Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Nimuduhe ikindigice muratebya
Ahwiiiiiiiiiiiii rek ntoragatebe nicare
Zamu aragakoze kbsa
Hummmm zamu niw wabay yancira constance mpor kabx vyakomey 😮😮gusa hagiy gusha courage vrm 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Mubwir mubon constance agiy hh
Mbabajwe nuko ukwihangana kwa constance kugeza aho gutsindwa
urukundo nkund constance basha,zamu yabaye incira nukuri,mpor sh constance chrie wanje ,zamu arahemutse
Urakoze sha anje
Muratwivye iminota ivyarengany bitway umwany munini can
Courage mwenedata
Ewe zamu ndakugaye Constance azoguhumira
Waratunyoteje cane
❤❤❤❤❤ n'ukuri murashoboy, félicitation
Ndabona habitagiye kworoha kwr konco pore
Amasah icenda yose ntari bwayibone vyagenz gt urazi ukunt nar nkumbuy film i yeriko
Zamu urumuhemu Kandi Uri iryarya
Zamu n imbwa y umugabo umugabo yihindukiza mukirago ntiyihindukiza mwijambo
Courage ❤❤❤❤🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚🧚
Ndahishikiy mbayewa26rekamanz ntoragateb ndabivyakurikiy
Sha zamu urambabarije umutima Kweri murikigitondo ariko abahemu babaho
Constance ndagukunda urazi gukina cneee courage
Urakoze
Uyumus nacerew arik ntaco so courage murashoboye ❤❤❤
Courage😍😍😍🌹 ubikora neza film ndundi hejuru cn
🤔🤔 yooooo mbega akagome zamuwe akoze amahano arahemutsepe costance wihangane birababaje amahera nimabi😊
Muratevya kuduhereza
Zamu urimbwa y'umugabo
Ewe zamu ndakwase kweri
Zamu urumuhimbirizamu nkagatanu urikibwa zamu
Noyo courage 💪 💪💪💪💯💯
Abangore bahinduts imidere kwer😂😂😂😂😂😂😂
Yoooohh constance birangiy ananiw 😳😳🔥💪💪🥰
😢nikibazo kwizigira abantu😢
Yoooo costance pol sana zamu numuhemu ga yemwe bamukoreye amahera ngo yagiye kubapfumu 😢😢❤❤
Ewe zamu sha urumugambany umukubite wariko uramushuka😂😂😂
Mbaye mubambere kbs ewe zamu urumuhemu😂😂😂😂
Ewe zamu wee kumahera urahemutse ?wapi uri gito
Muminot 19 ndahashitse abazinyuma mundemere ham twibandanyirize
Courage mwakinye nezaaa
Ncosntse ugiru cikintege
Mubirimw nezaaa mukomerezah team yose turabishimiy mwibereh mutababaye bakundw bacu❤❤❤❤
Ewe zamu sha 😢😢😢😢😢😢
Costase ndagushimira uburyo wihanganira ibikugerageza ukaguma wiremesha zamu nawe arahemutse imana izomuhana abantubose bameze nkazama bakwiye gupfa
mbe constance izo noti za kayogoro uzigura ik ga sha ko baguhenz😂😂sha zamu urumwan mubi kabisa🤔uremej ko constance arumurozi uzi nuko mwategurany ay masengesh
Ew zamu shaaa ndakwase pe😢 ntagahunda narimfise yo gushirak commentaires Arik ndayishizek kubwico kizamu kibi.cst pol San
Ngo senger mukirago😂😂😂
Harahiye papa Clariste aje yarwako
Muranyeguy zamu naconsta😅😅😅
Yooooo Constance wacu akomej kubabazwa arik humur ugum usenga igihe kizoger utabarw kuber Imana ❤❤❤
Iyeriko hejuru caaane
Mana yanje abahemu baragwira,imitoma ya constance rero y,urukundo😂😂
Zamu numuheme aho nukugira arye amahera ngo yamugiriye kubaofumu😂😂😂Mpore constance wacu ❤❤❤
Couragee Mwakinye nezaa
Neza
Waoooh courage I love you too much
Love from mwalimu
Zamu urakana kabi
Muradutevya sana
Zamu numuhemu
Zamu nukuri😂😂urugwana rubi
Zamu kweri kufaranga ni mubi🤐 binyeretse ko narwa rukundo yirirwa abwira constance abarurwo kumushakako kumuturahasi🙈🙈 gusa yarangiza ikimanukira aja kubibwira boss ko umugore wiwe wenawe hanahiye😂🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏼♀️🏃🏼♀️
Hahaha
Ngo naziyeko😂😂😂😂 ntunkeneye😂😂😂😅😅😅😅
Ewe zamu weeee
Zamu arahemutse? Constance kubwenge afise azobaho tu
Couragevrmt 🥰🥰🥰🥰
Courage monamie costance
Love from your ❤❤❤❤❤❤🎉🎉❤🎉❤🎉🎉❤
Zamu urakoze kundiza munanyibutsa ingene abantu bubu bameze
Rabingen bikomeshamashi ngo barik bamukubita🤣🤣🤣 ntimuramenya gukina
Rer wew ushak bahashure
Courage❤❤❤❤
Courage
Abamezenkazamundabasecanee
M
❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤🎉🎉
🥰🥰🥰🥰🥰
❤
❤❤❤😂😂😂
❤❤❤❤
Nihatal 😂😂
❤❤❤❤❤❤👍👍👍
😅😅😅😅
Komereza honyene
❤❤

Zamu numuheme aho nukugira arye amahera ngo yamugiriye kubaofumu😂😂😂
Mpore constance wacu ❤❤❤