Ngumugabo wanje akoresha amashetani mu gusenga? | Neretswe Big Fizzo yakijijwe | Pasteur Joshua Fin

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 сер 2024
  • Ukaba uzi inkuru idasanzwe, Canke ahabereye ikintu kidasanzwe, umuntu afise intahe itangaje, amakuru atangaje canke ikindi wifuza ko twasangiza abakunzi ba Bujahit Tv, wotumenyesha ukaduhamagara kuri +257 68 212828 canke ukatwandikira kuri Whatsapp yiyo numero nyene, Turaza naho woba uri aharihohose muntara z'Uburundi. Ntiwibagire kugira SUBSCRIBE nimba utarabikora, kugira uze uraba uwambere mukuronka inkuru na video zacu.
    #BujahitTv #BurundianMusic #Comedy
    This video strictly for education purpose for the difference between the culture of the country
    LIKE, COMMENT AND SHARE

КОМЕНТАРІ • 106

  • @gadmayugi7960
    @gadmayugi7960 Рік тому

    Nzofukama nsenge, nizere Yesu Kristo, nshake Uhoraho gusa nkurikire ukuri. Abashaka kandi bizera no gukurikira abiyita abavugishwa, nimukazanye!

  • @aliceuwimana8809
    @aliceuwimana8809 3 роки тому +3

    Oh my God lovely family je vous aime trop, Warahezagiwe maman ufise umutima wera vraiment, Imana iguhe umugisha ko utwemerera daddy akadufasha

  • @shimweryimanasimonpierre8393
    @shimweryimanasimonpierre8393 Рік тому +1

    Waouh a blessed family of prophet of Jesus Joshua Joshua

  • @firdauskaneza4245
    @firdauskaneza4245 4 роки тому +1

    Ntamuvugishwa nimana ahabwa icubahiro iwabo Kandi umwana yankwa niwe akura abenshi muvuga ko akoresha amadayimoni nuko namwe muyasenga abizera ko yesu kristo arumukiza numwami numukiza wubugingo bwacu ntacike intege nama commentaire ngo ugabanye gusenga abantu baremewe kuvuga nukugwisha abari kumurongo nibaze ko mwese mwizera ivyimana imutumye mutizera we Joshua we love u Kandi imana ikwongerereze amavuta

  • @mdras1616
    @mdras1616 2 роки тому

    Yesu aguhezagire mon pere ndabakunda cane ndiho kubwamasengesho yanyu mudusengera mwarahezagiwe cane🙏🙏🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️❤️❤️❤️

  • @JeandeDieuMugisa-e9f
    @JeandeDieuMugisa-e9f Місяць тому

    Mwarahezagiwe cane amen

  • @user-yq8je2pj1r
    @user-yq8je2pj1r 4 роки тому +1

    Buja tv uyu mubdu ndabashimiy cane muza mwaturonkera umutumire yishura kk niriwe aragara lo inkomezi imana nñzimurimwo komera cane Joshoua numuryango
    Wawe

  • @celinensabi7049
    @celinensabi7049 4 роки тому +2

    Uwiteka akongereze inkomezi n'amavuta menshi 🙏

  • @user-qz6uq4ii7w
    @user-qz6uq4ii7w 7 місяців тому

    Amavut menshi kumuvyeyiwacu🙏🏻🙏🏻🙏🏻

  • @audrineirera3137
    @audrineirera3137 4 роки тому +1

    Vuge make uyu numukozi w'Imana hagow uwuzovuganabi kub'Imana yatoranije... mubavuganabi sindimwo muzowote mwemyene...

  • @NtakirutimanaAgness-oo3qx
    @NtakirutimanaAgness-oo3qx 8 місяців тому

    Mukozi wimana.yateyeyiteka ,ndagwaye Amaso musengere.murakoze

  • @mitimaluna313
    @mitimaluna313 3 роки тому

    Nafurahi kuona mumekumbatia, na munadumu katika imani pamoja na Yesu Christo. Mukinisahau ni mimi nilikuwa nyumbani kwenu pamoja na ndugu Kana mu 2019.

  • @samuelinesamueline7820
    @samuelinesamueline7820 4 роки тому

    Joshua ndabakunda sana wongerwe amavuta yokurongora intama za Ndiho🙏mugire umugisha ndetse mwarahezagiwe shalom

  • @jeannekamikazi7710
    @jeannekamikazi7710 4 роки тому +7

    Ikiganiro kiri interest vraiment

    • @arena1146
      @arena1146 4 роки тому

      Imana ishishikare nukongera amavuta nanje yarasengeye twaye caneeee nukuri ndakira yesu akomeze kugukoresha amen

  • @joselynjoselyn9769
    @joselynjoselyn9769 2 роки тому +1

    Amen amen halleluya hallelluya thank you for prophet of Jesus joshua Joshua halleluya halleluya hallelluya t

  • @Fildaus6306
    @Fildaus6306 3 роки тому

    Imana igukomez muriyonzira wahisemwo mukozi wayo na famille yawe ikomeze guhezagira imirimo yawe amavuta menshi avuy ku Mana agusesekareko

  • @lovenanah5040
    @lovenanah5040 4 роки тому +7

    Daday bambarire kuba muriyesu biramaze

  • @vanessandayisenga9285
    @vanessandayisenga9285 3 роки тому

    Ndakunda Prophète joshua numuntu mwiza knd numunyamahoro

  • @sclolakabura6230
    @sclolakabura6230 2 роки тому

    Ndakunda ukuntu muciye bugufi Prophet

  • @vanessandayisenga9285
    @vanessandayisenga9285 4 роки тому +1

    Ndabakunze cne christo abakomeze🙏🙏🙏🙏

  • @bedbuntu1171
    @bedbuntu1171 4 роки тому +2

    Yesu agukomez mwan w'Imana warasizwe

  • @erisfiorisndayis4422
    @erisfiorisndayis4422 2 роки тому

    IMANA ikomeze kuguha umutima wera DADDY ikomeze kukurinda gusubira inyuma,ikomeze kugukoresha ibikomeye in JESUS's name

  • @kissboy-hn2pt
    @kissboy-hn2pt Рік тому

    Amena

  • @louiseniyimpa336
    @louiseniyimpa336 2 роки тому

    Amen

  • @fannyfafa4753
    @fannyfafa4753 4 роки тому

    Imana izoguhe iherezo ryiza mukozi w'Imana urakoze cn

  • @arena1146
    @arena1146 4 роки тому +1

    Nukuri uvugukuri nanje warasengeye rwaye cane ndakira imana ishishikare kukongera amavuta nukuri kuko nabonako ntavyiringiro vyokubaho narifise arikwo vyose vyarashobotse mpuye numukozi wayo

  • @ndayishimiyepriscillah3719
    @ndayishimiyepriscillah3719 4 роки тому +1

    Uyu mu vyeyi Imana izomuhe Imigisha cane

  • @nzobakengaesperanza6266
    @nzobakengaesperanza6266 4 роки тому +2

    Amen amen Benit uhezagirwe

  • @user-gn9hy5to3g
    @user-gn9hy5to3g 2 роки тому

    Nunu waritonda imana yaguhaye umugabo wumvugabutumwa

  • @jeannekamikazi7710
    @jeannekamikazi7710 4 роки тому +4

    Bujahit vraiment 👌

  • @dianekezakimana5745
    @dianekezakimana5745 4 роки тому

    Imana ibandanye kukwagura .uranyubats cane gose

  • @mohdkwt5378
    @mohdkwt5378 3 роки тому

    Araruha gose Imana imuhe umugisha kabisa

  • @mukeragabilodiana9391
    @mukeragabilodiana9391 4 роки тому +2

    Aliko niyaba akolesha amavuta barundi mulalaba neza. Mulalaba ivyabaye muli tanzania 🇹🇿 kubela amavuta

    • @alinekaneza334
      @alinekaneza334 4 роки тому +1

      We wibazako akoresha ayahe?ariko akoresha Amavuta Nubushobozi Ndiho yamuhaye.

    • @mukeragabilodiana9391
      @mukeragabilodiana9391 4 роки тому

      Aline kaneza ok 👍 aho nisawa

  • @joselynjoselyn9769
    @joselynjoselyn9769 2 роки тому

    🤣😂😂🤣🤣🤣😅😆😆😁😁😁😂😂🤣🤣😅 yesu kristo wakoze wew wampezaginje umuvyeyi prophet of Jesus joshua Joshua halleluya papa kristo yesu abandany kuGUKOMEREZA MUZIRA YAYO KUKO YARAKUGIZE UWU DASANZWE MWIZINA RYA YESU KRISTO AMEN 🙏AMEN HALELLUYA

  • @selina9876
    @selina9876 3 роки тому

    Ni areke. Kumubeshera. Yajenkintumwa

  • @renechrissibomana704
    @renechrissibomana704 4 роки тому +1

    Turagukunda mukoz wimana vyiza cane Reka ndakuronder on you tube

  • @jbaptisteniragira5572
    @jbaptisteniragira5572 2 роки тому

    Muduh nimero yee

  • @clementbizimana742
    @clementbizimana742 4 роки тому +2

    Dady joshua

  • @mohdkwt5378
    @mohdkwt5378 3 роки тому

    Ndagukunda dady mpinimero yawe uzobukoze ndabigusavye ndagukeneye

  • @ngabokarimu540
    @ngabokarimu540 4 роки тому

    Murarota mbe imana na yesu mumugendana mumifuko yanyu cubwenge abantu basigaye barihaye kwiyita intumwa none babintumwa bakoresha bibiriya punguza uburyarya mureke gukenesha abantu mumitima hakububaka uzobe intumwa uje nigitabo cawe kurya yesu yaje ninjiri muzame muhenda bahumye kubera muzi kobahumye nyene

    • @nononila4876
      @nononila4876 4 роки тому

      Kuki ucirimanza abutahamagaye nimba bakoresha ibitarivyo kazima babikora bigakoreka kndi n'a Yesu bamwise kwakoresha amareba ivyo reo ntivyobuza ko Imana ukora icoyokora reka kuza mucirimanza abndi

    • @pascalmanirakiza3133
      @pascalmanirakiza3133 4 роки тому

      Nimuduheinomero zuyo mukoziwimana

  • @thierryniyungeko8025
    @thierryniyungeko8025 4 роки тому

    Mungu ni mkubwa sana my Bro. Keep it up...

  • @greashgreahes6291
    @greashgreahes6291 2 роки тому

    Amen Amen

  • @bashakhader3327
    @bashakhader3327 3 роки тому

    Oooh my God papa very good my family

  • @devaindevain2204
    @devaindevain2204 3 роки тому

    Amene nda bakwirikirana

  • @niyoleejohn6740
    @niyoleejohn6740 4 роки тому

    Joshua Joshua Imana ishishikare igukuza mu Mpwemu. Igukoreshe ibikomeye, igushikane kure.

  • @solangeirakoze1940
    @solangeirakoze1940 4 роки тому +1

    We love u Daddy

  • @ancillandayishimiye4510
    @ancillandayishimiye4510 4 роки тому +1

    Nukur mwoba mufashije mumpaye nume

  • @maysgh2739
    @maysgh2739 4 роки тому

    shaka guhiduka joshu warahezagiwe

  • @arlettehakizimana5412
    @arlettehakizimana5412 4 роки тому

    amen

  • @nononila4876
    @nononila4876 4 роки тому +1

    Ariko bénit choux kuberik wandika titre nkiyo nukur sivyiza

    • @ndayishimiyepriscillah3719
      @ndayishimiyepriscillah3719 4 роки тому +1

      Nikugirango mugire umwete wokuza kuraba uwomuntu nanj harigih nipfuz kurengana nkikiganir ms nkaba intéress kubera titre

  • @billnemess9369
    @billnemess9369 4 роки тому

    Inama igihe imigisha mukozi wimana

  • @francinensavyimana5601
    @francinensavyimana5601 4 роки тому +2

    Jujuta zezeterahiyo zurabapfuye bose nyooo uhendande,, ujinga najanja zanguvuzagiza

    • @solangeirakoze1940
      @solangeirakoze1940 4 роки тому

      Ese yotangurira kuriwew wapfuy ukazuk ukamnya kubaha umuvugishwa

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 роки тому

      Hahahah Je shimye ko yagiye kukarubanda police imutorehafi mucibitoke kuli 8 haruguruyapentecote harumugabo weyarasengaakakwica akanakuzura we eeeee muzojekutuzanirayiyonkurupls

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 роки тому

      @@solangeirakoze1940 uwomucibitoke yarakwiyiciraakanakuzur imana simuvyarawanyu amepigwafimbo na munguudaaaaaaa

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 роки тому

      @@solangeirakoze1940 Je sishaka inyuma yurupfuntabundibugingo nintakorankiriho Je nzobagiyekwiruhukira imiruhoyomwisi hama nawe nguhangumize

    • @alinekaneza334
      @alinekaneza334 4 роки тому +1

      @@mamyakintore4284 hmm uzi vyishi iyaba wubaha amabwirizwa y'Imana ukubaha n'Ijambo ryayo vyaba vyiza kurusha

  • @anmarisamatha135
    @anmarisamatha135 4 роки тому +1

    Uwomuvugabuntumwa araryoheye kabisa

  • @ancillandayishimiye4510
    @ancillandayishimiye4510 4 роки тому +1

    Mwompa nume yiwe mwoba mukoze

    • @yesuarampagijetvmunezero7408
      @yesuarampagijetvmunezero7408 4 роки тому

      Subiramwi yayitanze

    • @yesuarampagijetvmunezero7408
      @yesuarampagijetvmunezero7408 4 роки тому

      Mbabarira umbwire none kobavuze ngo agoye kuronka barasaba amahera mugusengera abantu ??????

    • @ancillandayishimiye4510
      @ancillandayishimiye4510 4 роки тому

      @@yesuarampagijetvmunezero7408 ntabwo agusubiza kweri twandikiye ariko ntabwo yigera agusubiza wapi nihatar

    • @yesuarampagijetvmunezero7408
      @yesuarampagijetvmunezero7408 4 роки тому

      @@ancillandayishimiye4510ubundibwo wokwizera imana ntiwizere abapastiteri ari nyimba arikibazo ufise ukeneye gusengerwa umpe nimero yawe ya whatsapp kugira ishike kucowipfuza hamwe nokwizera kwawe

    • @ancillandayishimiye4510
      @ancillandayishimiye4510 4 роки тому

      @@yesuarampagijetvmunezero7408 non wewe urazi ivyo shaka kumubaza nihatar abantu bo mubundi 😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @lewisbandora3787
    @lewisbandora3787 4 роки тому

    yoya jamani

  • @nopainnogaintv5946
    @nopainnogaintv5946 4 роки тому +1

    hahahaha twarabahinyuye..........ubwaw nyene wewe ukoreshwa nishetani

    • @solangeirakoze1940
      @solangeirakoze1940 4 роки тому

      Ngira niryo wew ukoresha kuko we akoreshwa nimana

    • @nopainnogaintv5946
      @nopainnogaintv5946 4 роки тому

      @@solangeirakoze1940 jijuka muve ibuzimu mujibuntu. abantu turi mumuzimiza utey ubwoba.nkumuntu kwiyita prophet. kuba prophet nuko uba wahawe igitabo runaka: Mussa yahawe igitabo citwa Tawurati, Salomon ahabwa Zabuli, Jésus Ahabwa Injili(évangile), Muhammad ahabwa Coran yabasilam, non nkuyo nawe wamagambo menshi kumunwa yahawe igitabo citwa gute ubwo yiyita Phophet?

    • @alinekaneza334
      @alinekaneza334 4 роки тому

      @@nopainnogaintv5946 Imana iguhumure amaso nukuri niconokubwira gusa

    • @alinekaneza334
      @alinekaneza334 4 роки тому

      Ndagufashe gato watahuye nabi PE knd uravy nabi urazimira .so reka umfashe usome yohana 14:12

    • @nopainnogaintv5946
      @nopainnogaintv5946 4 роки тому

      @@alinekaneza334 dukoreshe bibiliya nkusabe unyishure ibi bibazo 3: nyereka mur bibiliya ahantu Jesus avuga ko ari Imana, nyereka ahantu mu bibiliya yesu yigishije butatu butagatifu...nyereka ahantu yesu avuga ko yaje gupfira abantu kumusalaba,,, ntukwepe turiko turigishanya. ubwo niwabinyereka nca nza mwishengero ryany

  • @mamyakintore4284
    @mamyakintore4284 4 роки тому +2

    Ntarubanzankuciriy mugabo Je ntagakizankubonamwo umugore produit amahereni hamangokumana urishikiraese amagamboyiwe adacika puuu banyamakuru mwigekubazibibazomutabembereza

    • @solangeirakoze1940
      @solangeirakoze1940 4 роки тому

      Mbe bakubwiye ko kutambara amaheri cnk kudashira produit mumtwe ariko kuja mwijuru? Haguta umunwa wota amaguru iyo udakunda umunt numa wibandanyiriz kuk iyoba waruzi uyo uriko uravuga uwariwe kok wosavy imbabaz imana .imisi irasa ntingana kuba umuz kera sikwari ubu kndi wibuk mariya magdalena ko yarindaya muga munyuma akirigwa inyuma ya yesu ntugatangwaz nivyo umunt yaciyemw munyum agahinduk .Imana abo nibikunda kuk umnye kwimana idashak abakijijwe ahubwo ishak abagani kugira bayigarukeko

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 роки тому

      @@solangeirakoze1940 safari njema

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 роки тому

      @@solangeirakoze1940 ugiye muli cafeteriat u banza gusoma inyuma I vyanditswe amatanifanta bika nye ugacawinjira ivyo usoma inyuma bikwerekibirimbere guhinduka Kwan yu ndacabipinga nkiyisinyishu yumuntazimana gusa ndashima komwateyimbr muvyogusenga mukabamugezekuntambweyogusengera uwapfuye akazuka namahoro meshi kuli wakaled bazoca bugara morge .gusa nfisakabazo none mulikiryakizu imanayamuhezagije habamwimpfuvyizingahe?gusa baze bagusomer ahanditse ngo mugih canyuma Hazoza abiyita a biyita a biyita abakoribitangaza mwizina ryiwe rero abazuraabapfuy ndibazakoyesu atanumweyahaye ugwaruhusha

    • @alinekaneza334
      @alinekaneza334 4 роки тому +1

      Ntarubanza umuciriy knd arivyo ukoze?Ijambo riravuga neza ko uwutunze urutoke Umukozi w'Imana aba akoze mujisho Imana .so mbe we kuriko uca Imanza uri Christo urinde?ndakubaze Imishatsi namahereni nivyo Yesu yavuze kwarivyo bizinjira Mubwami?vuga mâle plz kugira uzubazwe bike.funga akarimi kawe si no uragowe .knd burya haragowe abantu benabo baca Imanza atari Imana.

  • @odettecossette6436
    @odettecossette6436 3 роки тому

    Muhezagigwe kwicokiganiro mwagize

  • @irutabantujeanclaude6829
    @irutabantujeanclaude6829 4 роки тому +3

    Uwuzotangurakwakira agakiza ubwambere ni Natasha

  • @leagacuti2844
    @leagacuti2844 3 роки тому

    Ntawogira whatsup yiwe gabasha

  • @user-os9ul5iu5y
    @user-os9ul5iu5y 4 роки тому

    Uragapfamaso kuwagatanu nihobapfa gusa

  • @amenahalshahrani112
    @amenahalshahrani112 4 роки тому

    🇧🇮🇧🇮🇸🇦🙏🙏🙏👌👌👌👌👌🤲

  • @user-os9ul5iu5y
    @user-os9ul5iu5y 4 роки тому

    Ntamana ukorera ukorera satani

  • @francinensavyimana5601
    @francinensavyimana5601 4 роки тому

    🤣🤣🤣 atigukizwa harugukira umuriro utarawusimba wewewenyenuhagaze mumuriro nambuzobabuza kwambara ibiterasoni

    • @solangeirakoze1940
      @solangeirakoze1940 4 роки тому

      Harabantu muzopfa ataco mushitsek kubera akanwa Kany nkubu wirenganiy udatay umunwa woba ubay iki?urambabaj yoba waruzi icari ntiwotay umunwa uko

  • @francinensavyimana5601
    @francinensavyimana5601 4 роки тому

    Yesumwenyewe avugati watawadanganya wayafanya miujiza namaajabu watawapoyeze nawaliyowateule nyooo umeshatabiriwa ese wibazako shetani atantumwafise?gupfa nitegeko uwahawububashabwokuzura ni yesu wewe wanditse he ?atari muraboyesu atazi

    • @belarlishimw4911
      @belarlishimw4911 4 роки тому

      Handitswe ngo tuzokora ibiruta ivyo yeSu yakoze
      Kubwa saint esprit

  • @evelyneirakoze2143
    @evelyneirakoze2143 4 роки тому

    Gukorera Imana ntaruhombo rurimwo.imana ikwagure

  • @nevitadam3978
    @nevitadam3978 2 роки тому

    Amen amen amen

  • @mohdkwt5378
    @mohdkwt5378 3 роки тому

    Amen

  • @mohmeedkhan6986
    @mohmeedkhan6986 3 роки тому

    Amen