Pierre NKURUNZIZA yahoze arongoye Uburundi yemejwe nk'Imboneza yamaho n'Abashingamateka.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 11 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 26

  • @masabomarcelle2455
    @masabomarcelle2455 3 роки тому

    bakoze ku mutera iteka yarakoze birashimwa. Imana yarakoze kuba yari yaraduhaye Nyenicubahiro Peter NKURUNZIZA tuzoyaga ivyo yakoze abacu babimenye baze nabo babwire abazobakomokako.

  • @lisanana1512
    @lisanana1512 3 роки тому +7

    Mwihinyanyugwa yiryo tegeko iyo mwongeramwo ko Denise Nkurunziza nawe azoza araba mubahagararira uwo musi vyari kuba vyiza kurenza.

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 3 роки тому

    Urya yaringabire Imana yariyadutije yarakoze binoneka nubu ivyoyakoze turacavyirata ndamwita' (UYUNDI GITANGAZA C'IMANA)
    Nayo Agathon Rwasa nakomeze kwihangana kuko Uyundi Gitangaza C'Imana yariyaramaze wandika izina muburundi bwacu kandi buhire.

  • @havyarimanaalex3363
    @havyarimanaalex3363 3 роки тому +1

    Vyiiiiza cane ntaworeka kwibuka intwari nkirya!!!

  • @jnkb257tv5
    @jnkb257tv5 3 роки тому +4

    Urya ntavurwa mwizina nagire iruhuko ryiza kandi niyibukwe arabikwiye😭😭

  • @dwaynemtz5791
    @dwaynemtz5791 3 роки тому +1

    jeanine notre burundaise ressemble beaucoup à une congolaise qu’une burundaise nouveau visage

    • @Vision2300
      @Vision2300 3 роки тому

      elle est plus patriote que certaines burundais de sang! en plus elle maitrise bien notre langue, c'est ca qui est important!

    • @brianengland8948
      @brianengland8948 3 роки тому

      C'est la sœur de l'Angolais Savimbi.

    • @victorg7280
      @victorg7280 3 роки тому

      Votre language est dégueux. Vous vous exposez d,etre qualifié d,individu d,une autre epoque,époque des gouvernements Bururi Rutovu Matana

  • @onesimosimon8022
    @onesimosimon8022 3 роки тому +2

    Azokwama yibukwa kuko yaru muntu wabuntu

  • @mutabazimichael8404
    @mutabazimichael8404 3 роки тому +1

    This is an insult to the word "patriotism"

  • @safariautoservice7032
    @safariautoservice7032 3 роки тому +3

    Aho nti mukoreko. Nkurunziza nkuko izina ryiwe ribivuga. Azokwamaho kandi ntiyapfuye. Kuko tuzokwama tumwibuka kandi aei kumwe natwe mubikirwa yakoze. Ntibizokwigera bizimanganan kuri iyi si tubako. Tuzoheza tubwire abana bacu ko Uburundi bwigeze kugira Umugabo yitwa NKURUNZIZA. Nabo babwire abana babo nabo baze babwire ababakomokako gushika bibabandanye. Izina niryo muntu IMANA yaremye Uburundi na Abarundi Yari Yaramuteguye ko igihe ciwe azobaho akarangura igikorwa yamushinze kubwivyo rero Ntaho atandukaniye ni Intumwa yatumwe ku Barundi ba Abantu ngo Abakure mubibazo baribarimwo. Mwavyemera mwavyanka SHAURI YENU.

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 3 роки тому

    Vyendagusetsa!!! Muzorabe neza, muzohava musanga imisi yose igiziyinga yahindutse iyakaruhuko. Never, ndakugarika, bunyoni, reveriyano, Gelase Ndabirabe, prime abobose igihe batazoba bakiriho bazokenerwa kobashirirwaho imisi yakaruhuko. Siniriwe ndavuga amahera akoreshwa mumisi yakaruhuko noguhindura inoti bashirakwamafoto. Ewwwwweee Burundi wararusheeee.

  • @fayahkaga2915
    @fayahkaga2915 3 роки тому +1

    nonsens!

  • @alouisengendandumwe49
    @alouisengendandumwe49 3 роки тому

    Yakoziki inkuru woyibaza aba fnl bahoneye muzunzi raba magufuli ivyo yasigiye tanzania nawe yasiziki

    • @mugwanashakamadiba8726
      @mugwanashakamadiba8726 3 роки тому

      We komeza witotombe ntakindi uri buhindure..

    • @nkundaodette8050
      @nkundaodette8050 3 роки тому

      Abantu ntidushima kumwe!!ako gatima ufise kararenze!!!na Yesu ntabwo yakundwa na bose nkeswe umwana w'umuntu!!!urya yarakoze birashimwa;ntawokwibagira ukuntu twarara ntibuca turazwa mu mashamba hama akaza akadutuza mu mazu!!Niyiruhukire amahoro disi

    • @safariautoservice7032
      @safariautoservice7032 3 роки тому

      @@nkundaodette8050 Magufuli ntabishasha ya Sogiye Tanzania yarakoze nu ububasha bwiwe ni ingona ziwe kandi akora neza. Ntabwo yasanze igihugu kiri gusa. Yakomereje aho abahari mbere bari bageje. Ashiramwo akabirya ni ugukunda igihugu ciwe. Naho twebwe tumaze imyaka turyana dupfa ubusa. Kandi twese turi bamwe.None muriko mugereranya Uburundi na Tanzania kuva bikukira bariko bubaka Igihugu cabo natwe turyana. Bafise indimi zirenga 56 ubwoko uko nyene. None twebwe tuvuga ururimi rumwe umuco umwe tukirirwa dupfa ubusa. Mbega hoho iyo tuba tuvuga indimi nyishi hoho vyari kugenda gute? Hama bakabahenda ngo Uburundi ni Buto Uburundi ni bunini cane aho ntanumwe azi uko bungana. Kuko benshi muzi ivyo ababirigi bababariye mwize ngo kwishure. None ubu kuva 2005 muridegemvye na abahunze bakagaruka. Aba teka mitwe bamenyereye kurya batarushe. Bene wacu bariko barangara. Bateka imitwe na abazungu na ababashije kwiga hanze. Bari mu makambi yi impuzu bagaca baza kubatwara kubagira abacakara muri USA, CANADA, AUSTRALIE na ahandi.. Hama hagasigara abana batagira ababigisha. Twarabihinyuye. Ubu ntibizosubira.... Abigize Abantu atari Abantu ni bakenyera ziguma baje ku kivi naho ivyo kurya ivyagusa hoho vyaraheze. Tutabanana hapo hapo. Haondoki Mtu....