
Mu ncamake gutera imbere kwuburundi kurashoboka kandi mu kanya gato.
Ivyo vyose birarondegwa bisaba gukura amaboko mumpuzu tukabirondera😂
Niba wirigwa utunye munzu wibaza ko ako kazi kazogusangaho?
Nukuri muburundi nkeka atakintu nakimwe kiba kwisi Imana itaduhaye
KNC a Wise Man
Ikikiganir kiraryohey caan mwubahw batam aho mur turabakuz cyaan ❤❤❤❤❤🎉😂😢❤😅🎉❤❤
Abanyarwanda koko mufise ishari nuburundi ariko Iman iratubona turikumwe twese birashoboka
Reka sha ibi bibazo ushira kuburundi ni rwanda biruzuye komeza gutukana icowanka turakizi Ndayishimiy ari kurugamba rukomey go kugwana nizi njavyi ziremera mubwonko🇷🇼
Mukwiye kumenya vyinsh ku Gihugu cacu kuba Son Excellence yanka imfashanyo nikintu twes abarundi dushima numunt wes yitwa umwirabure akwiye gushima kuko harya abazungu baradusuzugura biteye ubwoba babona ko turi nkimbwa zigendera raba U Rwanda rwanyu rwafashwe nabarya bazungu ico babakoreye sivyo kuvuga nakamaramaza babahaye iterambere ariko babasunikiramwo imico yabo yubutinganyi no guta indero kukarubanda ngir mwes muhora mubibona ko igihugu C'Urwanda camazwe gufatwa babahendesha iterambere ntavy mubona
Twe reka twitwe abakene ico dutunze turakizi kandi kiriho vyukuri
Man tweturakiz iburundi ❤❤❤❤
Umenya Neva yerekwa! Yarose Burundi ikize kuruta ibindi bihugu?! Ngo “umwana utarya hanze agirango nyina azi guteka!”
Ndamushyikiye NEVa prezinda wuburu arashoboye arimukururi Knc wowe wa byumvishije
Ni ukuri kabisa🎉🎉🎉
Mujyemwemera abarundibabarusha i byokurya
Nkuze Ibibazo Opposant Ariko Nshimiye caaaane gose Imbono wabonyemo Never nokwiyambura Akahise kabakoloni badufunze Amaso.Uburundi bukagira Never wanyawe Buzakira bube Eden
Ntakwashi tugwaye. Iyomihimbiri yabazungu
❤❤❤❤ Burundi
One day we'll burundi will be first power in the world
KNC urakoze cane gushigikira ukuri president Ndayishimiye Evariste yavuze.
uburundi n'igihugu cambere cavuye muri CEPI i la Haye.camaze + de 5ans sous embargo ntibapfe,ikindi uravye ibiciro vy'indya birazimbutse ugereranije n'ibindi bihugu mukarere
KNC, ndagukuuuuuunda ndakwemera kbsa ariko noneho uranyemeje
Banya Rwanda ivyo muga nivyo
Jyewe ndabizi kuko campany yitwa interpetrol niyoyajyanagayo mazutu none izari i Burundi bazibujije gusohoka izari Tanzania nizozabujijwe kwinjira muburundi ubuzabaye intanzania