SIJE NAMUROZE🥺 GUSA NZOMUFUNGISHA || Tugiye kuri wamukobwa womuri SAUDIA yibwa amahera ||

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 4 тра 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

КОМЕНТАРІ • 97

  • @user-qi3bu9sz9t
    @user-qi3bu9sz9t Місяць тому +6

    Isaacc mbayuwambere ndabakunda namuriye kukamahera yomubarabu ararushape

  • @chadrackmahoro4944
    @chadrackmahoro4944 Місяць тому +2

    Agatwiko karakomeza. Ni bande babibona nkanje❤ viyuzi ziravuna

  • @alicalic4767
    @alicalic4767 Місяць тому +1

    Abanyarusaku Nihoturi
    True Show

  • @ismailbigirimana-nb9ur
    @ismailbigirimana-nb9ur Місяць тому +3

    Izina niryo muntu bbamwita Butati mwene Amatati😅😂😂

  • @anetaaneta2767
    @anetaaneta2767 Місяць тому +2

    Aya uzotwereka nimwajayo ntutwikure❤

  • @user-kx5jy6zw2d
    @user-kx5jy6zw2d Місяць тому +4

    Aslam alykum by??😂😂😂😂 yitwa kura ibintu munzira arakunda gukubura.

  • @MariyamuBirimana
    @MariyamuBirimana Місяць тому +3

    Amahera avuna

  • @sozvin1869
    @sozvin1869 Місяць тому +3

    .azokira mugabo amurihe amahera yiwe

  • @janeburu6538
    @janeburu6538 Місяць тому +1

    Ancire ayo mahera ntuzoyahebe kuki wararushe mukuyaronka

  • @NOUSRANDAYISHIMIYE-jd4vt
    @NOUSRANDAYISHIMIYE-jd4vt 16 днів тому

    harahiye kweri

  • @user-lp4le1os8r
    @user-lp4le1os8r Місяць тому +1

    Ngo turakundivyo turaba😂😂😂 nyene.

  • @user-dw6nv7vz8q
    @user-dw6nv7vz8q Місяць тому +3

    Uwomudada nohoyomurogesha vyobarisawa ubupipi nikuzatubarogesha buvyimba canne 🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @NiyibarutaEmelyne
    @NiyibarutaEmelyne Місяць тому +1

    Mukomeshe natwe yohava abitugira dada wanj naguhe amahera yaw

  • @Asa-ij8fi
    @Asa-ij8fi Місяць тому

    Ahubwo niwogex kuko amahera aragoyironder nibabebary ivyobironderey komesha imihibir

  • @budjanayanna902
    @budjanayanna902 Місяць тому +1

    Asira songamber agupe farangazako faranga zasawudiy kubadi kana nimatesome ngoi dada agupefarangazak

  • @user-zl6pe7ee1h
    @user-zl6pe7ee1h Місяць тому

    Isaac wubahwe caaane kabisa😂😂😂❤

  • @channynsabimana1997
    @channynsabimana1997 Місяць тому

    Ubwobubeshi nimutware hiyo. Sha inkuru zarabuze musigaye mupangibinyoma gusa ipuuuu ndabavumye umuvyeyi asanuwundi muragapuuuu !!!

  • @user-hw5pc3cy4j
    @user-hw5pc3cy4j Місяць тому

    Namuhe amahera yiwe ivyokwigwaza navyo bizokurikiranwa munyuma iyo njiji yumuhungu nubugufi bubi

  • @PrincEloge
    @PrincEloge Місяць тому

    Nareke kwigirisha ngo bamuroze narihe amahera yabandi gusa ubwo buhumvyi sibwo

  • @mareimabdalla1795
    @mareimabdalla1795 Місяць тому

    Abantu muza muvuga basha kwatarivyo shake muvyemere nivyo kwl yarayariye.ivyo nivyo.

  • @AdamAmos-rr6fg
    @AdamAmos-rr6fg Місяць тому

    Uyo dm anazingua sanaa

  • @reemaalwad3ani616
    @reemaalwad3ani616 Місяць тому

    Nanje uyampaye noyarya ubushirasoni bwo guhonga abahungu

  • @KevinRuhigita
    @KevinRuhigita Місяць тому +1

    I ❤

  • @user-qi3bu9sz9t
    @user-qi3bu9sz9t Місяць тому +1

    Isaac nukuri bimufashemwo nukuri kugeza bivuye munziramurihe❤❤

  • @user-cy9om4gq6p
    @user-cy9om4gq6p Місяць тому

    Wambaye nikazu yacu saud hana izombwa kuko Nizuva ntukuzihana😅😅

  • @user-zi8zn3ch5q
    @user-zi8zn3ch5q Місяць тому

    Ok👍👍👍👍👍👍👍

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Місяць тому

    Naho yomuroga natange amahera yabandi

  • @nadinegahimbare8655
    @nadinegahimbare8655 Місяць тому

    Nihatari

  • @bbse889
    @bbse889 Місяць тому

    Uwomuhungunukwigirisha kugira uhebe ayomafranga u wobusa yaraberetse mubonakobuvyivye inankundakuryayariy umufutuwigihinyagi

  • @Fatmh-gf8uk
    @Fatmh-gf8uk Місяць тому

    🔥🔥🔥👍👍🇧🇮🇸🇦

  • @zxcvbqwer1335
    @zxcvbqwer1335 Місяць тому

    Nukuri umuntu arya amahera yabagore bari mubarabu nukuri aba kwishe ufise ikimwica womwica

  • @cladyclady7215
    @cladyclady7215 Місяць тому

    Ariko arigirisha

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar Місяць тому

    Nihatari kweri😂😂😂😂😂Isaac urusaku ngo ruragukunda😂😂😂😂😂❤❤❤

  • @user-xr9kp4zl9q
    @user-xr9kp4zl9q 27 днів тому

    Ntanbwenge wakoresheje sister kuko guhurira numuntu kuri fb ham ngumuhaye 20miliom oya kwl twese turihanze ariko muzemukoreshunbwenge munvyo mukora nvyose gusa ico noguhanura uwuhonba ahonba nyina iryo nisomo rikomeye genda ucayandi ntuzuhasigubuzima kuko iyisi ni problem

  • @niyonsengaprimitive
    @niyonsengaprimitive Місяць тому +1

  • @MariyamuBirimana
    @MariyamuBirimana Місяць тому

    Mukomeshe

  • @jamilamanariyojamila1487
    @jamilamanariyojamila1487 Місяць тому

    Ngurusaku ruragukunda😍😅❤

  • @user-nx8eq2vq1l
    @user-nx8eq2vq1l Місяць тому

    Nayaguhe Sha iyonimitwe amahera ya Saudia aravuna 😅

  • @kevincandy3488
    @kevincandy3488 Місяць тому

    ❤❤❤

  • @Violett-kt4dp
    @Violett-kt4dp Місяць тому

    Barimenyereye

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951 Місяць тому

    Abakunzi burusaku murihe ahowaribwe ntsyuzoronka

  • @mareimabdalla1795
    @mareimabdalla1795 Місяць тому

    None wayamuheriki ntamiryango ufis bar kuz baragutorer amahera bayariy buhoro ahubwo

  • @SandrineAjeneza
    @SandrineAjeneza Місяць тому

    Isaac achan na vyamapenz anatak hela

  • @user-dw6nv7vz8q
    @user-dw6nv7vz8q Місяць тому +2

    😂😂😂😂😂😂😂😂 butati izina niryomu bazonamwica nakome yongerakome akomanzike😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦

  • @maryamarya4161
    @maryamarya4161 Місяць тому

    Nuko waruyafise

  • @user-wq6gp1fi8j
    @user-wq6gp1fi8j Місяць тому

    Naguhe amahera yawe sha amaher aravuna kuyaronk

  • @saadalshre1345
    @saadalshre1345 Місяць тому

    Nakurihe amahera yawe ibisigaye arimenya😏😏😏

  • @queeneuphemia917
    @queeneuphemia917 Місяць тому

    Ukwo nukwirwazà

  • @liakatali9699
    @liakatali9699 Місяць тому

    Reka mbanze nteke saruma nyamwema mukanaya ndaje nicare kuri wifi umbeaaa😂😂😂❤

  • @nununuora8274
    @nununuora8274 Місяць тому

    Aka nagatwiko

  • @user-cr8bi5vw3g
    @user-cr8bi5vw3g Місяць тому

    Komesha imishenzi ntibazi uruhe buhari sha

  • @AHMADAhmad-vy3dw
    @AHMADAhmad-vy3dw Місяць тому

    Naband barabireho akarorero

  • @user-nl4cb2np4z
    @user-nl4cb2np4z Місяць тому

    Zamurabahn ukonyen 🤣🤣🫡🫡

  • @ndayizeyefloride5277
    @ndayizeyefloride5277 Місяць тому

    Jewe uwondira ayiwanje nomuvyimbisha ibisusu hamwe nokwicara aticara

  • @user-wq9br2kt8z
    @user-wq9br2kt8z Місяць тому

    None bagukoze muntoki siwe wayitangiye

  • @nellykwizera1989
    @nellykwizera1989 Місяць тому

    Mbe mwahorahe?

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx Місяць тому

    Abo kwanyakwema tumenyan

  • @ooo7490
    @ooo7490 Місяць тому +1

    Gus nae mukobwo burya mubutungane basaba ivyabona nn ko ww uterekan aho wagend uyarungikir ndavug impapur wibaz ko weho bizokworoher kwel rek ndabirindirir kur terrain nzozambon heeee

    • @EsperanceNsabimana
      @EsperanceNsabimana Місяць тому

      Reka namba uwo mukobwa amahera yayacusha kuri western akagira numéro za compte yayarungikako ubutungane burafise uko bukora bakaja muri bank bakabona izina ryatora ayo mahera kwiy numéro
      Ubu technologie igum yiyongera sha

  • @Okia257
    @Okia257 Місяць тому

    Nihatar vurema kumbe habijaisha😂😂😂😂😂

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 Місяць тому

    😂😂😂😂😂Yomubura, none, por, san🎉

  • @najimiriatris5180
    @najimiriatris5180 Місяць тому

    Ngo ndagupiga chimie🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @HabyarimanaJacquis-ej3xz
    @HabyarimanaJacquis-ej3xz Місяць тому

    Umva abagabo, abasore bose mufata abagore n'abakobwa kungufu, bazajye babarogesha udupipi twanyu tubyimbe muribwe , musare

  • @amanyasmary5348
    @amanyasmary5348 Місяць тому

    Narihe inoti

  • @igiranezamagnifique5447
    @igiranezamagnifique5447 Місяць тому

    Bit Isaac turakeneye kumenya ibya cycy na butoyi

  • @user-rw7xn5bd8n
    @user-rw7xn5bd8n Місяць тому

    Harahiy noneh mukham😂😂😂

  • @user-gi7wz3qf7k
    @user-gi7wz3qf7k Місяць тому

    😂😂😂😂😂😂Aho nisawa

  • @dododolinenshimirimana3112
    @dododolinenshimirimana3112 Місяць тому

    Isaac ahohantu bakwicaritse nihe😂😂😂😂😂

  • @user-gi6bd4pk2n
    @user-gi6bd4pk2n Місяць тому

    Ndik mpinyura akagatwiko nukr 😅😅😅

  • @bigirumanalululouise4540
    @bigirumanalululouise4540 Місяць тому

    Gatumba hejuru😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @pilindayishimiye9393
    @pilindayishimiye9393 Місяць тому +2

    Nn butati basanze agwaye iki?canke ni agaswende😂😂😂

  • @Mwaminiomar
    @Mwaminiomar Місяць тому

    None nyamba atari uwo Enclille yamurogesheje ,usanga rero arabo bakobwa Ismaïl yavuze yahora akuranya maybe haruwo bagiraniye ikibazo nkibumvikana

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 Місяць тому

    Iyini prank

  • @EsperanceNsabimana
    @EsperanceNsabimana Місяць тому

    Isaac uwo mukobwa nayo yomurogesha ni sawa, ikigongwe camaze imyembe mu gipatiri naguhe utwawe naho yopfa umuryango uzoriha kuko nta muntu bahamba batabajije ko atawe nyakwigendera yarafise ideni

  • @user-oe5nr5hc3f
    @user-oe5nr5hc3f Місяць тому +2

    Uyugakomesha kabx

    • @wyisisomiy9722
      @wyisisomiy9722 Місяць тому +1

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🙏🙏✌

    • @anetaaneta2767
      @anetaaneta2767 Місяць тому

      Aside konibwa zimbobo

  • @ayshamandazi1286
    @ayshamandazi1286 Місяць тому

    😂😂

  • @user-bs3lm7zl4i
    @user-bs3lm7zl4i Місяць тому

    😂😂😂😂

  • @user-vq7tn9dn8l
    @user-vq7tn9dn8l Місяць тому

    🤣🤣🤣🤣👍👍

  • @user-tb4vu7df6w
    @user-tb4vu7df6w Місяць тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @yuui1878
    @yuui1878 Місяць тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @user-dv6hc6fn3d
    @user-dv6hc6fn3d Місяць тому

    Jew ndagutahura.amaherayomubarabo.aragoyenakurihe.mugabonaww urizera ukareza

  • @user-ll4fz3jm5c
    @user-ll4fz3jm5c Місяць тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂𝑨𝒔𝒊𝒓𝒂 𝒖𝒓𝒊𝒌𝒐 𝒖𝒕𝒖𝒎𝒘𝒂𝒏𝒚𝒂 𝒖𝒃𝒐𝒏𝒂 𝒖𝒓𝒚𝒂 𝒂𝒇𝒊𝒔𝒆 𝒂𝒎𝒂𝒉𝒆𝒓𝒂 𝒏𝒌𝒂𝒚𝒐 𝒂𝒛𝒐𝒈𝒖𝒉𝒂😳😳😳😳😳🫣🫣🫣🫣🫢🫢🫢🫢🤔🤔🤔🤔𝒏𝒖𝒎𝒖𝒌𝒐𝒎𝒂 𝒑𝒆😳

  • @user-wy3go4kj6r
    @user-wy3go4kj6r Місяць тому

    Nihatari

  • @user-zl6pe7ee1h
    @user-zl6pe7ee1h Місяць тому

    ❤❤❤

  • @najimiriatris5180
    @najimiriatris5180 Місяць тому

    Ngo ndagupiga chimie🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Місяць тому

    😂😂😂

  • @user-fp5hm4bc6o
    @user-fp5hm4bc6o Місяць тому

    😂😂😂😂😂