Umushikiranganji Imelde Sabushimike ava mu bwoko bw'abatwa, hamwe n'uwundi mupfasoni Honorable Liberate... (bose bari muri ivyo birori), aba bapfasoni benshi batambuka neza bari mu nzego z'umutekano,hamwe n'abo bandi bapfasoni benshi bari muri defile berekana umunezero ntangere kuri jewe ni bimwe mu bimenyetso bikuru ko societe burundaise iriko iratera intambwe nziza mu majambere/ itera imbere nk'umuzinga/developpement social.
Stade yaratejwe imbere mais il faut un trottoir ou une piste conventionnelle. Ou bien bakoreshe béton yinguvu si ikintu kizimvye cane pour la capitale politique. Abo bagore kirabujijwe se kubavugiriza musique KO na l'année passée baciye bayizimya? Une parade sans musique et sur un terrain caillouteux n'est nullement coordonnée.
Yewe hari abantu kbs batanerwa nigisirikare peee buriya iyi ni défilé militaire cg ni marche y'abanyeshuri ? Igisirikare muzakirekere RWANDA na UGANDA na Tanzanie
Yewe, nibwo ndi gusobanukirwa n'uyu mugani: Uwambaye ikirezi ntamenya ko cyera! Rwanda uratengamaye👍💪👏
Kubiki x kwirata karivyomuzi atanikintu mushoboy
Iyi défilé yigirwahe bahu 🤔😳🤣🤣 dukomeje kumirwa
Beautiful 😍 ❤❤
Le président MoBUTu
Haraka yewegayeee dore akarasisi ndakurahiye mwasetsa nuvuye gushyingura kbs ese ubu iyo yitwa ngwiki mama weeee
Abaseninyakabyizi cyangwa
Ababasoda nibabyihorere nzane umugore nabana banjye tubikorere pe😊
very proud of you girls .applause
État Major,, Ubushikiranganji bwo kwivuna abansi n'ubushikiranganji bw'ntwaro yo hagati:nimwigore mugire igisata c'ukubarira imyambaro ibereye iminsi mikuru ziha icubahiro ingabo z'igihugu. Ingabo zacu zambaye imyambaro iremereye batambuka bikwega bibagora.
Iyo myambaro ntijanye n'imanza.
Kubura peter nkurunziza bizabagiraho ingaruka zigihe kirekire pe
Ntiwabagereranya nirwanda pe
Ese aba nabasoda cyangwa nabarinzi bibipangu hhhhhh
IMANA ILINDE UBURUNDI NI ABARUNDI AMINAAAAAAAAAAAAAAAA
Ese ndayishimiye uvuga ngubututsi cyangwa ubuhutu bumaziki aha kontamututsi urimo cyangwa umututsikazi muje mureka kubeshya amahanga kagame nubwo agira amabi ntavangura agira yanga umurwanya uwariwe wese
Kagame akora ibindi ariko ivangura riturutse kururimi ntaryo agirape anaryanga kubi
Umaze kubapima ubwoko tayali?
👏👏👏👏👏👏wow Asante ❤️❤️❤️❤️❤️❤️💪💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Niba mushaka kuraba abafise defile ya bien murabe iya basoda ba Kagame, Uburundi turi hasi cane pe,igisoda cyacu ni faux
Nimushiremwo ubushake bwinshi namwe muzobigereho.Bon courage, abaturanyi!
Thank you burundaise army
Iyiparende..harimokoronape..yaaaaaaaaa
Wumvise akajwi kuyobiye parede wagirango bamunigiye mukwaha😁😁😁😁😁😁
Umushikiranganji Imelde Sabushimike ava mu bwoko bw'abatwa, hamwe n'uwundi mupfasoni Honorable Liberate... (bose bari muri ivyo birori), aba bapfasoni benshi batambuka neza bari mu nzego z'umutekano,hamwe n'abo bandi bapfasoni benshi bari muri defile berekana umunezero ntangere kuri jewe ni bimwe mu bimenyetso bikuru ko societe burundaise iriko iratera intambwe nziza mu majambere/ itera imbere nk'umuzinga/developpement social.
Stade yaratejwe imbere mais il faut un trottoir ou une piste conventionnelle. Ou bien bakoreshe béton yinguvu si ikintu kizimvye cane pour la capitale politique.
Abo bagore kirabujijwe se kubavugiriza musique KO na l'année passée baciye bayizimya? Une parade sans musique et sur un terrain caillouteux n'est nullement coordonnée.
Bello simpatico.isterico! Komera mwangabo
Très intéressant
congrate vmt
Very smart
Yewe hari abantu kbs batanerwa nigisirikare peee buriya iyi ni défilé militaire cg ni marche y'abanyeshuri ? Igisirikare muzakirekere RWANDA na UGANDA na Tanzanie
Hhhhhhh,mbega defile,nink'iyabana ba primaire
Abasirikare bagenda bakebaguza, nta rythme y'amaguru n'amaboko! Ingabo ziragwira kweri. hahhahahahhaha
Mobutu srse sko
Ndumiweeeee,iyi defile militaire kweli?
Oyaaaa ntakabaraga karimwo iyo karashishi irakanye basi
basha uzoce ureba baugwanda njembona baturushape
Naho utogira ico uterereye iyo stad ariko irubakwa ejo hatandukanye n'uno munsi.
Gusa bariya Babyibushye Babakube Kbsa!
Njye ndikureba défilé
Ariko aba ntago arabasirikare mubuzima busanzwe ubu sagakino kaba sivire ubuse😁😁😁😁😁😁😁😁
Turafise ingabo zibushitse pe.
Good 👍
hamwe atocobobongerako kumushara itwara muri ONU
basha muburundi ikindyohera ni defile na batimbo nibo bantu bababakwoye kuronka agashimwe gakwiye president ntibagenduko nukuri ndagusavye
Bazapime nabasoda baba chine
Hahahaha ndashobewe muhezagjrwe jeshuuuu
Wewe unegura amabuye waterereye iki ngo aveho?
Aba nabanyeshuli nangwa ningabo zigihugu kuko ntumbwire ngo president yaje kureba 😂 this is hard to watch.. come on burindi please get better 🇷🇼
Hahiy koko. Hadashya c
Good
Mwibagora ntakabaraga bifitiye 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Nice
Komere
👍👍👍👍👍👍
❤️❤️💋💋
🤣🤣💝💝
😂😂👍
On
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Défilé,hahaha,nta défilé ntayo.Kubesha ni bibi mu Burundi nta défilé bazi.Ngira ni bo banyuma kw'isi.
None nkayo mabuye ntasoni kuri stade?
Tz nurd barabasumbya
hhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhh
O