@@jeannkeshimana9658 Akuzuye ntikamurikwa Rwanda is shining koz he got strong learders👌 Kandi numbwo utavyemera u Rwanda gwatwigiyeho kk batwaye poliique y'iterambere babonye i BURUNDI igihe catwagwa na Jean Baptiste BAGAZA. Mwoye rero barundi nkunda kwihagararaho mumafuti agahugu kacu ni keza caneee ntibigoye no kugateza imbere peeeeh kk gafise vyose amazi, ubutare bwinshi just try to be the good leaders like said MANDELA. Aho abo bagabo bo muri DD barabizi ntakindi mutama MADELA yabakemye atari kuba ata mu Leader wa bafise🤷♀️🤷♀️🤷♀️
👏👏👏👍👍👍
Nic1
Nakukubali minister of internal affairs
I'm 100% with mutama
Nivyiza cane
Nugutegura projet yokugura udupubere twogukwiragiza kumabarabara yigisagara
Neza canee
Yego p mutwubakite na amabarabara arimwo namatara yamapoto hagume haka
Komera mutama wew ujeneza
Umutware aje akenewe !
Nimushireho udu poubelle kuma barabara yani bujumbura nzima hamwe atawuta ibintu hasi Bujumbura yovayo ingorane gusa nuko botwiba abarundi ntakuntu abantu bivye ama solar ari kumatara yibarabara vrt bisabwa habeho amategeko akaze kubintu vyisuku burundi abantu baracasoba kunkombe yibarabara izuba riva nabana babona kandi abantu bakabibona yuko aribintu biri normal.. yani uburundi nivyinshi bisabwa guhindugwa amategeko amategeko yashigweho kugira isuku ribeho kubera atamategeko wamuntu yirira umuhwi canke carico cose igishishwa akacata ahoyiboneye hose arobandanya, numwe asoba ahabonyehose arobandanya rabire kubindi bihugu ubwenge burarahugwa
Uvugane neza mutama.uburundi n,ubwacu twitere iteka
Ikibuza abarundi gushira hamw nuko hariho abacabibona kobaruta abandi ariko hamw hofatwa ingingo umwewese agakora icajejw nukuvuga ntamuntu yokwanka ibikorwa vyiterambere ryigihugu . Mugeragez imigambw igih cayo carahez ubu dushire inguvu hamw dukorere igihugu twese
nakukubali ase
Umwubahwa wacu yavuze neza igisagara nukugikorera
Tugikora tucitwa yuko dutunze kand dukenye, ivyo kugira imiji isukuy iburund biracar Kure kuko mbona bisaba uburyo bunini ! Amabarabara yose ya baja harashaj, kiretse 28 novembre na evenu du peuple murundi ayand yose yahez !
Babwire mutama tuba dushaka abantu nkabo
❤️❤️❤️❤️🇵🇸
Igisagara kizosa neza mugihe amabarabara akozwe hamwe ateye igomwe.nka jewe maze kurenga imbibe burya iterambere ryigisagara rihagaze kubintu bitatu.amabarabara meza arimwo kaburimbo.amatara akwiye kumabarabara nomuma Cartier akwiye igisagara. Hamwe namazi menshi.hakaba nishirahamwr rijejwe kugenzura nogutanga raporg aho hose Hari ubuchafu canke ibarabara rya bomotse.bagaca barwiza na poubelle kumabarabara bimeze ukk igisagara cacu kizotera imbere Kandi kizosa neza hamwe gitera igomwe kigatuma gihimbara nabakigendera murakoze
🤣
Muze murugendoshure I kigali?! Cg se niyo mwahera I Butare kuko kigali yo iri hejuru cyane.
Wogabanije amagambo se yo kwishira hejuru? Ese kwambara neza hejuru umutima warasivye bimaze iki? Ati muri akarorero...genda hiyo
🤣🤣🤣
@@jeannkeshimana9658 Akuzuye ntikamurikwa Rwanda is shining koz he got strong learders👌
Kandi numbwo utavyemera u Rwanda gwatwigiyeho kk batwaye poliique y'iterambere babonye i BURUNDI igihe catwagwa na Jean Baptiste BAGAZA.
Mwoye rero barundi nkunda kwihagararaho mumafuti agahugu kacu ni keza caneee ntibigoye no kugateza imbere peeeeh kk gafise vyose amazi, ubutare bwinshi just try to be the good leaders like said MANDELA.
Aho abo bagabo bo muri DD barabizi ntakindi mutama MADELA yabakemye atari kuba ata mu Leader wa bafise🤷♀️🤷♀️🤷♀️