Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Muherezi ahagarariye ibikorwa uhoraho yamutumye gutaguza mugihugu ciburundi❤❤❤❤
Ineza yimana ntabwizoragira nagatonyi Ntaco yarinto none iragwiriye❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Imana ikomeze umukozi wayo
Alléluaaa! Ishengero ni rya Yesu
Intango ya rinto cane mugabo eheraba ivyiza biva kubakozi bashikamye yosuwa1:1- ico nigisubizo cabakozi batumwe bashikamye pee😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mbando yesu yuhayi ayiteteya kazi yake
Ineza y'Imana ntabwozorangira
Amennn
Uhoraho yarerekanye ukuri guhambaye kumukozi wayo yahamagaye 2o5 mugihugu catanzania muburindi yataguye 208 kuvyukuri ijambo ryimana rivugago intago yawe naho yarinto cane iherezo ryawe ryogwira nikovyabaye twebwe twakwirikiranye umuhamagaro wuyu mukozi turatangara kuvyukuri ineza yimana ntizohera
Uwo muherezi numubeshi Umuherezi ni Yesu kristoAbandi bose nibisuma nabambuzi Imana mwayimye abantu bayo mubagira abanyu ikigihe soco gishinga amadini abantu bize mumadini kuva kera ntakuri twigeze tubwirwa mwatubwira ibijanye niterambere ryanyu .uwufise igitabo cumugenzi ararangirwa inzira Yesukristo yaciye kumusaraba hama muheze muyicemwo mureke kujana nyabahururu.Yesu abafashe gusobanukirwa kukwariwe rembo ryintama.yohan4:11
Muherezi ahagarariye ibikorwa uhoraho yamutumye gutaguza mugihugu ciburundi❤❤❤❤
Ineza yimana ntabwizoragira nagatonyi Ntaco yarinto none iragwiriye❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Imana ikomeze umukozi wayo
Alléluaaa! Ishengero ni rya Yesu
Intango ya rinto cane mugabo eheraba ivyiza biva kubakozi bashikamye yosuwa1:1- ico nigisubizo cabakozi batumwe bashikamye pee😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Mbando yesu yuhayi ayiteteya kazi yake
Ineza y'Imana ntabwozorangira
Amennn
Uhoraho yarerekanye ukuri guhambaye kumukozi wayo yahamagaye 2o5 mugihugu catanzania muburindi yataguye 208 kuvyukuri ijambo ryimana rivugago intago yawe naho yarinto cane iherezo ryawe ryogwira nikovyabaye twebwe twakwirikiranye umuhamagaro wuyu mukozi turatangara kuvyukuri ineza yimana ntizohera
Uwo muherezi numubeshi
Umuherezi ni Yesu kristo
Abandi bose nibisuma nabambuzi Imana mwayimye abantu bayo mubagira abanyu ikigihe soco gishinga amadini abantu bize mumadini kuva kera ntakuri twigeze tubwirwa mwatubwira ibijanye niterambere ryanyu .uwufise igitabo cumugenzi ararangirwa inzira Yesukristo yaciye kumusaraba hama muheze muyicemwo mureke kujana nyabahururu.Yesu abafashe gusobanukirwa kukwariwe rembo ryintama.yohan4:11