Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Mukozi w,Imana Adrie Diridiri ndagukunda cane kuko ndakumvise ncanibuka ukuntu ubutumwa wavuga kwi radio bwatumy nkizwa nubwo bisa nivyabanje guteba
Hallelujah hallelujah, Imana ikomeze kugusiga amavuta kubutumwa bwiza mukomeza kudusangiza
Amen Amen imana izoguhe igitsibo warokoye beshi kubwo ubutumwa mwama muduha
Yesu azoguhe ingero ikwiranye nivyo wakoze mpimbagwa n inyigisho zawe nziza.
Mukozi w'Imana uhezagirwe caane kandi Imana ikuzitirire muri iyi si y'ibigeragezo yirirwa iratwara abakozi b'Imana. Ariko Ijambo muvuga rimara iminota mike cane mwokongezako umwanya rihera tukigomba kuryumva. Imana ize ibikore mw'Izina rya Yesu.
Ndamukunda caane Adrien Diridiri.Yarasizwe amavuta na Ndiho.Abafise link y ubutumwa akunda gutanga bayiduhe hano bazoba bakoze.Jewe si ndi i Burundi rero nipfuza kwama nubakwa.Yesu abahezagire caane
Imana igihe umugisha
Amen 💯ndashima kristo Yesu wagize kubuwe iteka ryose
Imana ikugirire neza hariho ijambo ryankozeko
Bénédiction
Amen
Ameeen ameen