Leonard Sinzinkayo - Mporeza umwana

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 4 вер 2024

КОМЕНТАРІ • 92

  • @petracelesteiracanye625
    @petracelesteiracanye625 4 роки тому +13

    Karibu muri 2020
    Like mbone ko mwayiravye

  • @mariammugisha26
    @mariammugisha26 4 роки тому +7

    Scène aux polygônes et fleuries...
    RTNB.
    Mbura uko navuga ko nyikunda kuko like ni "bito cyane"

  • @pacionthemic4030
    @pacionthemic4030 10 місяців тому +3

    L'original c'est l'original, j'adore 🇷🇼🇷🇼

  • @albertmusafi2551
    @albertmusafi2551 5 років тому +11

    Ninde ariko ayiraba 2019 Ruheshi. Akiwacu! Great! RIP Leonard

  • @manirambonaoscar9083
    @manirambonaoscar9083 5 років тому +8

    Indirimbo z'akaranga zigumana akanovero.

  • @gloriosentakirutimana7499
    @gloriosentakirutimana7499 5 років тому +3

    oooooooh!!les années de nos honorables musiciens,quelle mélodies!!!courage notre DG Léonard Sinzinkayo,nous prions pour vous.

  • @emmanueltungukobiri1036
    @emmanueltungukobiri1036 4 роки тому +5

    Jewe ndibaza ko abaririmvyi b'ubu bumvise nk'aka bamwe badahengamye bokwemeza neza ko umuziki w'Uburundi wasubiye inyuma.Abambabaza ni ababusubiramwo babwonona

    • @bagumatheodore3092
      @bagumatheodore3092 4 роки тому

      mwiriwe; oya sibose, umviriza nk'iyo FARIOUSE yaririmba yaraikosoye neza cane ua-cam.com/video/ROq73BiL088/v-deo.html

    • @silasmanirakiza6983
      @silasmanirakiza6983 Рік тому

      Iyo tuvuze abaririmvyi we uzana ivya ba farious

  • @mbonekofabrice2958
    @mbonekofabrice2958 5 років тому +6

    Merci bcp!ababishoboy mwoza muraduha ama paroles yazo.erega abubu bo ntavyabo

  • @cizabuja6557
    @cizabuja6557 4 роки тому +9

    Léonard uzokwama mu mitima y abarundi kugeza kumpera y isi. Mbese abarundi tuvyumva kumwe?

  • @patrickmutuli8600
    @patrickmutuli8600 5 років тому +3

    Oooh quelle belle chanson..yarazi no gutamba bya vrai kbs...RIP

  • @Mapeka81
    @Mapeka81 5 років тому +3

    Iyi ndirimbo ni nziza pe nyumva kenshi as it was yesterday nubwo ntari umurundi ariko ni nziza cyane

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 4 роки тому

      Ariko kuba utari umurundi nibintu bisanzwe kuko twe namwe ntatandukaniro njye mbona ririmo kabisa

  • @sabrinanizigama8948
    @sabrinanizigama8948 9 років тому +5

    this is a sweet trip down memory lane😊😊😊 many thanks for sharing

  • @ndabagezesecond6296
    @ndabagezesecond6296 5 років тому +5

    Fizo yarayononye cane , yayisubiyemwo.Ariko abana b ubu kuki baririmba nabi ? Iyi ndirimbo natanguye kuyumva mw iradiyo mu 1983

    • @meekdee3819
      @meekdee3819 5 років тому +2

      Urabesha don't be a hater iyi ndirimbo fizzo ya subiyemwo neza

    • @azizasudi
      @azizasudi 4 роки тому

      Yarayononye kabisa 100%

    • @silasmanirakiza6983
      @silasmanirakiza6983 Рік тому +1

      @@azizasudi
      Yaravyonze

  • @KWENYEZAMGuy
    @KWENYEZAMGuy 4 роки тому +3

    Yarakoze cane mu muziki no mubushikiranji bw'imico kama.les Oeuvres d'esprit ne disparaissent pas, et " L'Artiste ne meurt jamais".

  • @kazabukeye
    @kazabukeye 5 років тому +3

    Niyigire amarembe abarundi tuzokwama tumwibukira kundirimbo asize. Ntagiye asize isi uko yayiisanze arayunguyeko ibikorwa vyiwe

  • @husseinnzeyimana9212
    @husseinnzeyimana9212 4 роки тому +3

    Great music of all times,we are from Buyenzi our beautiful city of all time in Our beautiful country Burundi,can we have the swahili old songs of Burundi,something like superstar and jasmin modern taarab and other old programs of swahili language,please

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 4 роки тому

      Why do you like swahili songs yet we are burundians ? So you need also to love your language kirundi better than others and remember we are in Burundi so if you need swahili songs Tanzania or Kenya is in charge or necessary for that please

    • @husseinnzeyimana9212
      @husseinnzeyimana9212 4 роки тому

      @@semuganzabicusulaiman2353 i don't need the charge of kenyan or tanzania songs,i'm from buyenzi and those songs i want it old songs from buyenzi that is why i wanted,that all

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 4 роки тому

      @@husseinnzeyimana9212 okay but those songs should not be necessary and I know they are found in buyenzi but the included ones should be Burundian songs not swahili songs and buyenzi is in Burundi so you must follow our Burundian songs not swahili songs

    • @zaerajuma9159
      @zaerajuma9159 3 роки тому

      @@semuganzabicusulaiman2353 swahili also is language Burundi

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 3 роки тому

      @@zaerajuma9159 yes but most it's Kirundi not swahili

  • @elvisngungu1878
    @elvisngungu1878 5 років тому +1

    R.I.P Mr Leonard Sinzinkayo,,,Imana igutuze ahera,,,abusize Ibakomeze

  • @husseinhousni8943
    @husseinhousni8943 Рік тому +2

    RIP icons of burundi

  • @Vision2300
    @Vision2300 10 днів тому

    Lyrics
    Ntore z'ijambo yemwe, mushengera mujahe?
    Nimba mur'abiwacu muramumbwirira Ruyange
    Uti subiza umutima munda, iyo yagiye arimukuza
    Uti erega impinga ni ndende, irarenga ikaremera
    Uti uribuka ka kajambo hamwe hafi ya Ruvyironza
    hamwe imariba zishotse, inyange n'inyambo zikamagira
    uribuka twadusimbo wahora ujishira intore igukunda
    ibuka mumataha wivuna isangwe Ruyange
    [ X2]
    mporez'umwana yemwe ntarire nzoza
    muramporeza umwana yemwe ntarire nzoza
    rugori rubera inyange,urantunga unter' iteka
    akanya ka Murundi,urakarinda izuba

  • @martinnshimirimana947
    @martinnshimirimana947 3 роки тому +1

    RIP l'icône du Burundi !

  • @rusaeric7443
    @rusaeric7443 6 років тому +1

    OOOH BURUNDI ..I MISS U

  • @bnkundwa
    @bnkundwa 6 місяців тому

    Iteka/An honour. Ipinga.Rubera.

  • @chales08
    @chales08 5 років тому

    Merci beaucoup vraiment... Tu es l'unique mwana we waduhaye iyi ndirimbo... Merci fort

  • @sakububonneannee4749
    @sakububonneannee4749 4 роки тому +1

    Safisan hidhindio ngom achan nahidhi dhakisas malabongo freva

  • @nellykeza8656
    @nellykeza8656 Рік тому

    Idirimbo nziza ariho nkizimenya
    Vive You Tubes

  • @nicoyitungiyedesire1377
    @nicoyitungiyedesire1377 5 років тому +2

    Duca twibuka kera hacu

  • @christiansindayigaya3699
    @christiansindayigaya3699 5 років тому +2

    Witwa nde?mwar abaririmvyi PE!ntimuzibagirwa!!!

    • @desirebun2196
      @desirebun2196 5 років тому +1

      Christian Sindayigaya ,yitwa Leonard sinzinkayo, aheruka kwitaba imana

    • @christiansindayigaya3699
      @christiansindayigaya3699 5 років тому

      Desire Bun oooh nuwo nabonye babitse ejo kuma réseaux sociaux ! OK merci

    • @desirebun2196
      @desirebun2196 5 років тому

      Ego

    • @christiansindayigaya3699
      @christiansindayigaya3699 5 років тому

      Desire Bun nuwahe?province et commune ? Birababaj abaririmvyi babarundi bapfuy ntanakimw tumenya ngo bahabwe iteka bakwiriy!

  • @Drachte1
    @Drachte1 12 років тому

    Cela fait longtemps que je cherchais cette chanson. Urakoze.

  • @NIKIZA96
    @NIKIZA96 Рік тому +1

    Umuzi w'umuziki w'Uburundi

  • @nzobirindavictor9254
    @nzobirindavictor9254 3 роки тому +2

    Indirimbo zakanovera ninkizi🙏

  • @brownmarketexperimentalrec8963
    @brownmarketexperimentalrec8963 5 років тому +2

    R.I.P.

  • @desirebun2196
    @desirebun2196 5 років тому +3

    Rest in peace

  • @richardirakoze5690
    @richardirakoze5690 5 місяців тому

    Nagomba indirimbo yitwa nagayerintimba barodo

  • @alairadukunda8719
    @alairadukunda8719 6 років тому

    Merci pour cette belle chanson

  • @mamasandy7986
    @mamasandy7986 4 роки тому +3

    When did he die? I want meet some of Burundi Legendaries that are still around .

  • @kirinyota
    @kirinyota 12 років тому

    waouh, very nice! the ORIGINAL!

  • @arytabrtya6323
    @arytabrtya6323 5 років тому

    Nice song, i like this a song

  • @ruginaolympe5587
    @ruginaolympe5587 4 роки тому +2

    Muribesha caane uwo ntiyitwa Léonard , ahubwo ni Jean Berchmans.Yaririmvye nizindi n'a Kirezi c'umugenzi n'izindi nyishi.

    • @alberickadomo6132
      @alberickadomo6132 3 роки тому +3

      Oya vtmt.jyewe name it's nkamuru wanjye kuko iyi ndirimbo yayicurangaga murugo iwacu kuri acoustic guitare.muri 84.yari inshuti magara wa mukuru wanjye ndibuka bigana kuri universite be inyuma ya ESTA 80 81 na canjo barikumwe.ni Sinzinkayo Leonard iwabo hari I Gitega.RIP grand frere.

    • @alberickadomo6132
      @alberickadomo6132 3 роки тому +1

      S vrai baririmbaga kimwe na berchmas kandi baturuka hamwe. Yabaye directeur wa art et culture depuis 87.

    • @gloriosentakirutimana7499
      @gloriosentakirutimana7499 2 роки тому

      Ni Léonard papa Toussaint,yabaye DG wa culture imyaka myinshi,basha ndamuzi gose

    • @doomedinscrolling3587
      @doomedinscrolling3587 7 місяців тому +1

      @@gloriosentakirutimana7499none yoba ari papa Toussaint allsaint ??

    • @richardirakoze5690
      @richardirakoze5690 5 місяців тому

      Oya ahubwo niwe wibeshe yitwa ukwonyene kandi erega apfuye vuba nyimba atari 2022

  • @lewismukama7915
    @lewismukama7915 4 роки тому +1

    So cool

  • @mrblack8661
    @mrblack8661 6 років тому

    iko njema sana uburundi bwaho hambere

  • @symphorienpeke2825
    @symphorienpeke2825 7 років тому

    howwww il dansait bien. En + de bien chanter

  • @user-mp6hg5sx3t
    @user-mp6hg5sx3t 8 місяців тому

    Merci mutaa tuzokwama tubibuka

  • @cinnamonsteph
    @cinnamonsteph 11 років тому

    GOOD SONG, URAKOZE CAAANE MUNTU WAGASHIZE ON LINE.

  • @quebecgunner
    @quebecgunner 13 років тому

    Cool......

  • @valerecedrichayimana
    @valerecedrichayimana 3 роки тому +2

    Aracabaho gaBantumwee??

  • @akimanaomar9296
    @akimanaomar9296 3 місяці тому

    2024

  • @wilfridmwirerere9088
    @wilfridmwirerere9088 5 років тому +1

    RIP😭

  • @aminamunezero
    @aminamunezero 3 роки тому

    ❤️❤️❤️😭😭😭

  • @joleal7941
    @joleal7941 2 роки тому

    Indirimbo nizo

  • @257-culture
    @257-culture 3 роки тому

    Good

  • @ericnduwayezu6689
    @ericnduwayezu6689 8 років тому

    Mwonyibutsa izina ry'uyu muririmvyi ga bantu b'iwacu? Mwoba mukoze cane!

  • @LSHTM-sw1ii
    @LSHTM-sw1ii 7 років тому

    who is the artist??

  • @monsmons8031
    @monsmons8031 6 років тому

    mer6

  • @billympoyuidi4037
    @billympoyuidi4037 8 років тому

    Version originale

  • @HominideButoyi-rj5cx
    @HominideButoyi-rj5cx 8 місяців тому

    Ego nanj muz nt"i ugo gwaruka ntirozoz rurakinira k uco nita ouissance d,wxpression de nos Grands homme!Bibananira ku crea comme nos" legendes" niba changer domaines d,exoression bakor,ibindi !Kuko abo nivyo Imana yabahay ngo bizobe les produit de referance!Ah'ubwo tugiy gu signala les servives habilites baba fate kuko bonona les sources des enspiration des vraie reateurs!

  • @edouardsapirnkunzimana2699
    @edouardsapirnkunzimana2699 7 років тому

    Izi ndirimbo za kera uwozigira azindungkire kuri whatsap 61650641. Ba evode, bahaga_,cizza '...