Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Iman ihezagire MWUNGERE
Vyukuri umuvyeyi wacu yarakunda kutwigisha atwingingira kurongorwa na Mpwemu Yera kugira ngo Mpwemu adushoboze gutsinda ivyaha. Imana yarakoze kumushira ku nzira yacu
Imana Idushoboze gukwirikiza Ivyo Twamubonanye Umuvyeyi wacu🙏🙏
Girmugisha mwinshi
Vyiza caaane
Murakoze cane kwongera kunyereka uwu mukozi w'Imana ndamukunda Caaaaane kweli
Girumugisha
Umuvugabutumwa nkunda cane
Raba nabandi batubwire
Barabe bariko
Ewe Nowa,uyo urya mutama,ntawomutorako agasembwa kweli,Nanje yaramberey umuvyeyi,bantaye ngo ngo nagiye gukizwa.Kimwe twigire Ku birenge vyiwe vrt tuzomusange mw'Ijuru.
Urazoduha iyo ntahe yawe